INDIRIMBO ZIFASHA UMUTIMA /ijwi ry'impanda choir

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ก.ย. 2024
  • indirimbo ZIFASHA UMUTIMA
    Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
    AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
    Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
    ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
    Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
    Mu kwirura abihevye ,
    N'abafise integenke z'umutima
    No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
    Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu
    / @gospelofpeacetv3
    kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
    Yesu abahezagire cane
    AGAKIZA NAKABANTU BOSE
    NUBWO WOVYIRENGAGIZA,CANKE NTUBIHE AGACIRO GUKIZWA NI NGOMBA,
    HAZOBA AMARIRA MENSHI KUBASE KWIHANA
    NO KUBIHANYE NTIBAME IMBUTO ZIKWIRANYE NO KWIHANA
    YESU ARAHARIRA IVYAHA
    UWUMWAKIRIYE UMUCO URAMURASIRA
    AGAHINDUKA ICAREMWE GISHA,
    ABAHO AFISE IVYIZIGIRO VYO KUZORAGWA UBUGINGO BUDASHIRA

ความคิดเห็น • 18

  • @bukuruMarieClaire
    @bukuruMarieClaire 4 วันที่ผ่านมา

    Urukundo mbakunda ntirufite umupaka muramfasha cyane ❤😊

  • @DierserWalker-z8y
    @DierserWalker-z8y 22 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Lockman Landing

  • @user-ky7uz6vl5p
    @user-ky7uz6vl5p 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ijwi ry'impda tukabakunda nimuduhe Indi album nayo tuyumve❤❤❤❤

  • @DonnaRodriguez-s9y
    @DonnaRodriguez-s9y 23 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Flatley Keys

  • @MajambereStephen
    @MajambereStephen 3 หลายเดือนก่อน +1

    Good song ever

  • @JeanBigirimana-ks3tl
    @JeanBigirimana-ks3tl 3 หลายเดือนก่อน

    Ni message nziza caneee nari narahomvye, Yesu akomeze kubaganza

  • @SleepyHockeyPlayer-oi2jp
    @SleepyHockeyPlayer-oi2jp 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ibashyigikire muri byose

  • @user-cm5zh1my2t
    @user-cm5zh1my2t หลายเดือนก่อน

    Izindirimbo benezo baragiye mubihugu bitandukanye none Uwushaka wese yitorera iyakunze ashira kuri cano yiwe😂😂

  • @user-lg9pl3mv8f
    @user-lg9pl3mv8f 9 หลายเดือนก่อน +2

    Imana ihabwicubahiro

  • @MukamyiAlexis-jo4zz
    @MukamyiAlexis-jo4zz 5 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ibahe imigisha

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 6 หลายเดือนก่อน +1

    Abantu barihe ngo baze kunviriza indirimbo nziza! Aho usanga bahugiye mubindi.

  • @MajambereStephen
    @MajambereStephen 3 หลายเดือนก่อน

    Imana ishimwe cane

  • @innocentbigirimana5960
    @innocentbigirimana5960 7 หลายเดือนก่อน

    Iyo ndirimbo ndayishaka yanditse

  • @MukamyiAlexis-jo4zz
    @MukamyiAlexis-jo4zz 5 หลายเดือนก่อน

    Ariko ndazikunda bacuu

  • @murimatv4448
    @murimatv4448 4 หลายเดือนก่อน

    Mukomere cane

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 6 หลายเดือนก่อน

    Indirimbo nziza cane!

  • @NZIRORERAJeanpaul-wu6os
    @NZIRORERAJeanpaul-wu6os 7 หลายเดือนก่อน

    Ntimugacogore kurubu butumwa bwiza,nafashijwe