Abategetsi bacu nabaphilosophe,Theogene yacanye isitimumw'ijoro baramubaza bati mbe kucana itoroshi kumutaga arabishura ati je cherche un homme honete.ubwo rero sukuvuga ngo nubukene ni rwarugomero rwumuyagankuba barikwubaka.Mecanisme yamamilialidi kugira ngo ashikane igikorwa ku musozo ntivyoroshe
Wewe rero ubona yuko ivyo biriko biba ku kibuga c’indege international ari ibisanzwe? Nimba ubona ko atari ingorane z’umurengera aho niho hari ingorane rero
@happymunezero4923 Turazi ko Urwanda mukunda kuvuga nabi Uburundi uko butari. Nimutureke uko turi ntanfanshanyo tubasavye. Ingorane nkizo zamaho kw'isi. Kandi ntuzokwumva Abarundi bafpuye n'inzara ngo nuko ikibuga c'indege gitakora. Iyo ni période de transition. Urwanda turazi ko rukunda kwinjira mubintu rutaburaba.
I Burundi dufise injiji gusa , nimvyihorere , ngo nitwe dukuze ,ngo nitwe tuba muri edeni , isoni kuburundi
Mbe ko wama uvug'ivyo mu Burundi ivyiwanyu irwanda warabimaze. Mwebwe murera. Bac'umugani mu kirundi ngo bavuga ay'abandi ayabo bakayicarako.
Muri Eden twebwe turakaze nimuvuge make,.....😢😢
Ariko iyondeba ibitutsi abarundi mutukana,muhita mugaragaza ubuhimbiri bubarimo.cyanemwe abatukana.
Nivyo nta ntandero bafise kabisa ubivuze neza
Harigihe tutazajya tubumva kubera ubugoryibwanyu. Kubura umuriro mubigize byacyiste. Pu nimugende
Mwinaniwe
Iwacu muri Eden umwicanyi, umujura wo kugwego gwo hejuru, uri muri système dd, uronka promotion nuko biri.
Uburundi kirimwo abagabo ntabwo dusabiriza nkamwe mukomba America munyo
😂😂😂inyishu yakaga😂
Reka babatuke mwa mihimbiri mwe, ubona nkayo majambo muvuga mwararezwe? Ngo mushaka ko babatera amashurwe namwe muri amahwa ? Ataco muri ? Aho murafise ico mwiratana mu bandi ? Kwiratana amaraso mu ntoke ntimwibaze ngo muri abahinga ? Ariko burira nti butera ku mpenshi ni mwitonde basha ! Nta waruzi ko Nkurunziza yukubahuka kuba munsi y'isi 😅
Mbega nta bindi bihungu usanga indege zafashwe n'aba terroristes ? Muri EDEN shatani niho yari rero ntawuramentako bitatewe namwe abanyarwanda mwanzoka mwe.
Ubu mwayagayeeeee Ubu muribagiye ko murwanda umuyagankuba wacitse mukibuga Bari gukina muri CHAN yabereye murwanda 😂😂😂
Urabaza ibihano vyatanzwe...
@@Grand.espoir Ico nico cerekana ko Urwanda gwishira imbere nkimifuko yishati.
😂😂😂@@yunussammohang-lm1mu
Mbe murabavugizi buburundi ?
Kizito mihigo mwaramunuze none mwararuciye murarumira, funga kinwa gende muvuge ivyanyu mwabicanyimwe ibinwamaraso
Hari uwoza abasumvya kunywa amaraso y'abantu? Yova he ga ntuze !
Kizito nkawe umuzanye hano gute haruwo wumvise bavuga abantu muri ni ngorane
Abategetsi bacu nabaphilosophe,Theogene yacanye isitimumw'ijoro baramubaza bati mbe kucana itoroshi kumutaga arabishura ati je cherche un homme honete.ubwo rero sukuvuga ngo nubukene ni rwarugomero rwumuyagankuba barikwubaka.Mecanisme yamamilialidi kugira ngo ashikane igikorwa ku musozo ntivyoroshe
Murimo kujinyora
Nkuko bisanzwe bigenda muri Eden. Uwakoze amakosa ntashobora guhanwa; ahubwo ac'aronka promotion. Biriko biravugwa ko umuyobozi wa Aéroport ariwe bashirako amakosa. Regideso yavyikuyeko.
Je ndumurundi mugabo ivyo turiko turabna nagahomera mbibe
ark mwaba senzi mwarabuze ibyo muvuga
Mu kinyarwanda baravuga ngo bavuga ibigoramye imihoro ikaraka
Ariko mwabagabomwe ubundi iwanyu ntabihari mwavuga?niba mukunda kuvuga nimuvuge kurupfu rwa kizito mihigo mumushakire ubutabera?mwaretse kwinjira mubitabareba?iwanyu bitunganye vyose?
Abanyamakuru ntaho bagezwa kwisi 🤷 bavuga ibiriho
Zibuze aho zigwa bibatwayeki? Birabaraba? Iri ingorane tuzozikemura twebwe nyene nta Rwanda rwirigwa rusahura no gusegereza dusavye ruze kudufasha. Abarundi tubayeho rugabo tudasegereza canke gusahura nkamwe.
Wewe rero ubona yuko ivyo biriko biba ku kibuga c’indege international ari ibisanzwe? Nimba ubona ko atari ingorane z’umurengera aho niho hari ingorane rero
@happymunezero4923 Turazi ko Urwanda mukunda kuvuga nabi Uburundi uko butari. Nimutureke uko turi ntanfanshanyo tubasavye. Ingorane nkizo zamaho kw'isi. Kandi ntuzokwumva Abarundi bafpuye n'inzara ngo nuko ikibuga c'indege gitakora. Iyo ni période de transition. Urwanda turazi ko rukunda kwinjira mubintu rutaburaba.
Uri ikigoryi !!! Iyo wasinye contract yuko indege mpuza mahanga zizagwa iwawe na amafr menshi bishyura igihugu cyawe bishobora guteza accident mukirere .mwabona ayo mwishyura mukirere kuki mutagira byibuze genereta Moteri .!??,ibyanyu nibirebire reka kwikura mwisoni mubugoryi .!!!! . Kuko indege zigendera kuminota na sign. Ubwo nturagenda mundege cg train ngo umenye uko zikorera kuminota namasegonda .

@clemmudage9417 Hewe hari umugani uvuga mugiswahili uti :pilipili usioila yakuwashiya nini? Ndasubiyemwo, wewe nabagushigiye ntabwenge mugira na nico gituma mukora ibintu mutamaze kwiyumvira. Nimba izo contra twarazisinye bigutweye iki? Abanyarwanda twarabategetse muze gutembera m'uburundi? Uburundi mubugomba kwiki Kandi muzi ko bukenye? 👌👌 Turazi urwanda n'umwasi w'uburundi.