@@ndabwarukanye-pg3zp Jewe nisunze uko indongozi z'iBurundi kenshi bisunga inyungu zabo (n'aho bavuga ko ari abasuku b'abanyagihugu), kandi nisunze inyigisho z'umutaliyano Niccolo Machiavelli jewe mauvaise gouvernance, ukujurajuzwa k'umugambwe CNL, no kudatera imbere mu Burundi ntaho bintangaza. ``Parce que l'ouvrage ne donnait pas de conseils moraux au prince comme les traités classiques adressés à des rois, et qu'au contraire il conseillait dans certains cas des actions contraires aux bonnes mœurs, il a été souvent accusé d'immoralisme, donnant lieu à l'épithète machiavélique. Cependant, l'ouvrage a connu une grande postérité et a été loué et analysé par de nombreux penseurs..." fr.wikipedia.org/wiki/Le_Prince
Uyu ni umuvyeyi mwiza rwose, yareze abana benshi, afasha abagowe benshi. Imana yihebeye ibandanye kumubungabunga.
Turagukunda cane Nyakubahwa Musenyeri.
Narigeze kugira amahirwe yo kwicarana mu ndege na Monseigneur Ntamwana, n'ukuri urugendo rwaranyarutse cane kuko ibiganiro vyari biryoshe cane. Nkizerako umunsi urizina tuzosubira tugahura.
Nakuze numva bamuvuga nabi ariko maze gukura nkakurikirana amajambo ashikiriza nsanga afise ubwenge n'ubwitonzi muriwe.
niryaba atari ibanga wotubwira ivyo wakuze wumva bamuvugako bibi?
@@nsafelix ntibikenewe kuko déjà nakubwiye KO nasanze atari ukuri. Nul. Besoin de le mentionner s'il s'agit du mensonge
Ndakaka ko bakubeshera nyene .Ntamuntu muzima nkawe yogira amacakubiri yo kuvangura abantu ashingiye kubwoko gusa.
Musabe amasoko arema kuwa Mungu azohore arema muyindi minsi ko twashize Imana imbere erega ntaco vyokwonona n'ahindi Niko henshi bimeze
From USA turagukumda muvyeyi wacu guma uhanura abo bategetsi bareke kwigira ibinani baheze batahukane impunzi zosee zitahe kuko igihugu kigira impunzi nticigera kigiramahoro
Nari namuyobewe nkinona ifoto. Yiyubuye. Imana ni nziza, ikora ivyiza, Yo yamurokoye indwara yagira imudusahure. Ninihazwe mu myaka n'imyaka..
Ndakengurukiye n'umutima wanje yose, uyu muvyeyi kuri iyi nyigisho ihambaye: guharanira iteka ry'umuntu, iteka yiterewe n'Imana. Egome, ineza y'umuntu ni yo tubwirizwa guharanira, kuko Imana yaremeye umuntu guhirwa. Ntiyamuremeye guhigwa, kwangazwa, gucurwa bufuni n'a buhoro, kwicwa .....
@deogratias. Nanje nashimye ivyo musenyeri ashikirije. Jewe n'ubu sinumva igituma umugambwe uri kubutegetsi ariwo uvuga cane ivy'uko ngo igihugu bagituye Imana kandi dufise indongozi z'amasengero canke imisigiti hose usanga bigisha neza abayoboke babo.
@@stansiyomana1239 !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!¡!?????!!!¡¿¿???????
Murakoze cane gose nyakubahwa Murongozi wacu ❤
Nyiricyubahiro ibyo uvuga nibyo. Abaturage banshonje akenshi bagira ubutindi bwo mumutwe,kandi birangira havutsemo urwango hagati yabo. Ibyorero bikosorwa na Leta cyangwa ikaba ariyo ibikomeza bitewe nuko abayoboye igihugu BABIHAYE UMURONGO. ABATURAGE NTABWO BASHOBORA GUTECYEREZA NO KUGIRA IMIGABO N'IMIGAMBI BIRENZE IBYO LETA IFITE(AHARIHO HOSE KU ISI). #ENJOYAFRICATV FROM RWANDA 🇷🇼
Umukama Imana akuzigame
Abadd n'uko ari inyamaswa Bari bafise impano yabo bahanuza.
Ivyo twiboneye cnk twiyumviye duciye ubwenge vyaratwambuye amarore y'amacakuburi n'imanza twacira abantu kuko bazi ukuri bakakuvuga badahengamye ibihe vyose bavugira "umuntu" arenganijwe.
Uwo musenyeri ntiyigeze arya umunwa ariko ndibwira ko batwigisha kuri we n'izindi mvugakuri bitarivyo, vyava ku nyungu zabanka ukuri kunyungu zabo!
Ndibuka ko wafashije abana baja kuvuzwa hanze Muri Bon Samaritain
Neza cane
_Umuti w'amahoro ni umwe wihutirwa imbere ya 2025: Gufuta imitahe yose bavuga ko yasohorewe abanya politique bahunze igihugu bose bahunguke n'izindi mpunzi; Kw'ugurura ibiganiro dialogues nationales officiels; Gutegurira hamwe ibijanye n' ishirwaho rya sentare ijejwe kw'ubahiriza ibwirizwa nshingiro, umurwi CNI n'itgeko rigenga amatora; kuyitabira n'ukuyacungera atawukumiriwe; Gushimangira demokrasia m'ukwemera ivyayavuyemwo no mugukorera Abarundi ivyabasezeraniwe._ _Iyo iyo nzira inaniwe, abanyagihugu bamaze gutuntura ku bwinshi, ni iy'indwano iheza ikavuvudikirwa. Prédiction! Alerte._
Ubutumwa burikwije ese akamo koshika kuri buri muntu wese!
*Mu Burundi Musenyeri Avuga rumwe n'anj: Kugira bimwe vy imbonakazoza 2040-2060 bisa n indoto gusa mu gihe Cnddfdd bagitinya kwakira gutsindwa biciye mu matora; bakahitamwo ku yagoreka/akibwa ahubwo!*
Notre pays est toujours mal organisé
Peut-être nous aussi nous sommes mal organisé s on ne sais jamais
@@ndabwarukanye-pg3zp Jewe nisunze uko indongozi z'iBurundi kenshi bisunga inyungu zabo (n'aho bavuga ko ari abasuku b'abanyagihugu), kandi nisunze inyigisho z'umutaliyano Niccolo Machiavelli jewe mauvaise gouvernance, ukujurajuzwa k'umugambwe CNL, no kudatera imbere mu Burundi ntaho bintangaza.
``Parce que l'ouvrage ne donnait pas de conseils moraux au prince comme les traités classiques adressés à des rois, et qu'au contraire il conseillait dans certains cas des actions contraires aux bonnes mœurs, il a été souvent accusé d'immoralisme, donnant lieu à l'épithète machiavélique. Cependant, l'ouvrage a connu une grande postérité et a été loué et analysé par de nombreux penseurs..."
fr.wikipedia.org/wiki/Le_Prince