DOUBLE JAY na KIRIKOU bahaye ubutumwa bukomeye FIZZO//Kuvuga ko tudashima//Gukorana na BRUCE MELODIE
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 ธ.ค. 2022
- DOUBLE JAY na KIRIKOU bahaye ubutumwa bukomeye FIZZO//Kuvuga ko tudashima//Gukorana na BRUCE MELODIE 👇👇👇👇👇👇👇kurikira indirimbo ya Double Jay na KIRIKOU Inzoga nibebi ngaha 👉👉👉👉 • Double Jay & Kirikou A...
@bigfizzoofficial @doublejayonceagain9102 @BruceMelodie @kirikoua-kili4591 #doublejay #kirikou #bigfizzo - บันเทิง
Abakunda Double Jay na kiliku Akili mumpe like hashe🔥🔥🔥
Kirikou disi afise umutima wogushima Imana izoze ibiguher umugisha
Love from 🇷🇼 nkunda ukuntu muri cool man mu Rwanda turabakunda sanaaaaa
I love kirikou ukuntu wubaha big fizo nigeze no kubona interviews ba double jay baje kugutora igihe wari warasubiye iwanyu,bakubajije kuri fizo uvuga ko udashaka amatiku atuma uvuga nabi fizo.ko udashaka numunyamakuru uzajya akubaza ibituma uvuga nabi fizo.big up bro uzagera kure kubwo kubaha
🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼. Kirikou & Double jay muzagaruke turabaku ❤️❤️❤️❤️
Inzoga n'ibebi ni 🔥🔥🔥 Going viral
Ubwambere reka mvuge nti félicitation kubasore bacu. Nongera nshimira fizo ,kuk numuvyeyi mwiza nawen naho ba simbizi bavuga ayabo nyen ariko ntiyigez avuga abasore biw nabi.Hama courage kuri double Jay na kuri kou. Bakoze icumuntu wese yiphuz guter'imbere yokora. Yeah.
wakoz sana #Gaël mais la prochaine fois uzoze ushirako link ya song yaba artistes wakiriye kugir views ziduge.
Merci bcp👍👍👍
🇷🇼 &🇧🇮 let’s fly together.
Ndabakunda cne Double Jey and Kiriku wa ni ❤️
Aba petit vraiment bari so intelligent @Bilima boys 🙌🙌🙌🙌✌️✌️✌️keep going guys,you are doing better,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Love u guyz #kirikou akili & # double jay 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Double Jay na Kilikou bariPapa bakiMama nibiswi vyinobera🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥
One love Rwanda and Burundi 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Abasaza 💥💥✔
Love from 🇷🇼
Bilimani boys imbere 🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳❤❤
Imana ije mubikorwa vyanyu nshigikiye cane umuziki wabarundi et surtou bilimanboys drapau 🇧🇮 hejuru
Basaza dauble jay& kiliku ndebemera kuko ntabwo mwishyira heju
These guys respond in a genius way
These boys they're away too brilliantly🎅 ni-base-mibira💪💯
Komera 💓 🇿🇲🇧🇮💓 tubakunda uwundi abakunda nkanj ampe link
Big up sn juste gael kutugzako Abo basore
Courage gael u're different with others bamenyeshamakuru youtubeur mugukora ibiganiro u got experience stay hungry and always be kind my bro🏅👑🔥
hh ngo stay hungry 🤣
@@aimesam5947 je numiwe
Mwubahw 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Bilimani boys hejuruu Canée turabemera 🔥🔥
Kirikou menya kuza urahora mu gihe ikibazo atari cawe,ugum uciramwo double Jay keshii bro
Jipo cupa!!! Ntama jipo ngaho ndakesera
Kutibagira uwagufashije budya biha icizere uwundi ashaka kugufasha
Big fizzo turamukunda ariko arike kubambika ibara vrt ham courage Murakaze naho batavyemera
Ariko Fizzo ntaho yabavuze
Kirikou har'akajambo
AGAKORYO
Kanjegeje,yokonsigurira?
Hhhhhhhh
Komera @Juste Gaël big up bro ,u doing better 🙌🙌🙌🤝👏👏,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Ntamutim mini mufise Imana nibaje imbere
Kubaha nivyiza kandi niryo tanguriro ryubwenge 🙏
Zu Pinninga link y'imdirimbo z'abatumire!
Good job
Ikind naco apan gutumir umuntu hango agufatir micro so buza ushirak link vrt muri bwabumwe one💝💗
Akajumbu karaboneka ubu turashaka umuceri 😂😂 j’adore et j’adhère… Imana ihezagire Uburundi
Ndabubahaa caaaane 💯 mwese n'a juste atavuyemwo
Love form 🇧🇮🇸🇦💕💓💗💖🇧🇮🇸🇦💕💓
Bravo Gaël ukora neza umuhushuro
Man aba bajama bari hit hano kgl bro
Yoooo Kirikou uvug neza cane
Mbaye1
Double jay ndagukundira ukuntu wicisha bugufi mukwishura
Gushobora udashobozwa
MWIKOMERAMASHI KBX👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Icyombasaba muzakomeze mukundane cyane
Courage bana bigihugu🥰
Uyumuhungu wigitega ntasiba atahaturiye nkeu 🔥🔥👊
Take the subscribe Gael . This is really a nice interview! Karikou na Double Jay baciy ubwenge cane
Cyakoze nnh big man ibintu umaze kubitera kurundi rwego
Ndabakunda cane
Turabemera❤❤❤❤❤
Nivyiza cane bro
Tuko pamoja mz❤❤❤❤❤❤
Ndakunda ababantu
Nahageze bro
Courage bro wang Umukubito
🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼turabemera cyane👊👊
Byotubabaza guhemuka bg up😍😍
Ndabakunda cn kk iyo murikumw biranryoher cn dufatan munda nukur knd big fizzo numw mubaririmvyi twubah cn akora neza
Nimwiranbire ndabakunda ❤️❤️
Big up san kunyish nziz🙌🙌🤦🤣🤣
🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Abahungu bacu b'Uburundi Double Jay na Kirikou Akili mukomere mutere muja imbere basaza.Kandi mukoreshe naza Spotify muze murinjiza aka noti gakwiye.
🇷🇼&🇧🇮❤️❤️
Good
Nawe uriko urabaza ikibazo uguma uvuga uyo melody umengo ni p.diddy uvuze
Billiiimaaaniiii boy🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kiliku ndagushiye cane urazikwishura nimukomeze guterambere abafana dukunde ivyiwacu vyotubera vyiza kandibigatuma dutera imbere abarundi dukunde ivyiwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪
Aba petit baje bashushe pee raba izi views ziki kiganiro 11k mur 12heures gsa courage Bana bigihuhu
From Rwanda🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ikibazo toujours les #DJs & #JOURNALIST
Ndakund ibikorwa vyaw bro😍ubaz nibint natw tub dushak kub twobaz aba star ✌
NC
🔥🔥🔥
Ndabikundira imana ibajimbere
Kirikou il faut kureka gutanguranwa nuguhana parole
We juste gaël next time utumiye aba star gerageza utwereke n'ibirato bampaye tubone aga style bien erega nabonyene baba babikeneye sn kutubona ama styles yabo erega arabazimba
I!m here gitega jazz ngozi jazz
Nc
ndabakunda cane,
NB:kubera east Africa dukoresha ikiswahili,ikirundi ntibakimenya
Biliman boy❤👏
Mwubahwe
DBJ na kiriku ndabakunda cane
Aba batype bavuga neza, uretse ya ngegera ngo Ninka A.KA #ALVIN SMITH
Mutere intambwe muri bwabumwe nyene 🙏🙏🙏
Take 5👊
❤❤❤❤
Aho niho ihakiri yanyu ipengamiy mb kuva Aho twabafashirij impera baduha sukutudufata nabi
Kirikou big up my bro
❤❤
Mwubahwe kbs naweyeeee 🥰🥰🥰🔥🔥🔥✌
RWANDA WE I LOVE YOU
Unva mwebwe korepe kimwe nimba hari abaririnvyi bakunzwe nabari inyuma yigihungu ni kiriku dauble jay mwebwe zemuririmba tubaha ama vies mega nizagusa nagafaranga kabakahari inongaha
Abo bajama barakaze
👊🔥🇧🇮
Bij ku mpwemu zidasanzwe💥💥💣
Kandi muvyatumye nja Allemagne nabo babigizemwo uruhara nicogituma ( amashirahamwe yoshigikira abaririmvyi biwacu imbere yuko boyaha abohanze kuko yamahera boronka boyakoreshereza iwacu )
Hello ndakunda uburundi ndakunda abaririmvyi bacu mwaduserukiye nezA cane
Love you so much
🔥🔥
Nanje ndamukunda fzo
juste uzokoreshe udu pira twandisteko #Impwemu idasanzwe🌛
Juste gura micfon zikwiye Bro twege nkabakunzi bibiganiro vyawe tubona umengo ntibisa neza ukokuntu muhana micro #bilimanboy👊👊
Kiliku & 2J Sha Ntabwo munzi kabisa ariko munyitege ninza Next yeah hazashya,ndabakunda Brother’s & Suwejo!!nzabakorera ibintu kabisa promise