ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Nasavye Imana abana nanje babe mwiyo groupe yabasenzi mwizina rya Yesu Amen
Merci beaucoup Mr Prophète.Que vous benisse
Yezu Kristu Mwami w'Abami, tuzigamire Umukuru w'igihugu cacu n'abamwunganira bose mu bikorwa vyo kubuteza imbere, uburinde indryarya n'ibirandura umutima vyose. Ndabisenze mw'Izina rya Yezu Kristu Umukama wacu. Amen.
Imana idufashe❤
Amen Amen, mukozi wi Imana urakoze kuduha ubu butumwa Uhoraho aguhe umugisha
Imana idutabarire abana bacu ibahishe mumaraso Yesu kristo
Uhoraho abampere umugisha kandi abahezagire anabongerereze umugisha
Imana yama ikwereka cane ivy' uburundi.
I Rwanda barazihinyuye izi sekibi,baraziyamiriza,ubu zose zaje ino iwacu.
Amen ❤que dieux vous bénisse amen 🎉 merci beaucoup
Imana iguhezagire mukozi w'Imana.Amen
Hezagirwa mugaragu w’Isumbavyose kuduhumuriza ivyo ndavyizeye shalom shalom
nyanayimbwa yiyita Imana,twarayihinyuye.Ubuhanuzi bwawe twarabwanse bujane iwanyu urabe ayo bagukorera.Ngo Uburundi ?
Amen Imana ihabwe icubahiro kuko yishurira igihe gikwiye kigeze. Ndagushima kwatagusesa amaraso,
Merci beaucoup prophète Bosco. God bless you
Amen murakoz mukozi w'Imana tubakwirikir burimusi uwiteka azabah iherezo ryiza
Urakoze imana kudukiza igwara abarundi Amen Amen.
Ndagushimiye ko unkijije indwara ya diabète na hypertension. Imana ikwongere amavuta
Ntaco abesha abarundiAbo bavugishwa bibinyoma
Yesu kristo arinde abarundi bose🙏
Iyo mana yawe ndayirimbuye mw'izina rya Christu Mwami nije munyenga y'irimbukiro igihugu c'uburundi kirakingiwe n'umutamana wa Bikira Mariya kuko twatuye igihugu cacu nyina wa Jambo
😂 nuambutabitahura warikuraba ukarengana mwene dada
Muragowe mwiha icubahiro cimana wewuvuga kwivyoyokora wabishobora
Reka kugira ubwoba iyi ni nyanayimbwa sekibi,aba bigira abavugishwa n'abahanuzi, babohewe ikuzimu nabo bakeneye kubohoka.Kandi mugize ubwoba mugakora amasengesho uko izo sekibi zibishaka, muba muzihaye imbaraga zo kubikora kandi ntakindi zikora atari guhonya abantu.Aba nibo bazana ingwara z'ivyaduka, ibiza,intambara,bavuga ngo bariko barabihanura kandi ari projet yazo nyanazimbwa.@@Innocent-sr4il
Kurindurungaho mugwanda abakobwabanyu bagenda barigusa insengero zarugawe nimwe mwirigwa murerekwa kuvyabarundi ivyo nimwe mwavyigishije abarundi mageragere nimwemwuzuyeyo muzemuhenda abiwanyu imana yaguhayakazi kubuvugizi nawe ntiworoshe utanze nimeroyaw yiki kandi watumwe nimana twarabamenye muzakwirigwa muradusopa mukoresheje ubuhanuzi kuraporotike ngaho turabizikourikwiyoberany nivyiza komugwanda gereza zugaye kuko ntabanyavyahababayo nonewewe ntiwigeze usoma bibiriya ivyo igihecavyo nicashika bizoba nikwereke mugwanda rero ntamakuru ufise 😁😁😁😁😁😁
Nawe uriko ukorera mayimuna ko uri umugabo hanurira urwanda urabe kagame ayo agukirera
imana igira imikwabu, mbega mwokwemanga ngo ko muri abakozi ba sekibi nyabingi yiyita Imana,mwoba iki ?
Imana ibabarire abarundi nuburundi
😂😂😂bdi niyo irimo ibibi gusa?
Imana ishimwe abana banjye ndabashinganishije mumaraso ya yesu christo
Amen Imana ibahe umugisha
Imana twayihaye ikibanza cambere niiyiturinze nturinde utwiteranyaho .
Ntugasengere uburundi ntavyo tugutumye,ntavyo tugusavye
Mana trindeee tragusavy muvyeyi mwiza
Amen 🎉halelluya
Imana nikubure abigirabo ataribo
Iyo myuka ibakorera mwo, itekamutwe
Kandi mukozi w'imana uze urirabishako n'aho uherereye kuko ibiri aha biri na hariya.
Imana iguhe umugisha🙏
Nizeye ugukiza kwimana yacu
sekibi sekinyoma,ubwo buyobe watura.
Que la volonté de Dieu soit faite
Que Dieu vous bénisse
Shalom shalom
Imana idutabare twebw abarundi
Turayihay Kaze mugihugu ciburundi
Dushimishwa nuko Imana yama yibuka abarundi buri gihe , nawe prophète Bosco Imana iguhe umugisha ko wama utubwira ivyo Imana yagutumye. Turizera ko iyavuganye nawe ari iy'ukuri kandi izoshitsa ivyo yavuze vyose ku Burundi
Merci
Imana idutabare
kandi turagukunda uzuradusengera
Cankemwebwemwankakuvuga polo kagame kuberamuzikobacababashira muri gereza ibibazovyuburundintibibaraba banzamutunganye ivyukubugarira asengeroyanyu panakuburundi uburunfibutarinzwenezacane
Vuga ivyi Rwanda
Ndiho agusubirize ahukuye akongerereze amavuta
😊❤😊
Ku burwayi narimfise mundaa
Gakwaya yavuze ibisumba ivyo.
GIRE AMAHORO Y,IMANA. URAZITA GUSENGERA ABATO, ABAKURU N,IBIHUGU ARIKO NTUGATANGE UBUTUMWA BUSA NA POLITIQUE. URATEREREZA CHRIS NDIKUMANA WI BURUNDI AGUKEBURE INGENE BIGISHA N,UKUBURIRA
Yesu mwami😢
Amen.
Fausse prophétie !
Bamwe ba rugagi bahora bavuga ngo bazura abapfuye,raba aho bageze ubu, ububasha bwarabavuye ko basihaye uko,none abo ba bosco nabo ngo n'ibiki k'Uburundi ?
Ariko uburundi ubuhanurira ko udahanurira iwanyu
Amen
😅😅
Eyimen eyimen eyimen??
Nasavye Imana abana nanje babe mwiyo groupe yabasenzi mwizina rya Yesu Amen
Merci beaucoup Mr Prophète.Que vous benisse
Yezu Kristu Mwami w'Abami, tuzigamire Umukuru w'igihugu cacu n'abamwunganira bose mu bikorwa vyo kubuteza imbere, uburinde indryarya n'ibirandura umutima vyose. Ndabisenze mw'Izina rya Yezu Kristu Umukama wacu. Amen.
Imana idufashe❤
Amen Amen, mukozi wi Imana urakoze kuduha ubu butumwa Uhoraho aguhe umugisha
Imana idutabarire abana bacu ibahishe mumaraso Yesu kristo
Uhoraho abampere umugisha kandi abahezagire anabongerereze umugisha
Imana yama ikwereka cane ivy' uburundi.
I Rwanda barazihinyuye izi sekibi,baraziyamiriza,ubu zose zaje ino iwacu.
Amen ❤que dieux vous bénisse amen 🎉 merci beaucoup
Imana iguhezagire mukozi w'Imana.Amen
Hezagirwa mugaragu w’Isumbavyose kuduhumuriza ivyo ndavyizeye shalom shalom
nyanayimbwa yiyita Imana,twarayihinyuye.
Ubuhanuzi bwawe twarabwanse bujane iwanyu urabe ayo bagukorera.
Ngo Uburundi ?
Amen Imana ihabwe icubahiro kuko yishurira igihe gikwiye kigeze. Ndagushima kwatagusesa amaraso,
Merci beaucoup prophète Bosco. God bless you
Amen murakoz mukozi w'Imana tubakwirikir burimusi uwiteka azabah iherezo ryiza
Urakoze imana kudukiza igwara abarundi Amen Amen.
Ndagushimiye ko unkijije indwara ya diabète na hypertension. Imana ikwongere amavuta
Ntaco abesha abarundi
Abo bavugishwa bibinyoma
Yesu kristo arinde abarundi bose🙏
Iyo mana yawe ndayirimbuye mw'izina rya Christu Mwami nije munyenga y'irimbukiro igihugu c'uburundi kirakingiwe n'umutamana wa Bikira Mariya kuko twatuye igihugu cacu nyina wa Jambo
😂 nuambutabitahura warikuraba ukarengana mwene dada
Muragowe mwiha icubahiro cimana wewuvuga kwivyoyokora wabishobora
Muragowe mwiha icubahiro cimana wewuvuga kwivyoyokora wabishobora
Reka kugira ubwoba iyi ni nyanayimbwa sekibi,aba bigira abavugishwa n'abahanuzi, babohewe ikuzimu nabo bakeneye kubohoka.
Kandi mugize ubwoba mugakora amasengesho uko izo sekibi zibishaka, muba muzihaye imbaraga zo kubikora kandi ntakindi zikora atari guhonya abantu.
Aba nibo bazana ingwara z'ivyaduka, ibiza,intambara,bavuga ngo bariko barabihanura kandi ari projet yazo nyanazimbwa.
@@Innocent-sr4il