🎼 Dudu T. Niyukuri umwanditsi w'indirimbo zitandukanye yatubwiye ibibazo yahuye navyo muri carrière yiwe 🔙 Eka yagarutse no ku kuntu vyagenze ngo ahinduke 📹🎬: @akadirishaprod305
Mercii kukiganiro Team Hangout🙌🙌 , NDAFASHIJWE 🥹 , may God bless u Dudu , may God bless abo bose bitanga kugra Imana ibandany ihinbazwa ishigwa hejuru🙌
...MoG uri ingabire Umwami yaduhay mfise vyishi vyo kuvuga ariko nta majambo akwiye mfise gusa Imana yakuduhaye Ikudutungire... apostle DUDU . much love ni Eric from Uganda
1.J'ai retrouvé ma valeur en lui🥺🙏 Mvuga menshii ariko hageze kur @Dudu mpitanwo kwihorere🤌Umwami ashishikar kugukomeza wewe uringabire nzizaa Imana yaduhaye🙌Keep doing that you are doing May God bless you so much ❤️@kaboss merciii you never disappoint ✨😇
T.NIYUKURI ,Dudu niwe muhimbazamana yashoboye kunyigisha cane nokumfasha murugendo rwanje rwagakiza biciye mundirimbo ziwe.Sinzibagira indirimbo yiwe Ndihano nimba harico womfasha.Yansanze ahantu ntabona inzira.Uyumusi ndi umukozi w'Imana ndifuza Umusi umwe kuzohura nawe tugasangira kumeza imwe ivy'Impwemu n'ivy'umubiri
Dudu turagukunda❤ indirimba zawe ziradufasha. Merci journaliste ❤
Dudu nanj ndagufana cane vraiment sinzi kuririmba ariko ntuma nkoresha ecouteur mukukunviriza urampezagira vraiment Imana Ikongere amavuta
Un model,Un pilier,Maître,Évangéliste… merci d’exister sir Dudu 🙌🏿
Mercii kukiganiro Team Hangout🙌🙌 , NDAFASHIJWE 🥹 , may God bless u Dudu , may God bless abo bose bitanga kugra Imana ibandany ihinbazwa ishigwa hejuru🙌
❤😍Dudu Imana igukomeza🤗
Kaboss, God bless u🙏 wamubajije ibibazo biri professionele merci bcp kumutuzanira Dudu ari genuine na relation afitaniye n Imana iri genuine.
Good kabos urashoboy ariko biraryoshe ko wokwakira yesu n'umwami nkumukiza mu bugingo bwaw vyoba vyiza canee
Kaboss I am your fan for sure🙌🙏 ukor ibintu biri fureshi saana👌🔥🔥
#WeGotThat👁
Murakoze kunzanira papa
Dudu mwubahwe
Kaboss ubikora neza vmt courage ❤from umwisanzuro
Duuuu IMANA iguhezagire ntakindi numva nokuvugako kuk ndagukunda gusumba uko bibahooo IMANA ibandanye yagura impano mwana w'IMANA
Oooh Dudu ,uwudasanzwe Ndiho yadushiriyeho😍 ikikiganiro kugicira hagati combera icaha kabisa Love u so Much Duuu
I LOVE YOU ,DUDU
Ndashimiye cane umutumire dudu ,na wewe yamutuzaniye,nashaka gusaba KO yokomeza gutanga ibiganiro mwenivyo kk hariho benshi bifasha cane.
Umukozi w'Imana dukunda cane
...MoG uri ingabire Umwami yaduhay mfise vyishi vyo kuvuga ariko nta majambo akwiye mfise gusa Imana yakuduhaye Ikudutungire... apostle DUDU . much love ni Eric from Uganda
Merci bcp,ndafashijwe muri rusangi,ariko rero ico kintu c'umwanya kiramfashije cane kurusha,merci encore
Thank you kutuzanira umutumire
Wubahw dudu ngo ntab aritwebw mwami iranshikana ahantu Ndiho abandany aba muruhand rwaw❤
I love the concept and the professionalism
Imana iguhezagire Dudu uriko urahabaho mubihe vyawe vyukuri
Kaboss vraiment go ahead uratesaaa
1.J'ai retrouvé ma valeur en lui🥺🙏 Mvuga menshii ariko hageze kur @Dudu mpitanwo kwihorere🤌Umwami ashishikar kugukomeza wewe uringabire nzizaa Imana yaduhaye🙌Keep doing that you are doing May God bless you so much ❤️@kaboss merciii you never disappoint ✨😇
Dudu ukuntu aba yumiwe na intro ya Kaboss 😂😂 Mercii Mr #FuuureshiiSaana❤️
Nice❤️❤️❤️
Ndagikunzi kaboss4real courage sanaaa
Yaaaaaya Dudu sha Imana igume ikurinze iguhe Umutima nubwenge bwo gufasha abantu biciye mu majambo y'Indirimbo zawe...❤❤❤❤❤❤❤
Dipfuza kuba na dudu murusengero rumwe andirimbisha
Turakunda ibikogwa vyaw Dudu, thanks Kaboss ❤❤❤
Nice interview and exclusive we love you guys
wow ndaryohewe
Kaboss nukul nama nkurikirana ibibazo ubaza..biri tellement pertinent kandi ubaza wisely nkanatangara mbony ata na hantu wanditse😂😂😂
Kaboss vrmt iyo intro yawe vrmt😂😂😂😍🤭🤭🦾🦾🦾
Dudu the Man of God 🙏
Ufise ubwenge bw'Imana nukuri❤
Dudu😍😍😍😍😍
👌
Ndamukunda caane ❤
Dudu tera uja imbere
Ndagukunda mutama
Merci kaboss kutuzanira legend🙏so uratubariza dudu uti igihe wasohora irya song"Urashoboye" wari mubihe bimeze gt??
Dudu sha indirimbo zawe ziraduhindurira igicu.....umu bb wanj ataramenya kuvuga yatanguy kuririmba Ah yayaya 😀
Indirimbo igitangura niw akubwira papa hayaya
Avuz CV yiw yos🤣🤣🤣🤣🤣kaboss vrmt
wakoz kutuzanir umukozi w Imana knd car kiryosh ikiganiro
Narinzi kwari umunyarwanda kumbe numwana wa bja,nta kuntu yokorana one gospel song na kidum ko Bose bari mu gihugu kimwe
Imana iguhezagire Dudu ndipfuza kukubona imbona nkubone!indirimbo zaw ziranywanisha n'Imana
Dudu😍😍😍😍😍