Bel Chris ubuhoho yubahutse umugore wa Sat b / Belle nice iwanje numwanya muto / Nubashe Sat B

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 103

  • @sibomanapatrick2474
    @sibomanapatrick2474 ปีที่แล้ว +1

    Bel chriss alansetsa😂 love from 🇷🇼

  • @yembaonosumba2429
    @yembaonosumba2429 3 ปีที่แล้ว +1

    YEMBA ONOSUMBA INTERNATIONAL FASHION DESIGNER ,FROM AUSTRALIA 🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲, MUVAAJI WAKWANZA KWAA FASHION AUSTRALIA NZIMA KIBOKO YAO KWAA FASHION AUSTRALIA NZIMA 🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲🇭🇲. MAMBO NI 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @aftapat5365
    @aftapat5365 3 ปีที่แล้ว +10

    aka kajama nta intervie yako yonsimba hari izo nsubiramo incuro zibira🤣🤣🤣🤣😝😝🇨🇦🇧🇮

  • @leanibayubahe944
    @leanibayubahe944 3 ปีที่แล้ว +6

    Uyumutipe nabandany jew aranryohera sana iyo ni stratégie yokwidandaz kuko jew namumeny kubera ivyo avuga knd biraryosh biratwenza

  • @raid9371
    @raid9371 3 ปีที่แล้ว +2

    First to comment need more like 👍

  • @amolam97
    @amolam97 3 ปีที่แล้ว +5

    Bamuvugisha abantu bafise ubwenge bukwiye muriko musubiz inyuma TV yanyu Noé nkiki nikiganiro canke nikwasamanga

    • @axeliteri2486
      @axeliteri2486 3 ปีที่แล้ว +1

      Noe ukagir ubihevy kub followinga natw catubiheba biheb noe ukameng nipak ubishir mur commentaire Bel chris arakaz san big up bro🙌

    • @amolam97
      @amolam97 3 ปีที่แล้ว +1

      @@axeliteri2486 basokoru barayamaze ngo ibisa birajana iyo njiji yawe niwe Uzi UBURYO ikazemwo bandanya musara courage

    • @axeliteri2486
      @axeliteri2486 3 ปีที่แล้ว

      @@amolam97 ahubwo iyuvuga kwigihe bayamara mwarikumwe cnk ariw wabahay diplome🤔bura gu supportinga igihugu cae nah ibisigay unume nimba naho mwarigany naw urayimarira wigire🙄😈

    • @zabibubintikalumeburundian4421
      @zabibubintikalumeburundian4421 2 ปีที่แล้ว

      😂😂😂

  • @memelolo5853
    @memelolo5853 3 ปีที่แล้ว +5

    Uwabony ko ikirato ciwe kimeze nkavyabirato vyababagore babarabu bambaza abaya ninde ntandengane

  • @nihezagirejesus7582
    @nihezagirejesus7582 ปีที่แล้ว

    Ange promotrice créatrice de s interview hit burundian girl

  • @irakozeyvonne435
    @irakozeyvonne435 2 ปีที่แล้ว

    Bel numu comed kbsa araheba akanyica

  • @MegaAlexison
    @MegaAlexison 3 ปีที่แล้ว

    Nibamureke uyu mwana ico nico bita entertainment masters nibamureke .

  • @hadidaban3606
    @hadidaban3606 3 ปีที่แล้ว

    Ndaguchigikira.abafuhanibafuhentawuchimwanabosekurage

  • @NtakarutimanaErneste
    @NtakarutimanaErneste ปีที่แล้ว

    bro l like you brother

  • @florette6366
    @florette6366 2 ปีที่แล้ว

    Akogatipe karanyemeza kweri.

  • @domingosjoao5012
    @domingosjoao5012 3 ปีที่แล้ว

    Olegue wew kumwihanga wew mwongana urikibwa

  • @esayaesaya4983
    @esayaesaya4983 3 ปีที่แล้ว

    Buja unit.

  • @lalaslove7831
    @lalaslove7831 3 ปีที่แล้ว +1

    Ndamwemera

  • @nduwimanaokia7045
    @nduwimanaokia7045 3 ปีที่แล้ว

    Gusa Bell Chris yoba hit muri comedian Burundi..

  • @nihezagirejesus7582
    @nihezagirejesus7582 ปีที่แล้ว

    Ange ang

  • @nathanndayikeza989
    @nathanndayikeza989 3 ปีที่แล้ว

    Amenyo aragutwenga arayaw. Urunwa gusa tangibikogwa bakubone

  • @jcfjbgstjv9505
    @jcfjbgstjv9505 3 ปีที่แล้ว +2

    23 mucongereza ntaco yoshobora i azi arazi ntawumenya tubiri.azikwiyemera tuu

  • @alexandrentiringaniza6520
    @alexandrentiringaniza6520 2 ปีที่แล้ว

    Dogo ndagukunda kuko ntastress ufise ufise moral

  • @naftalnshimirimana5817
    @naftalnshimirimana5817 ปีที่แล้ว

    Uyumuhungu abandanije mwenibi ntahovyomugeza ariko yiyandikishije muba comedies vyobamitende, Agumyenaho aririmba mwenibivyoku Rap yoreba agahinduramwo akantugatogusa ati NDAJE NASHIZE UBWENGE KUGIHE NOKWEMEZAKO UMWANA WA MATONGO ATAVURWAMWIZINA akokantu agakoze ndaziko yobayubatse izinaryiwe kandi ama channels yokuri you tube nkayose yomu Burundi yokwirirwa avugango Bel Chris yubahwe.

  • @memelolo5853
    @memelolo5853 3 ปีที่แล้ว +1

    Ako gahungu umwanya umwe karanshisha kuko kiyemera uwundi mwanya nawo kakantwenza mumajambo kavuga,,

    • @MegaAlexison
      @MegaAlexison 3 ปีที่แล้ว

      Ntamuntu ashisha aho uvuze nabi

  • @blessyhakiza1234
    @blessyhakiza1234 3 ปีที่แล้ว

    Nkawe atanuwukuz ngo ngo ur 1😓😓ubandanije uko uragiy ntaho uzoshika warukir muto woguca bugufi.

  • @memelolo5853
    @memelolo5853 3 ปีที่แล้ว +2

    None nkako gahungu kavugango niko karirimvyi kamber muburundi wew usumba bidondo tekereza petit ntibaze bakugirire nabi kuko bawucango uwihorey ahonga bike

  • @leanibayubahe944
    @leanibayubahe944 3 ปีที่แล้ว

    Na Randry promoter ara dekona sana tukamwihoz knd tukamukurikiran

  • @ntunzwenayodaniel6862
    @ntunzwenayodaniel6862 3 ปีที่แล้ว

    Ikibogera bere nukuriiii

  • @regisniyonkuru9962
    @regisniyonkuru9962 3 ปีที่แล้ว

    Haa murabaza umusazi uyo ararwaye mani

  • @AdelphineUWIMANA-f3z
    @AdelphineUWIMANA-f3z 17 วันที่ผ่านมา

    Karaberew ariko

  • @geofreyniyonkuru5724
    @geofreyniyonkuru5724 3 ปีที่แล้ว

    ikiganiro cambere nakunze😹😹😹😹😹😹😹😹🇨🇦🇧🇮🇨🇦🇧🇮

  • @mickanduwayezu2983
    @mickanduwayezu2983 3 ปีที่แล้ว +7

    Ego genda urafise ijwi ribi 🤔🤔🤔🤔🤔🤔 uwo kwumva wiyemera nico kijwi ufise

  • @ProsperHabimana
    @ProsperHabimana 9 หลายเดือนก่อน

    Urimbwa kbs

  • @habimanabenjamin2449
    @habimanabenjamin2449 3 ปีที่แล้ว

    Daaahh!! Funny boy....hhhahha

  • @fanshittoptv4433
    @fanshittoptv4433 3 ปีที่แล้ว +9

    aka tuzogasubira kuko ntitwigera tunanirwa kiretse twigiriehije

    • @evlysnegrithahkzm1893
      @evlysnegrithahkzm1893 3 ปีที่แล้ว

      🤣 🤣 🤣

    • @cyriaquebayisenge8950
      @cyriaquebayisenge8950 3 ปีที่แล้ว +1

      🤣🤣😂😂😂uragenda landri kk ibisazi vyasubiye kuvyuka. We ndakwemera uzogenda ukandonde. Kk kasubiye kushisha abantu

    • @Junior-ns7np
      @Junior-ns7np 3 ปีที่แล้ว

      Kbx nukugasubirako itabi ryakabanye ryinshi

    • @amolam97
      @amolam97 3 ปีที่แล้ว +1

      Ako gakwiye gusubira gukubwitwa kweri

    • @safarishawn7231
      @safarishawn7231 3 ปีที่แล้ว +3

      Randry ndi mpa lumicash YAw ndagutumire akantu sha warakoze kunkorosera akaga pet knd gira fasta.... From Nairobi 🇰🇪🇰🇪

  • @athanasenshimirimana107
    @athanasenshimirimana107 3 ปีที่แล้ว +1

    Urumogi unwa rurakaz ndk ww wambwawe ufis iki ahubwo azogusubire agitabire bono

  • @lalaslove7831
    @lalaslove7831 3 ปีที่แล้ว +1

    Ramba Ramba dogo

  • @akimanaarsene4752
    @akimanaarsene4752 3 ปีที่แล้ว

    Akakajama kararenz

  • @angeiradukunda5487
    @angeiradukunda5487 3 ปีที่แล้ว

    acoma ibicu

  • @gcboyburundi6393
    @gcboyburundi6393 7 หลายเดือนก่อน

    Bel Chris wanj 😭😭😭

  • @sylvestredicynty7422
    @sylvestredicynty7422 3 ปีที่แล้ว +1

    Non uyo agisoba haryamye yamafise akapera nimwe imis yosse

  • @ndikumwenayocelestin4991
    @ndikumwenayocelestin4991 3 ปีที่แล้ว

    Ngira anwa chanvre irimwo imbuto ziboze

  • @alphoncineniyonkuru5192
    @alphoncineniyonkuru5192 3 ปีที่แล้ว

    Kweli bangi siyo cai none nkaka kareha nubwacumbanywe induru mugaha ikiganiro ngogadufashe iki hakwishima woshimwa nabandi wasawa Yako yupo atakuinuwa majido

  • @princianingumirize5062
    @princianingumirize5062 ปีที่แล้ว

    Man ntana 100k ufis😂

  • @danfranklin1968
    @danfranklin1968 3 ปีที่แล้ว

    Ba muronder abantu bafise ubwenge urekan nico gi ptii kitagira nubwo kukiyiko

  • @kingblack6560
    @kingblack6560 3 ปีที่แล้ว

    Uyo surumogi ahubwo bazomujane kwa rojanti bamupime simuzima ninumu bono

  • @MegaAlexison
    @MegaAlexison 3 ปีที่แล้ว +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 nibamureke uyu nwana kandi yokina comedy kandi vyoryoha

  • @nininahazwealmand7722
    @nininahazwealmand7722 3 ปีที่แล้ว

    Uranyishe kwer

  • @shabajims9753
    @shabajims9753 3 ปีที่แล้ว

    Karasesema inshano ririhano

  • @donatiennsabiyumva9558
    @donatiennsabiyumva9558 3 ปีที่แล้ว

    AKOGAHUNGU KANWA URUMOGI RWISHI

  • @arsenearakaza1385
    @arsenearakaza1385 2 ปีที่แล้ว

    Urwo rupetit nta ndero rugira kuko uy mupetit aribeshera

  • @meddymedarditangishaka9412
    @meddymedarditangishaka9412 3 ปีที่แล้ว

    Iki gi petit ni ikigugu ga basha

  • @el9baby870
    @el9baby870 3 ปีที่แล้ว

    ahubwo kwa legenti batwaye abakomeye mugabo bagasiga nkuyo mu petit yibaza iki gusa urumogi nigwo rwigendera

  • @Junior-ns7np
    @Junior-ns7np 3 ปีที่แล้ว +2

    Uwo mu pt arasara kwl🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @domingosjoao5012
    @domingosjoao5012 3 ปีที่แล้ว

    Uyo nikigoryo ntazivyavuga uwo ntiyize kwer

  • @dusabeezeckiel8036
    @dusabeezeckiel8036 ปีที่แล้ว

    wewe ukwiye comeddy

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 3 ปีที่แล้ว

    Ako kajama karantwenza😂😂

  • @nathanndayikeza989
    @nathanndayikeza989 3 ปีที่แล้ว

    Iryojwi niryabazimu nyen

  • @durantrd3199
    @durantrd3199 ปีที่แล้ว

    Nn nkako karofa kari ko kavuga iki ngaho

  • @firminniyokwizigira2449
    @firminniyokwizigira2449 3 ปีที่แล้ว

    Journalisme yacu 😁😁

  • @richardndayizeye5494
    @richardndayizeye5494 3 ปีที่แล้ว +1

    Wambwawe

  • @mutombodudukeyi7232
    @mutombodudukeyi7232 2 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣 uwumudogo yarapararanganye

  • @Lucaneh
    @Lucaneh 2 ปีที่แล้ว

    hhhhhhhh uyu mupetti iyi nio flow yonyine afite gusa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @ntunzwenayodaniel6862
    @ntunzwenayodaniel6862 3 ปีที่แล้ว

    Imbwa imoye vrt

  • @yazidandayishimiye4704
    @yazidandayishimiye4704 3 ปีที่แล้ว

    Dogo ashoboye comedi

  • @gabbarsingsuperstar9583
    @gabbarsingsuperstar9583 3 ปีที่แล้ว

    Non nkico nikiganiro mwakoze Uyo muhungu numusaz Jew ivyuyo singer ndaba

  • @luyuguo4600
    @luyuguo4600 3 ปีที่แล้ว

    Crazy boy

  • @mdoman5229
    @mdoman5229 3 ปีที่แล้ว

    Haaaaa🤪🤪😂😂😂🤣🤣✌️🇧🇮

  • @theonestensavyimana108
    @theonestensavyimana108 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara3682 3 ปีที่แล้ว

    Headache

  • @alexismunezero1172
    @alexismunezero1172 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣karasaze

  • @alexndihokubwayo8010
    @alexndihokubwayo8010 3 ปีที่แล้ว

    Huyo dogs hana lolote pumpafu

  • @amolam97
    @amolam97 3 ปีที่แล้ว +1

    Ngafashe nohita mvuna🙄🙄🙄
    Avumye he uwo atoke kule

    • @memelolo5853
      @memelolo5853 3 ปีที่แล้ว +1

      Reka kumvuna imbavu zanj

    • @amolam97
      @amolam97 3 ปีที่แล้ว

      @@memelolo5853 we ubona ako gahungu gakwije nezaaaa🙄🙄ngafasheee

    • @jcfjbgstjv9505
      @jcfjbgstjv9505 3 ปีที่แล้ว

      Hhhhhh gashoboye gutukana gusa

    • @memelolo5853
      @memelolo5853 3 ปีที่แล้ว

      @@jcfjbgstjv9505 Sha jew mber singomba nokukabona kuri TV nimw

    • @amolam97
      @amolam97 3 ปีที่แล้ว

      @@memelolo5853 karashisha ndake gakwiye inkoni

  • @asdasdasdas9689
    @asdasdasdas9689 3 ปีที่แล้ว

    Ibiganiro vyuyu mutip biranryohera

  • @moisenyarugabo3128
    @moisenyarugabo3128 3 ปีที่แล้ว

    Uyo petit ni Bono nonsense kweli

  • @lod725
    @lod725 3 ปีที่แล้ว

    Konk