ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Urakoze cane
Bjr, merci bcp ,nivyo ngire ntegure😂urakoze caane.
murakoze gushima 🙏
Ubwo munyu ushizemwo si mwishi?? Umengo n'icuhiro
Ushizemwo akarungo bita mcanganyiko vyoba munange
Merci bcp
Birasaa nezaa caneee kandi Nawe Usanavyo uri Mwiza et Nisuku Nyinshi ,,,🎉🎉🎉Bravooo
amen❤️🙏
murakoze gushima ncuti Yanje🙏
Good
Wawooo ngushimiye ko unyuzamo ukanasenga
amen♥️
Jaja courage kweli nasanze ari spécial !! Ndagukunda cane uranyigisha nkanyurwa vyukuri!
Non nivyo biraya vyahiye kweli??
Merci bcp maman Jeannette wacu ivyo vyokurya bisa neza caaane urakoze caaane
Murakoze namwe❤
Waoooh birasa neza cn merci❤abateguye yamyumbati baze bambwir uko basanz bimez j nasanze biryosh cn mana we vyaramota
amen ❤️
Biraryoshe. Ako karungo kitwa ngwiki?
Merci ndakwikundir disi❤️❤️❤️❤️
merciiiiiii❤️❤️❤️
Merci bcp maman turagukunda cane
Nanje ndabakunda, ♥️
Urakoze cane wubahwe❤❤❤
Mr6
Urasa neza vrema.urakoze kuguma utwigisha guteka ibitandukanye
egome kugira mufungure Neza mutazimbwe❤️🙏
Nice
thanks
Wamubyeyi we uritonda.kandi Merci biradyoshe cyane
murakoze cane🙏❤
Mwigisha wacu woguteka mwiza wanje hageze pe
♥️❤️❤
Amen❤ nanje ndabakunda, ♥️♥️♥️
🤪🤪🤪🤪nciye mirimiguti kabisa bisa neza❤❤❤
mubitegure bizobaryohera♥️
Usigaye usa neza cane vyabintu birakora
Birakora nukuri❤
👌👌
,💪🙏
Bjr
bjr
Ako karungo kitwa gut?
Ni curry powder y,Isosi ,ni Simba mbili
Akarongorwa kurasa neza mugabo ndavuga Izina
Ubikora neza ndgukunda ham nn ugize nk 2kg zumuceri nivy vyose ucuza urongereza??
wew ibigira bivanye nuburyo kandi amagi naho yoba 2 canke 3 ntangorane n,ukugira muceri umote Neza kurusha ,ushaka wokongeteza
Nukuri wubahwe❤
amen🙏❤️
Uyumuceri nciye nsonza kabisa
😂😂😂😅😅😅
😂😂😂🙏❤️👍
Urashobora kutubarira ako Karungo Ingene kitwa??? MERCI BCPS
ni curry powder ariyo simvambiri y,isosi
Ariko iyo urikutwigisha vyoba vyiza uretse kuguma usubiramwo ikintu keshi.exemple ngo isafuriya isafuriya ...n fois.bituma turambirwa
Umuceri ubungana gute?
bivana navutegurira ingene bangana♥️🙏
Wubahwe biryoheye ntabiriye bisa neza
amen ❤️🙏
Merciii
de rien❤
Kitwa tayari yakavuz murundikazi
,👍❤️
❤
❤❤
❤️❤️❤️
Ati ama coton 😅😅😅
??
Emwe nisawa n,amakara aragabanuka
cane❤️🙏
Uteka neza ariko uteka umwanya munini
None umuntu adakunda ICO kirungo ntakindi yokoredha?jewe tayali ntinryohera
Wakoresha onga
Urumva kubera udakunda Tayali,,, urashobora gushyiramo cuury,,, canke curcuma,, canke ,, poivron iseye canke akandi karungo guhindura Irangi... None Tayali nanjye ntayonnzii
urakoresha onga sauce,cank soy sauce
merci bcp ❤️
Nn ga murundikazi wibikorwa wariwarindiriye iki
Zankozo zawo zirihe
😄😄 Imana ntiyari bwashireko accord🙏👍❤️
Imana ntiyari bwashireko accord😀🙏
izihe?
Mugabo ivyo birayi vya mauve (move) ni faux bisa nabi
hew nivyo nkunda mwebwe muzokoreshe ibindi