ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Mbanyimana ubwayo mwiyi adoration ndagushima Mana nziza❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️😍😍😍😍
Abarundi mwarahezagiwe muririnvye neza
Amen amen namwe mubandanye muhezagirwa
Mumaraso ya Kristo niho nkiriraaa..haleluyaah ntanumwe yodutandukanya ntanumwe yozahagati yacuuuu Yesu uruwanje wankoye amaraso yigicirooo nanje nduwawe 🔥🔥🔥🔥
amenn uhoraho abandanye agukomeza
Burundi Gospel TV Amen
Nimeipenda ira munatumia kufosi ebu jalibuni kufanya chakwenu ninyi kaama ninyi
sawa
Murampezagira cane imana ikomeze kubazigama mukiza imitima ya beshi
Mushishikare guhezagirwa mu Mwami wacu YESU Kristo
Amen amen kdi murakoze
Imana yo mw'ijuru irushirize kubakomeza no kubaramira... Mwarahezagiwe...
amen
Amene amen 🙏 🙌 👏
Amen amen
whooow.... mukomere mu Mwami indirimbo zanyu zirampezagira ..mwarahezagiwe bahungu banje !! !
Mungu awapiganiye Sana ila ushauli Mnapo Abudu ni kosa kuendelea kuleta maji.ni ushauli wangu ila Mnaimba vizuri Sana hapa Tz tuko pamoja
tunashukuru kwa hushawuli
Ndafashijwe
Iyi ndirimbo yitwa gute? Ndayikunda caneee, keep up the good work😍
Nice song
Thank you
Ooooh.... non.. non... 😳😳🙊🙊 ... donne-nous la suite svp... 👏👏🙏!!
Amen amen amen amen amen amen
Amennnn
Good concert
Amena 🙏
🎶
Wonderful concert! But backup sounds are so lowered!
Sorry for that
🙌🙌🙌💛💛💛💛💛
Mumfashe mumbwire aho hantu uko bahavuga sindahatahura. Ngo uruwanje nanje nduwawe nshaka .... ibikurikira bavuga gute?
Vyukuri Muranezereye turafise abaririmvyi boguhaya. Indirimbo zose zampezagiye , nayo indirimbo yomumudiho wa Zulu Parfaite yaririmvye yanteye kuyitambira aho nari nicaye.
Amen mubandanye muhezagirwa