Général NIYONGABO Prime si Chef d'Etat kuko ico kibanza kirimwo Evariste NDAYISHIMIYE. NIYONGABO Prime ni Chef d'Etat major général des armées. Ntabwo yigeze yiga Économie. NIYONGABO yataye kaminuza yiga mwi shule rikuru ry'intwazangabo ISCAM (Institut Supérieur des Cadres Militaires) mu mwaka wa gatatu.
Icyegeranyo Gishya: bit.ly/GenPNi
Uzoturambirire amakuru y'a Adolphe nshimirimana❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️mwaratubohoye 🤲🤲🤲 bene wacu
Gi everyone here am Glady from Uganda hustler in saudi but burundi by tribe today i decided to search on my tribe am really happy
Urakoze cane kurino nkuru udukoreye nawe wubahwe uterujimbere muvyukora vyose
Turabakunda cane uburyo mutwitaho ngaha iburundi namwe imana ibahezagire
"Jackson Semahoro niko nitwa" ❤
Very Good from Burundi in Cape Town
Général NIYONGABO Prime si Chef d'Etat kuko ico kibanza kirimwo Evariste NDAYISHIMIYE.
NIYONGABO Prime ni Chef d'Etat major général des armées.
Ntabwo yigeze yiga Économie. NIYONGABO yataye kaminuza yiga mwi shule rikuru ry'intwazangabo ISCAM (Institut Supérieur des Cadres Militaires) mu mwaka wa gatatu.
Muri ISCAM harimo Faculty ya Economie. Hari n'abaja kwiga muri Kaminuza y'Uburundi bava muri ISCAM.
😄🙏🙏🙏😄👍👍
Uvuga Documentaire neza kubera ushiramwo n'amashusho
Nihubahw abarund n'ubundi n'incuti z'uburundi
Muzoduhe Amakuru y'a Général Adolphe nshimirimana niyo mutaramuha nipfuza kuyu va.
Good the joob
Thank you very much. Following you from Uganda.
L0
L
A Hero's Petero Nkurunziza
Semahoro ndagukunda CN yontakunvise WW siryoherwa
Thx sana Jackson ,
Jack turakwemera sana ugira ijwi ryiza kbs🇧🇮
Turabakunda
🔥🔥🔥🔥
19:19 uwo mbona kw'ifoto wise Jean Bikomagu,are you serious😳😳😳😳 ?
Uvyuvuze ntubesheeee kabisaaa
Ukuri kurababaza Damien bareke bivugire kuko ntabindi bovuga!
❤❤
Razwa ishinga nivyiwanyu iburundi bufise abagabo.
ariko muta ntakosa akoze
@@vincentnkunzimana8182 Kwataravuga abiwabo ugira nuko akunda iburundi ? Woshimagoza umuntu ubanje kumwita inyamaswa!!! Abo turabazi nambumushigikiye nawewe .....
Arakwiye Amashimwe
Urumugabo musaza nuza Bdi nzaguterekera
Uzoturonderer amkuru ya general Adolphe shimirimana gus yaritavy imana
💪💪💪✅
Courage
Sha ntamakuru ufite kuko uba usubiramo amagambo
Nkunze iyo nkuru
Caramuvunye koko yubahwe
Wapi ba muvuga ivyo muzi
Jackson abasirikare bagiye kuza kurya rumonge inyuma yicogitero cari kigambiriye umukuru wigisoda
Nihubahwe uburundi
Kabisa uvuze neza coup d'état yari yateguwe neza gusa mwasanze muburundi tutategurirwa Ahubwo tura tegura.😅 Murabuzi baturanyi bacu mubahwe.
Urabeshe cndd-fdd ntiyashinzwe muri 2004
Umwicanyi mubi
Tubabarire ,ntagisoda bazi,nuko buyoya yabahaye
Niwewe uzi yuko yabahaye,wibaza yuko Buyoya atashaka kubandanya ategeka.ndibaza uvutse vuba ibi ntavyo womenya itekanire.
JD ko utavuga Kagame?
Uyu n,umugabo nya mugabo atagendera ku moko canke imitumba.yafash, igihugu atari arusha ibigize ahagarika ubwicanyi bushingiye ku moko n,uko umuntu yaremwe naho avuka.muzomwigireko gukunda igihugu n,abakubamwo
Poa blo
Amakuru kararuza
❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Cabavunyehe twesi caratuvunye ahubwo ntibazi ivyo bavuga nibatwubakire amabarabara
Reka ishari
Urabona muburyndi habayo gen wigikoko? Mu bwami bw'impumyi ufite ijisho rimwe yitwa umwami
meric sana
Ntagara Nsengiyumva wamu jinga we!!!Agahinda n,ishari vyawe, twe ntaco biduhindurako.N,ivyimbwa nyene.Nitwe tuzi agaciro k,abayobozi bacu kuko turi murugo. Ikiomereze n,ivyo vyiyumviro vyawe vyakijinga/ kinyeshamba
Niwe General wazungereje kagame mu 2015 nubu buakimuzungereza, iyombwa kagame izotushe izane agaseseme nkako ikorera muri kongo azoheze arabe neza uko imbed yambara ibutura
Damian we uragereranya ibitagereranwa kbisa ,ndagusetse😂😂😂
@@nyamurangwajeanmarie5331 noe ivyo avuze sivyo ko bikubabaza ugira ngo ni Congo mugirira ivyo mushaka ,mwaragerageje kwiba uburundi ariko vyaranse mutunzwe n'ubusuma gusa 😏😏
@@larissaakimana3384 ingabo zuburundi=FDRL cyakora zataye isaro pe none numiwe zirigutanga amakuru ngo Inka zabatutsi zirahinze zimenya FDRL, FDRL nayo ikaza ikarwana ninka sukurusa zigasizora ngo zabonye Inka zintutsi😭😭
Prime ndamuzi ni umunyabwenge. Ariko Niyivire mu gisirikare c'Uburundi aje gicuruza atazogikuramo ishyano. Harya iyo baba bazi Prime Niyongabo niwe wari kuja muri Presidence n'imbere yabo bose. Mugabo ntibashobora kumumenya kubera yiyerekana gake. Arahoze cane kuburyo udashobora kumenya ico ahatse. Ashobora no kukubesha ukamwizera.
Général wigikoko? Yagwany he? Igihugu yafashe nikih? Iyo umuntu akigiwe nuwuhoraho umwita igikoko? Bamureka ububeshi
Uwudakingiwe nuhoraraho ninde?
Caramvunye,