Urabeshe b face j narakwandikiy Kur Instagram nturansubiza Gus kimwe w ndagufan saana nkubu utumega twagra duher narinziko nzogurutundi mundwiza mugabo mbony publication yaw ciye nryakadeni u are my special one in rapper
Ariko b face, icomukundira ari simple muri facon yiwe yokuvuga..ninaco cerekana ko afise personnalite nziza, akuze mumutwe, donc akora music azicashaka. Courage rero..!!
Abakunda B-Face nkanje bampe like basha
Naje ndamufana cane cane👍
Nkundaa b face felide from Dubai
Ndakunda b fece ukuntu yishuraa😂😂😂
B-face narindagukumbuyee sanaaaa ndagufana sana
B face arishura neza nico mukundira vrmt Nc one big up sn kaka😘😘😘
My rapper star aberwa yiyubaha👌✍️
😂😂😂😂B-Face araryohera CNE 💞💋💋💋
🤣🤣🤣🤣 ndatwenze , ndakumbagara!!!! B face afise inyishu zaba rappeur vraiment. Amekuweza !!! Uzosubire🤣🤣🤣🤣 sinon big up sana . Courage
Mumps rinke ndabakunda sana
B face on the floor ari mu ba artistes bo mu Burundi baberwa cane kandi arajanisha gose!!
Keep it up B face!! Bless up up🙏🇧🇮
Best Rapper B Face On The'flow keep it up bro🇧🇮✊🏼
Abari bakumbuye b face mumpe like
Terimbere muhungu wacu 👌kayanza style zawe sasa✌ en tout cas wama uberewe✔✔✔courage my bro
Urabeshe b face j narakwandikiy Kur Instagram nturansubiza Gus kimwe w ndagufan saana nkubu utumega twagra duher narinziko nzogurutundi mundwiza mugabo mbony publication yaw ciye nryakadeni u are my special one in rapper
Komera bfc turakwemera urumwana yitonda sana 💋💋💋
Uwo turamukunda abarundi twese,niwe murapa dufise muburundi
courage b face urazi gukora interview kdi tuzohura ndaguhe akantu.
B.face wiwacu kyz ndagukunda kubi nipfyuza kuzokubona rayivo
Isaac & b face mufatanye nuranyicap so courage mwubahwe b face wishurana ubwenge ndakunda inyishuzawe mukomerezaho
Big up san b face kunyishu nziza
Big up sana my favorite rapper.knd wambay na chapeau yanditseko AFRIMAX👄👄👄👄👄👄
Yanditseko airmax.
ishapo yanditseko AIRMAX
Ndagukundira gutuza kwawe.ndakwipfurije kuzokwama worosha ubuzima.imana ibigufashemwo
Nukuri uburundi bwacu bwateye imbere nsigaye nkunda ibiganiro biberayo turabakunda cane. 😂😂😂😂 ngobantumye B face ati witumye😂😂😂turabakunda from 🇦🇺🇧🇮
B FC NDAMUKUNDA UMWANA WACU KAYANZA ARAZI KWISHUR TERIMBERE MUSAZANJYE URASHOBOYE KWISHUR 💖🔥🔥🔥🔥
B-face wew urarenze kubibazo vyawe kand ukoraneza kweli
Yambaye nezaaaaa😍
B face ndagufana kweri courage bro
Ariko b face, icomukundira ari simple muri facon yiwe yokuvuga..ninaco cerekana ko afise personnalite nziza, akuze mumutwe, donc akora music azicashaka. Courage rero..!!
Lsaac ngo nagasutwa abaza utubazo twudusutwa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
B face wew ndakwemeye caane kuko wishuye neza
B_fac uranyuzuz saan bro
B-face ndakwemera sana
Fan u more rap yudaaaaa👌👌☑☑💯🔥🔥🔥🔥🔥🔥
B face jew ndagukund knd canee ndagufanaaa
Mweee muhuye ndbazii hahhah
Ukoze neza isaac kuduha Bface
Huyo ni best rapper Yuda king kbxa
Wanaompenda b_face kama mim tujuwane apa
Umusaza be face urarenze wallah
abamenyesha makuru muratinya kumubaza bien uwo mugabo ba mumutera ibibazo vlma murabna ukuntu ibibzo bibaherana kwl cnke abatera ubwoba
Issac rab wige kubaz nkumu journaliste ar professionnel ibibazo vyaw wp kwl
You are best,you are king rapper man uruwamber ntanuwogusubira
Isaac afisibibazo nkivyi nkoko birarenze🤭🤭🤭🤭🤭🤭😜😜😜😜
Huujama hana hakili hajui kutoa jibu nzuli kwama fanzi anajibu tofauti na maswali
Isaac uranzaniy umunt mfana sana b.face ndamufana
turakwemera uciye ubwenge bface
B Face 🔥🔥🔥🇧🇮
Ndagufana Isaac b face nice uko wishura
Nice iyo migani ibaho
B_face jekuruhararwanje numva ibintu mumubaza ari denja umuntu iyo afise amahera arambaraneza ubona b_ face akiruwokwereka shopingikweri
B_ face iyondirimbo yandabe irarenze none wewe kufise imistarimyishi nikuberiki
Isaac ubukwiye kwamugira ibiganiro nabantu nkabo B-face uraryoheje ikiganiro kweli kand umeze neza
Isaac ako gashati wambaye uragakunda muma interviews menshi uba ukambaye
Nawakubali sanaaaa Isaac
Assac yitumye
Hahaha...isaac uranyishe kabis, b face umubajije ivyagakingirizo uburiko ukora kukivyimbe..agaca ashavura..!!, hahaha...nawe rero uratwenza vrema.😁😁😁
huy jaam nom saaan ananites kbs kweny jib zk mais mr isaac big up1
B -face yishura neza kbs
B-face miss u
Best repper nta permission asaba mubintu nakubar papa
Courage b face king of rap
Ntubeshe vrma, Rap warayidugije kweri
Abantu bafana B fs mumpe lik ndagufana kubi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮 gusa uheruka gusohora igisasu akakera 🍾🍾🍷🍷🍷🍷🤣🤣🤣🤣🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nabanze akr mariage atunezerez gusumvya
Ndakunda b face svp🤣🤣🤣
Isaac b face abay uwamber akwishur neza kand ntiyishir hejuru
Ndagufana b face irambire ndakunda ukuntu wishura
Muremure uvuzukuri numusutwa kweri kbs ✌✌✌
Hahahahahhahaa l love you guys 🙏🏽❤❤❤🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🤩🤩😂😂😂😂😂
Hhhhh, ngurisutwa😂😂😂😂😂😅😜
Vip, b. fac
I love you too haha 😂
big up sana mazina
My baby b faceee♥️
B-face muzomubaze yuko afise umu copine
B face yavutse kuri bonnannée
❤️❤️❤️❤️❤️❤️I love you you b fc
Ndakwikundira vrm ntiwishira hasi😂😂😂😂
Nice interviews
🤣🤣🤣 damwikundira pe
Ntawugutuma ahubwo uratubariza
Umuraper ngah iburund ni master wenyen uyo ni dogo master naw ni fabelove
Nahorandakumva none ndakwiboney gusa ntiwishima
Big up sana be face on the flow
Gusa b-fs uriseriye ndakwamera
Isaac wakoze kumutubariz ivyotwagutumy ark ikibaz kimw twashak ikiganir ca b face cubuzima bwiw kuva akirimuto gushikubu
Uraz kumwishur
Isac ni sutwa urabazagiza amagambo
Bifsndagukundacaneeé
Ngutuguru niduto uratwenza kweliiii
Thx Isaac.vyarivyamateka bro
Inyishu z amasanoo gusaa😂😂😂
Isaac TV nimukosore ibibazo mubaza abasani canke abatumire banyu,ivyo bintu bijanye na vie privée sivyiza.
Video yiwe turayirindiriye yirya ndirimbo yiwe
Uwunvise ko kaka issac ari sutwa mungu wangu😅😅😅😅
Mwese ndabafana
Bro terimbere sana B Face ndakunda ukuntu utuma uburundi bumenyekana kure
Mtafute Mr mistere a.k.a kingorongoro
😀😀😀Urisutwa ufise nutubazo twubusutwa B.face aranyishe ndakwikundira inyishu zaw zinkuraho😀😀😀
Uwukwank akwandureko b.face
Araciyubwenge uyu mutip
😘😘😘🇧🇮🇧🇮
😘😘😘
Kabisa ntunryubesha mwubahwe murasubiza ntumeze nkabaraho wubahwa
Ndakunda inyishu zawe" utagiye namaguru wogenda namaboko"🤣🤣🤣🤣
Ndakeney ayand ma interview yaw kk ndakund saan ama interview yaw ayarik yose narayamaz
B fec afise igofe nyishi nxamukundira ingofe ziwe kwer