INDIRIMBO: ABO MU RUVYARO RWA NOWA [UBUTUMWA BWIZA MU NDIRIMBO]

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ก.ค. 2024
  • Wipfuza indirimbo zubaka umutima? Ubu ni ubutumwa bwiza buciye mu ndirimbo yasubiwemwo na @kwizeraworshipteam-bi yahawe umutwe "ABO MU RUVYARO RWA NOWA". Ni indirimbo imwe mu za kera zakunzwe cane kandi irimwo amajambo ahembura umutima. Burya ubutumwa bwiza si Pastori canke abavugabutumwa gusa ariko indirimbo z'abaririmvyi ni ubutumwa bwiza: kuko bose bavoma mu gitabo kimwe arico bibiliya yera kandi bahishurirwa na Mpwemu Yera Umwe.
    Ku barundi baba hanze, abarundi bo muri Canada namwe mwese muri muri EAC mukaba mwumva ururimi rw'ikirundi mbere na mwebwe abanyarwanda muri muri canada n'ahandi, iyi ndirimbo yobafasha. Tubifurije guhezagirwa cane!
  • เพลง

ความคิดเห็น • 46