ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Igihe cose amatora yegereje umugambwe wa Rwasa Agathon bama bawucamwo ibice mbese bamuhigako iki??
Girukwisha.ntaho.wogezaumuganbwe ivyabayevyose mumuganbweubifisemwouruhara kubwinyungu zawe bwite
Non ngaho ntimwataye umwanya mugutumira uyo madebari
Nestor mateur
Ahubwo uwo mutipe wigihemu kuki atigeze aba uwambere mukugira umugambwe mugihe yakobo yahemuka nubu bitamwereye nawe azotuma nkifu yimijira nkaba jack na habimana Mutama Rwasa nagashurwe kareremba mumazi bazomucako bamubona. Ubuhemu ntawe bwereye
Rwasa Agathon mukiganiro ko umenga ntiyahawe umwanya wo kuvuga bikwiy kugira yiregur kuvyo ngirukushaka amwagiriza
None nkabo batama nibo bashaka gutwara kndi icobikoze Burundi narabusezeye 😅
Ngirukushak imvugo zaw ww ntur umu politicien vrt kd ntukunzw kk Ur umusuma nk jacques
Ntamuntu yohava agukwirikira usananabi ubona
Des politiques chevronnés Burundais😜😅😅
None nk'uyu muntu madebari ngo ni nesitori🤣🤣🤣🤣
Abo bakunZi binda muze murabima ijambo ntibazi abarundi ayo bagowe.
None democratie nizingahe?
Ewe ngirukushaka warahenzwe niwemere kuko urigikoresho cabo wakunze ivyo baguha ahubwo ntanisoni ufise wew Mutama Gwasa Agathon arakurenze urya nimutama kur politique yiwe urikigugu wew😱😱😱🥳🥳🥳
Ngirukushaka ntasoni afise kabisa