HARI IKINTU CIZA YESU AKUBIKIYE||UBUTUMWA BWIZA BWAVUZWE NA Pasteur Manassé NIBIGIRA MU NYAKABIGA
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ก.พ. 2025
- MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Amen Amen Amen !!! Hallelujah Hallelujah Hallelujah. Ndakiriye ijambo ry IMANA mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA
Amen Amen 🙏💓
Amen🙏🙏👏👏turavyakiriye mwizina rya YESU Christo
Amen 🙏💓
Amen. Ndavyakiriye mw'Izina rya Yesu Kristo.
Amen🙏❤️
Amen 👏 🙏, Imana Ishimwe kubw'ubutumwa bwiza, Kandi Ihezagire Umukozi wayo
Amen🙏💓
Hallelujah hallelujah urakoze Yesu kwivyonasavye vyumviswe👏Amen
Amen!🙏
Amen🙇
Amen 🙏💖
Amena Amena
Amen 🙏💖
Yesu ashimwe ndafashijwe
Amen 🙏💓
imana imuhezagira pasteur wacu
Amen🙏💖
Amen
Amen🙏
Amen amen
Amen 🙏💖
Abarongorwa nampwemu yera Bose nibo Bana BI MANA
Amen👏💓