ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Love from MR Sammy Comedien abakunda FILM n' andits mump like
Iyi film niwe wayanditse?
Biriko biraza courage
Wubahwe pompompo😂😂😂😂
Sammy kanyana uramwongera umushahara kk arashoboy gukina gos Hama ahigitega turagushimiye kk uguma uduha ibintu biryoshe Hama Sammy wirambire abafana turagukunda cane
Kanyana akina neza cane ningabire yiwe PE nibamwongere umushahara
💋💖💞😁😀 💃💯 musigaye murakasa mutwe
moja mbiri tatu kumugabo 😂😂😂😂😂 yewe muranyeguye
Ugorujwi guwomugore wa samy tereza ruranshisha vrt rurarenz kumukobwa nugwabagabo
Ooohoo rosaaawee pl xan kl iso arakunda idorariii
Ewe hano murwanda turakuna iyo film mutegura neza
Papa Kanyana ntabwenge agira areba amahera arko umukobwa we ntamahoro Sha nuko ari film nahubundi sinasubirayo arikwica umukobwa we ibaze kweri
Mbaye uwa gatanu nimuze turabe ivya kanyana na munyari uko bimeze😂😂😂😂
Haaaaa ngoninjebejebe zaraj ntamarabaga nayo courage.❤
Yoooooo Kanyana imana irakurokoye nuwijebejebe nukuri🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣yemwe Abakazana barabaho sinaribwabone umukazana yubahukasebukwe ntibibaho ivyo
😊😊❤
Waaaaa mutama papa kanyana ndakundukuntu ukina courage kanya subirayo ntamugbo asaza iso kifaranga ryamuryoheye kubera nubukene yifitiye Samy iyifilm twarayikunze nibo
Mukamwirukana uwo mugore abafata nabi nkuko mwirukane
😂😂😂😂😂😂Ntanguye gutwenga ntarayiraba😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤
Ababonyeko hahiye mumpe link 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Gusa ndumiw injebejebe zaramaz kuz nukur angan nasokur waroz😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢🎉gus nukur samy uze urirat urafiseumukiny avyitwaramw nez uzorebe wiregez umukorer akant kubweng gus turabaku❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤
Imana imbabarire ndanka uwomugabo akina akundinoti
Yuvenari rek Sha Umukobwa waw urik uramugurihsh kuber amafaranga
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ papa roza 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😂😂😂🎉🎉😢😮😅
Courage iy films irigish kudahahamira amaronko nibind👏👏
Amaronk azodukuramwo lyokwots😢😢😢😢😢
Wakwanza Love from mozambique wapi likes
nacanecane mbay uwakabir cyiz cne na courage ntor gateb ndatir akaiso pe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
Amahera nimabi kweri
Harahiy kbx 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Good job! Waiting for part 5.
Mutama yambaye déchiré 😂😂😂😂
Courage ❤️❤️💕
Mbega abavyeyi bakunda amahera Ubu uramusubije kwico kizehe😅😅
Yooo abavyeyi nkabo barahari pe
Mubikora neza turabakunda cane❤❤❤❤
😂😂😂😂😂munyare ashaka kwisazura kbx courage muzane suite
Jaja kanyana urakina nez vrt ❤❤❤❤❤
Kurehereza ku foto birabesha cane!! Ndindiriye part 5.
Yoooooh ndatwenze nkiyitangura rwakira umugabo
Courage vrt kandi ndabakunda cn❤❤❤❤
Ewe Rose chahuu 😢😢😢 urababaj aba PAP nka se wa Rose mwikebuk 😂😂 n'abatama nka munyar muzemurahig aba tamakaz mugana courage xanaa
Kanyana pôle sana icombona notuma nom nomoka yahonsubirayo
Jaja aza yaronka umugabo pole KL papa waw na musazaw baragukwegey
😂😂😂😂🎉😢😢😢😢😢😮😮😅😅urakuda amafaranga wamugabowe
Amahera arakora ibara💃💃
Sammy iyi film nayikunze pe ndayikurikirana kuva kuri Ep 1 mpaka izohere ryosha ryosha
Munyare😂😂😂yambaye déchiré 😂😂kanyana😢😢😢
Muduhe iyindi iraryoshe ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤ ndabakund cn my sammy
❤❤mbega umugabo we🎉🎉🎉umusaza
Ababechi bohaze 😂😂😂❤❤😂😂😂😂😢😢😢chr
Hhhhhhhkkkkkk yuvina ntasoni akokageso kogukunda amahera nikabibi munyari na toto 15 nkomeza kumirwa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Respect Yvette urakina neza pe
Amahera nakaziri nukuri manawe umwana ahebe umwana wiwe kubera amahera ndumiweee
Yooooo mpore kanyana ❤❤❤❤❤❤
Courageee!❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Emweeee jewi sinosubirayo kbx notuma nomoka
Yooooh ihangan shn knyan🤣😭😭
Munyare na déchire kweli ni chaînette ndumiwe
Urwo rugore rwa samy rwama rukina nabi pe kanyana akina neza imisi yose turamukunda
Courage nshuti
Kanyana mpole ngoninjebejebe zaraje😅😅😅
Ewekanyana urambabaje pe
Birababaj pee kanyana komez wihangan uzorenganurw vrt abavyey nkab babah mwis
Love from marezo comedian ❤❤❤❤
Welcome p
Ongeleni saxa ❤❤❤ Cositance❤❤❤❤
Burundi hejur ndabakunda murakina neza cane
Courage❤
Kugira umuvyeyi NK yuvinari womubura Vrt ukitwa impfuvy
Harashaaa
Abavyeyi bubu ningorane mwemerramahera umwanawanyu akagogwa😢😢😢
Love from kersy ❤❤
Kano gatama karashisha gasa nabi eeeh eeeh
Nabakunze cane❤❤
😂😂😂😂😂Arikomana ngumugabo 😂😂😂
Kanyana uwo mutama aruta Papa wawe ihangane mwana
Couragee
Shaaa,nahora ntacomenta ariko uyumusi biranyanse,Mutama munyare kwel mwi déchiré hamw ni chaînette 😂.Munyare yubahwe p
Bien sana
Ubuyumu saza yagusoma ukagirasatima nukumurukaho mbegahinda nukuyimwana wumukobwa arababaje
Mwongere iminita
Wonderful
😂😂😂😂umugabo😂😂😂😂nahita🏃🏃🏃🏃
yeeeeee rek ndab nacerewe gato ❤❤
It was very sad wait your father to meet him he's gonna be surprised
Kanyana Akina neza ndamukunda
❤️🍦🥰
Courage
Wow❤
Ikunda ryamahera Rya se wa Rosa nakamaramaza pe
Zana iyind iraryoshe
Rose we cg Kanyana iyumvire uyu mutama ngo numugabo wawe ubu azojya akujya hejuru koko nduzi aruta Papa wawe koko can u imagine urabyifatamwo Ute??
😂😂😂😂😂nanje hariho urutama rwantuburiye ngonumusoro 😂😂😂😂😂 duhuye nasanze rusumbasokuru😂😂😂😂murarunyibukije
Yayayayayaya ni fayaaaaaaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Mubikor neza kweri mwubahwe
From menyavyishi tv
❤ from Kgs01
Mana weeee roza we pore😢😢😢😢😢
😂😂😂😂😂😂injebejebe
Birababaje cane😢😢😅
❤❤❤😂😂😂😂❤😂😂😢😢😮😮😅😅urukudo wgamafaranga
Nanj nisanze nazindutse pe.❤❤❤
Kuraj bagenz
Mbayuwa7Ndabakunda.canee❤❤❤
Munyari yigize umusore

Mbayuwa7
Ndabakunda.canee❤❤❤
Munyari yigize umusore