Ariko ko wari wageze mu budagi wagarutse gukora iki???? Ko warufise ibintu bifadika vyogusaba ubuhungiro?? Warabuze umu couch kweri. Pole sana birababaje
Ibaze deux Semaine s abantu bataratabagwa???.hari uwundi de mwakiro yavuze ko abagore n'abakobwa bishwe deux Semaine s as pres la mort de Ndadaye.inzego z'umutekano canke se Les puchistes bakwiye kubazwa iyobaribari.canke batubwira quelle complicité et pour quelle interêt politique yatumye borohereza ces genocidaires.
Très noble ! Que le bon Dieu continue à te bénir.
Très douloureux témoignage ! Que Dieu se souvienne de toutes les personnes qui t'ont aidé et soutenu. Tu es mon héro.
twoyaga sha, nanje bangiriye uko, pole sana
😭😭😭😭😭sha pole sana 🙏🙏🙏🙏
Ntitwotanguza Gofundme yokumufasha akaja kwivuza iryo jisho hanze?
Pole brother IMANA yakurokoye irakubona
Abakoze ivyo basa n'interahamwe itandukaniro nuko interahamwe zizopfa zangara nka kayini abo nabo bakaba bidegenvya mugihugu.imana ihezagire izo mbonerakure zafashije iyo famille guhunga.
None 1994 imbonerakure zariho? 😎😎
IMANA ihabwicubahiro koyakuzigamye kandi Wisengere IMANA kandi ubaharire twese tuzopfa kimwe Mwijuru harIMANA itarenganya Natihana urubanza gwIMANA ruramurindiriye
Yoooo Dominique naguheruka kera.Umukama Akomeze kukuzigama.twarakurany mu ruyigi.Neema
Nukuri kubona ukiriho n Ubuntu bw Imana Nico gituma umusi utaragera ntupfa
Dominique ugira nabi. Nukubwizukuri abana gusa ukababwira naharuko ko abahutu Bose Atari babi. Nuwo muhutu mubi kubwiwe yabikoze. Ko atabwoko bubibubaho
Mbe baribaziko abahutu bazoguma basinziriye bakaguma bicwa. Vyose vyatwumwe nintwarombi yamacakubiri Muba muhaze Sha twe mwaguma mutugira imfuvyi turara mumashamba ntitwarabantu
Ariko ko wari wageze mu budagi wagarutse gukora iki???? Ko warufise ibintu bifadika vyogusaba ubuhungiro??
Warabuze umu couch kweri.
Pole sana birababaje
pol san ncuti ntihica ubwoko hic intwarombi kand umunt wes ab mubi kugiti ciw yab umuhutu cank umututsi nkuko ubivuze
Ntabwo nshigikiy ivy'akorew abatutsi, arik nashaka mvunire akagoh télé renaissance, nariko ndagenzura intahe bamaze gushira kuri runo rubuga rwabo, témoignages nyinsh zivuga ububisha bwakorew abatutsi, ariko ndemeza k'ubwoko bwicanye
Raba témoignages z'impfuvyi za 1972 ziri kuri chaine ya télé renaissance, ureke kuvuga ivyo utazi.
Izipolitike z'abanyafrika zokwama basesa amaraso y'inzirakarengane ubwo kweri zizihera ryari? None nkigutemagura umuntu uko kweri aho ababikora baba aravantu canke ninyamaswa
Akwiye gushimira cane uwo muntu yagukuye mu Gishanga akakujana I Butezi
💔😢
Ibaze deux Semaine s abantu bataratabagwa???.hari uwundi de mwakiro yavuze ko abagore n'abakobwa bishwe deux Semaine s as pres la mort de Ndadaye.inzego z'umutekano canke se Les puchistes bakwiye kubazwa iyobaribari.canke batubwira quelle complicité et pour quelle interêt politique yatumye borohereza ces genocidaires.
IMANA ikugirireneza
Muga cruauté yumuhutu ni mbi.umupanga ugatema abantu nkibiti!!!!!barahambaye kabisa mubunyamaswa
umututsi wewe numweranda? kandi reka gufatira mukivunga mubatutsi hariho inkozi zikibi no mubahutu uko nyene
@@ndayishimiyesamuel5602 uvugiye abahutu?
@@ndayishimiyesamuel5602 umupanga niwo wari hafi?rega mwarasaze
@@eustykant5790 Ndifuza kumufasha uwompa fone number ziwe tukavugana
Murakoze
Bwira abana banyu amateka y'uburundi bakure bayazi;
Nayo kubesha umwana ko
ari accident ya imoto !!!!
Bwiza umwana ukuri amenye aho akuriye hameze
NB : twemere ubwoko bwacu kdi tubuharanire.
Nku murundi Atara habwa amahirwe yokuba mu Burundi,Ibiganiro vyanyu biranyubaka kandi binyigisha amateka menshi yahitiye mu gihugu c’ i Burundi.
Twomujorera ubuvuguzi avuzwe ?
Abatwa n'Abahutu mwabamenya gt??
Ni wihangane muvukanyi uwatumye uja mu ngorane nawe ubutungane bw'imana ntaho azobusigira.Témoignage yawe iranteye agahinda.Bitebe bitebuke uwakoze ineza azoyihembegwa nkuko uwakoze inabi nawe nyene azoyibazwa imbere y'imana yoyo ntirenganya.
Kuvuga ukuri nintago yogukiza abana bacu avec pédagogie. Ndibaza
Imana iguhezagire cane kuba warababariye uwakugiriye nabi
uwo mugabo ntazi no kuvuga ivyamushikiye,mana we wagiye belgique uragaruka?sha urinjinji kabisa.
Uri injiji nta kundi