Umunyeshure w'umutwa afise amanota 64 ku 200 bose bafise uburenganzira bwo kuja mu mashure y'uburaro

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
  • #Burundi: Mu gihe yariko ashikiriza amanota y'ikibazo ca Reta (Concours National), Umushikiranganji w'indero Francois Havyarimana yamenyesheje ko urugero rw'amanota 70 kw'ijana (70%) nirwo rwafatiweko kugire umunyeshure aronke uburenganzira bwo kuja mu mashure y'akarorero(lycée d'excellence) mu mwaka w'indwi , nayo abanyeshure bemerewe kuja mu mashure y'indaro (internat) bo bategerezwa kuba bafise amanota 101/200 (50,5%), Umwaka w'ishure mushasha (2024-2025) uzotangura ku wa 16/09/2024.

ความคิดเห็น • 3

  • @gahungumoise1491
    @gahungumoise1491 12 วันที่ผ่านมา

    Tjrs karusi🤗🤗

  • @JeanClaudeNINGABIRE
    @JeanClaudeNINGABIRE 12 วันที่ผ่านมา

    Ni vyiza,mukomere!

  • @user-jm2ld3mf8k
    @user-jm2ld3mf8k 11 วันที่ผ่านมา

    Eewe, Bashingantahe!! Nukuri muriko muratanga akarorero kukungene intwaro ibereye ibaho kandi ikora!!! Ya ndirimbo ngo harageze ko abntu bahindura ingendo!!!! Mwarahinduye ingendo kwell!!!