#Burundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ย. 2020
  • #Burundi_Santé : Ubuyobozi bw'ibitaro "Clinique Van Norman" mu myaka umunani iheze biriko birafasha mu gisata c'amagara y'abantu buranezerezwa n'icizere buhabwa n'abitura ivyo bitaro, bigatuma muri ubwo buyobozi biyumvira kwagura no kwugurura ibisata bishasha. Ivyo bishikirizwa na Muganga Fulgence YAMUREMYE, Umuyobozi wa Clinique Van Norman

ความคิดเห็น • 5

  • @MaryMary-sn7hh
    @MaryMary-sn7hh 3 ปีที่แล้ว

    I love it 😻

  • @nkurunzizamediatrice8173
    @nkurunzizamediatrice8173 3 ปีที่แล้ว

    Imana ishishikare guhezagira ivyo bitaro

  • @adolphemajambere5089
    @adolphemajambere5089 3 ปีที่แล้ว

    Sinon,tout va bien vraiment, kandi turashimye ko mufise umugambi wo kuvyagura

  • @faithinfos5940
    @faithinfos5940 3 ปีที่แล้ว

    Abanywanyi ba Mutuelle de la fonction publique...

  • @adolphemajambere5089
    @adolphemajambere5089 3 ปีที่แล้ว

    Iyo lunette nasale yuwo mwana ko iri kumaso au lieu yo kuba au niveau nasal