MY LIFE STORY FULL MOVIE PART 2_RWANDA_KENYA_OUGANDA_TANZANIA_EAST AFRICAN MOVIE
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 1 ธ.ค. 2022
- Mu buzima bavuga ko ntamuntu yirukanga cane canke anyaruka nkuwahushije inzira.Namenyeko kubaho neza ari amahitamwo y'umuntu ariko rimwe na rimwe hari aho duhitamwo impamvu zitatwemerera kunezerwa canke kubabara..........................
Nubwo nayise MY LIFE STORY iyi reresi ntaho ihuriye nubuzima bwanje bwa misi yose
Ufise ico ubaza canke uterera twandikire kuri:
E-mai:alvellamuhimbare@gmail.com
Filmed and edited by NYAMA
Colored by NYAMA
Produced by M.A Company
Sponsored by Claude
#MYLIFESORY #ALVELLAMUHIMBARE - บันเทิง
Abarundi tumenyane,film ndundi kuyindi level,mumpe liké 👍👍
Nimutunyarukiriz
Wow ndabon nigisasu vrt, mutadutevy
🙌💯
Vyiza cane. Canada 🇨🇦 🇨🇦🇨🇦
Yeee rekura vrt🥰🥰🥰
Nyarutsa nyarutsa alvella wanje
Duheduhe mwadutebereje vrt
Alvera muhimbare ndagukunda kubi
Oyaaaa nimuyiduhe turayinyoteweeee
Pore sana
Love from NEA TV 😍 Twari tuyinyotewe kbs! Abakunzi ba Alvella hejuruuuu! It's CEO Edidier Dany
Rekur Rekur yose waradutebeje
Yes we are ready
Nyarutsa Alvela
Turayishaka vuba cane 🔥🥰
Alvella courage
Yayayaayyaya
guys Iyimbany ya alvella iratwengej 🤣🤣
🤣🤣 Nanje ubwanje irantwenza 🤣🤣
Duhe duhe
Ibikogwa bize vyivugire badii
Mwaradutindiye
Alvella sha kur ubwana ngaho duhereze iy film sha
Waooo vub tuyihabw machr
Alvella uwokump nokwerek ico nikorer. Nagira niyose
Woow nanjye ndayitegerejep yitwereke ndayikunda cyanep ndinumufana wawep from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
I'm ready
th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi
Yirekure yose
Iyi film irababaje
Ndababaye 😭 😭 nagira ngo niyose
Nice wanj ♥️♥️♥️
Duhereze
Muyinyarukane
Alvella twar tuyirindiranye igishika nukur courage urashoboye
Nooooo Alvella😭😭 nagira ngo niyose🙆 .Love from Noella Nishimwe
Courage turayirindiriye tugomba tuhaturire hashake hahirerimwe abayirindiranye igishik tumenyan
Namba one abakunz ba Alvela tumenyene ❤️❤️❤️❤️🇧🇮
Mbega nkwite gute hose urashigikir chr wubahwe ❤️❤️🔥🔥
Ntashigikira hose aho urabeshe
😏😏😏😏rekinzigo 😀😀
Wayiduhaye koko
Alvella rek kutunyoteza shir kumugaragaro iyo flm yaranyigishij cnee
Duherez kabx
Kwari gatoya none ga alvella
Uzoyirekur ryar mukobwa wacuu mwiza
Yooooo alvella ndabishak ibic vyose kwel kk uranyigish nkanarira di
Yooo nyarutsa muyiduhe turayinyotewe
❤ keep it up
Yes I'm ready 🥰🥰😘😘😘🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯
My dear tuyi rindrirany igishika
Ni 🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏💕💕💯
Mutunyarikirize
Twike alvella harahiye 🔥🔥🔥🔥❤❤❤❤
Tunyarukirize
Super film
Alvella courage ma chr mwubahwe👌🙏
Love from Josiane 💓 courage ma chr
Yinyarukane
Mbaye uwambere💥💥
This is on 🔥🔥🔥
Alvera inyuma yumunezero haza akanyarire, inyanka kubwirwa yabwiwe nuko amaso atukuye
Kumbe nagace 😭😭😭 Nyarutsa nyarutsa Alvella
Yinyarukane dix
Jew nagira niyo jendiruka 🏃♀️🏃♀️
Muyitunyarukirize we twari tubanyotewe❤❤❤❤❤🇸🇦❤🇧🇮
Alvell watunyotenj vub tuyihabw
This is too much 💫, Iyi ije tuyinyotewe,
alvella Muhimbare Keep shinning our favorate girl. ICO kwirinda n'ukutunyoteza tu🤣
Love from #BE_CHAP_TV 🇧🇮
Murashoboye
Iyikwiye muzoyishirako ryar??ndabasavye muce munyishur vrm ❤️❤️❤️❤️❤️
Rusutime ndamukunda cane💞💞💞💞💞
Good kazi nzuri sana kabisa
Yooo nyarutsa
Tuyihabweee💞💞💞💞💞💞
Tunyarukiriz vyihuta, 😂 😂 😂
Zanaaaaa
Hashake hahire rimwe
Wawoo amazing movie 🎥🎥🥰🥰🥰🥰🤦🤦😭🙏🙏🇸🇦🇧🇮
Much love from Mabayi
Oyaa basha mureke kuba mutera uburoh abantu
Duhe
Very good tuyitege ryari noe?
Uradutey uburoho arvella yirekure
Rekura rekura
Na yo nize ndayitegereje
Duheduh ibibint wallah murek kutwicish am apet kl
War watunyoteje🤒🤒
Araza pore
❤❤❤❤🎉🎉🎉
Alvella jew nwagufashe nokurya amenyo narinzi ngoniyose duhe 🙄🙏🙏🙏Ndabona ije kuyindi ntabwe
Muyitebutse
Yiduhe vuba ma chr
Estimé basha ndamukunda 😀😀🥰🥰
Biratesaaaaaaa crge
😭😭😭 birababaje nukuri
Iy flm yari yaratevy cane igic ça kabiri
Nyarutsa
Twari tuyinyotewe
Babandi bagire ico babona
Ingorane zanyu ntimuzi kubwizukuri Abafans banyu umwanya umwe ngo dimach film my life story irasohoka ikibazo sinzk iyo dimach itarashika
♥️♥️♥️♥️
Ryari gayemwe
✌️👌👌👌👌👌👌👌👌👌
Iriheh Nn tuyitegnigishik Arvella ndagkund cne
Ushobora kuba utabonye igice cambere, naco wogikurikirana uciye Kuri ino link
th-cam.com/video/uwJjlavhdPU/w-d-xo.html
Waoooh
Let me go and buy bundles 🔥🔥🇿🇲🇿🇲🇿🇲