MY LIFE STORY PART 2:Maman ALVELLA nawe Arapfuye😭😭😭//Alvella abaye impfuvyi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 13 ธ.ค. 2022
  • Mu buzima bavuga ko ntamuntu yirukanga cane canke anyaruka nkuwahushije inzira.Namenyeko kubaho neza ari amahitamwo y'umuntu ariko rimwe na rimwe hari aho duhitamwo impamvu zitatwemerera kunezerwa canke kubabara..........................
    Nubwo nayise MY LIFE STORY iyi reresi ntaho ihuriye nubuzima bwanje bwa misi yose
    Ufise ico ubaza canke uterera twandikire kuri:
    E-mai:alvellamuhimbare@gmail.com
    Filmed and edited by NYAMA
    Colored by NYAMA
    Produced by M.A Company
    Sponsored by Claude
    #MYLIFESORY #ALVELLAMUHIMBARE
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 460

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246 ปีที่แล้ว +67

    Love from mr sammycomedien abakunzi ba bukeyeneza na kanyana mumpe like courage kabisa

  • @myriam5411
    @myriam5411 ปีที่แล้ว +20

    Alivella courage urinimpanuru nziza ndakwikundira💕abakunziba Alivella tumenyane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🙏

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว +2

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @noellanishimweofficial7292
    @noellanishimweofficial7292 ปีที่แล้ว +13

    Mbaye uwa1 💪💪💪💪 mundemere twatuntu kbx👏👏

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @jeanne114
    @jeanne114 ปีที่แล้ว +6

    Abaryohegwa namajambo meza ya Alvella mundemere tuhatwike hashe💪

  • @mutoniornellaofficial
    @mutoniornellaofficial ปีที่แล้ว +6

    Kure hashoboka diii ma fll😘😘😘

    • @annonciatteuwimana371
      @annonciatteuwimana371 ปีที่แล้ว

      Jew uy musi ndiko ndaraba abantu mushigikirana nkakomeza kubakunda can Ornella wubahwe cane 🙏🙏🙏🤝🤝🤝❤️❤️💋💋

  • @familytv2217
    @familytv2217 ปีที่แล้ว +5

    Number one mumpe izo like 👍

  • @mariesolangeirangabiye8023
    @mariesolangeirangabiye8023 ปีที่แล้ว +4

    Urakoze mwana mwiza alvella ndahakuye impanuro nyinshi wubahwe ntako yatinze gushika ariko ndabonye igihe canyayo cogushika cariki kugira ironke ico insigira mubuzima 🙏🙏 abakunzi ba alvella nkanje bampe 👍

  • @mugishamedia2632
    @mugishamedia2632 ปีที่แล้ว +15

    Courage courage cane ab'iwacu.igikorwa canyu kimeze neza nimubandanirize aho.Mugisha Movie Company turi kumwe namwe intambwe kuyindi.

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว +1

      Waouh thank you 🙏🙏🙏🙏

    • @prenciaiqram9382
      @prenciaiqram9382 ปีที่แล้ว

      Mugisha hejuru 🤜🤛🇧🇮

    • @annonciatteuwimana371
      @annonciatteuwimana371 ปีที่แล้ว

      Jew nkunda abantu mushigikirana cane naj nzobarwa inyuma Mugisha komera cane 🙏🙏🙏🙏

    • @philbertaman5408
      @philbertaman5408 ปีที่แล้ว

      Kazi nzuli snaaa Alvella me Niko Tanzania ndakurikirana caneee

    • @philbertaman5408
      @philbertaman5408 ปีที่แล้ว

      Safi sanaaa✅✅✅✅✅✅✅🔥🔥🔥🔥

  • @aishalove4599
    @aishalove4599 ปีที่แล้ว +2

    Alvella yubahwe kbs nawe navyorosha kbs ibintu ni waneza ni wane❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇦🇪🇦🇪🇦🇪🇦🇪

  • @dineitangishaka6102
    @dineitangishaka6102 ปีที่แล้ว +2

    Bega inyigishoo murakoze cane abakunzi ba alvell na ornella tumenyane plz

  • @irakevine338
    @irakevine338 ปีที่แล้ว +3

    Thx Alvella sij ndayibony pe ! Abaza nyum mundemer 😘

  • @nduwimanachristian6638
    @nduwimanachristian6638 ปีที่แล้ว +15

    Mbay uwambere mundemere , love from Josiane 💓 courage

    • @gracekwizera1826
      @gracekwizera1826 ปีที่แล้ว

      Urateba kuduha mafiye

    • @eerreffd4569
      @eerreffd4569 ปีที่แล้ว

      Yooo manaw ndabuz icomvug numvis marir anyuzuy umutim es Alvella kwivyag bigutey ugiy kubah gut nubw abaribakubangamiy murukund baguhezek😭😭😭😭😭

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      @@gracekwizera1826 Ngiyo yaje iyindi
      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 ปีที่แล้ว +2

    Murakoz kubanz kudushiriramw incamak yabanje twari twarayibagiy so mukomerezah murashoboye🧎👍👍👍

  • @stitore2388
    @stitore2388 ปีที่แล้ว +3

    Alvella vyukuri wubahwe kandi courage harimwo inyigisho zikomeye

  • @egilalight1624
    @egilalight1624 ปีที่แล้ว +22

    Naj nd mubamber mundemere hejur can Alvella🤗😚

    • @languida1836
      @languida1836 ปีที่แล้ว

      Bakuremeye wunguka iki ?

    • @miracleange1588
      @miracleange1588 ปีที่แล้ว

      Yooo birababaje ariko ninyigisho zikomeye abana buno musi ntibumvira

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

    • @itanganezadondivin4416
      @itanganezadondivin4416 ปีที่แล้ว

      @@miracleange1588 🔥🇧🇮🙏✅❤️❤️‍🩹📽️🎥♥️❣️💖👊🥰

    • @user-nm3ob5fv3m
      @user-nm3ob5fv3m 9 หลายเดือนก่อน

      ​@@languida1836😂

  • @vaniavava6138
    @vaniavava6138 ปีที่แล้ว +1

    Ntakomutagira kbx imana ibaje imbere nubwo iteyubwoba Alvella ndakwikundira ma flle 😍😍😍

  • @niyishoboraelevanie7329
    @niyishoboraelevanie7329 ปีที่แล้ว +1

    Wow finally my life story is coming I, I'm very happy to see this film and thank you so much alvella

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 ปีที่แล้ว +2

    Alvella pole sana iyo wunva impanuro zabavyeyi ntabwo ba kwanka raba urababuze 😭😭 😭 😭😭😭

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 ปีที่แล้ว +1

    Ayiweeeeee😭😭😭😭😭 mbega kutumvira weeee papa yishwe numukwe maman nawe yishwe numukobw wiwe really you are a good teacher

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @meckydimpoz
    @meckydimpoz ปีที่แล้ว +3

    ❤️❤️❤️❤️❤️ From Mecky Dimpoz 🇧🇮🇧🇮 always Maharaj the King 👑👑👑👑 Keep going up guys , birandenze ivyo mbony ngaha

  • @chachachany9410
    @chachachany9410 ปีที่แล้ว +1

    Waoooooo i'm so happy to see this movie i waited for it long time thank you Alvella may God bless you i think you will give us part 3

  • @naomiehakizimana5000
    @naomiehakizimana5000 ปีที่แล้ว +1

    Tantine wa arvella shn urakoz ikibi pe nawe uhemukir umwan waw kumb yarimitwe sh pôle arvella courage

  • @adjanene7885
    @adjanene7885 ปีที่แล้ว +4

    Abari bayirindiranye igishika tumenyane

    • @user-xm4zj7fh3b
      @user-xm4zj7fh3b หลายเดือนก่อน +1

      Ndabikundir diiis cn❤❤

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 ปีที่แล้ว +7

    Tu as raison Alivella, on ne peut pas acheter l'amour. Il est par ailleurs hors prix. Malheureusement, dans la mentalité burundaise, l'amour grandit au fur de l'accumulation des richesses. Amahera arahera iyaheze n'urukundo bica bijana igihe urukundo rwubakiye ku mahera.

    • @liberatnizigiyimana56
      @liberatnizigiyimana56 ปีที่แล้ว +1

      Ntakund nukwihangan

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @manirakizaalaine6401
    @manirakizaalaine6401 ปีที่แล้ว +3

    Uwamber💃💃💃

  • @iranziolivier9748
    @iranziolivier9748 ปีที่แล้ว +7

    Maze Imisi Mike ndiko nkurikirana ndundi uhereye Kuri UMUBANYI ya Fanny, Martha, Kanyana,ihurizo ryamakuba, Icigwa ya ornella, mbere niyi my life story ya alvella Muhimbare naraye ndavye na part 1. Mumbabarire samacakubiri Ariko Icigwa ya Ornella hamwe na my life story ni nziza cane yaba Amajwi canke images nubwo atanyambo ibura agahonzi biraboneka vuba film ndundi kuri Netflix. Dukunde ivyiwacu

    • @jonasmbonyingingo4787
      @jonasmbonyingingo4787 ปีที่แล้ว

      Courage tantine Alvella i films zanyu ziratwigisha cane ntaho vyanditse KO umutunzi akunda umutunzi nkaw canke umukene kumukene reka Urukundo ❤️ rwivugire kuko ntababovukanye ahandiho usanga washeshe wibaza ngo wabogoye

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว +1

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @fredyniyonkuru3503
    @fredyniyonkuru3503 ปีที่แล้ว +1

    Umwanya ni muto vrmt alvella gwiza umwanya

  • @tecquistenina4871
    @tecquistenina4871 ปีที่แล้ว +5

    Congratulations baby girl 🥰arik wisubirek utwonger iminota

    • @hdhururu9212
      @hdhururu9212 ปีที่แล้ว

      Urakin rwaw utwonger iminot😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      @@hdhururu9212 Ngiyo iya 3 mwiza

  • @odetteniyokwizera3761
    @odetteniyokwizera3761 ปีที่แล้ว +2

    Courage Alvella Imana igukomeze mwana mwiza

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @naninoni61
    @naninoni61 ปีที่แล้ว +6

    Yambiii ma fille film yawe idukora kumitima gs courage film yawe vrt ninziza caaaneee knd ndaguknd alvella ❤❤

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @user-gj6bx9dk6q
    @user-gj6bx9dk6q หลายเดือนก่อน

    Iyaba abana bakiri bato boravye iyi film,irigisha.courage Alvella

  • @nadodado5376
    @nadodado5376 ปีที่แล้ว +1

    Reka abakubera intambanyi kumukunzi wawe imana ibakureho widegenvye

  • @jeanbosconikobamye1811
    @jeanbosconikobamye1811 ปีที่แล้ว

    Courageeeee cane Alvella, you're so talented

  • @denisntihindagizwa7631
    @denisntihindagizwa7631 ปีที่แล้ว

    It's instructive 4 sure!

  • @heartbeatband4009
    @heartbeatband4009 ปีที่แล้ว +4

    Love from rwanda 🇷🇼 keep working Alvella you are talented. I can't wait to see the next part. Is there any supporting team so that we can work together?

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว +1

      th-cam.com/video/l6dtD6T0yXg/w-d-xo.html
      💔💔💔💔💔💔💔
      My life story partie 3
      Vyari bwagushikire ugakunda umuntu kugera Aho wumva womwigura ?? Nonavyo vyashikiye alvella muri my life story none raba ububugome estime amukoreye !!
      Ntutangwe gukurikirana iyi film izokwama Ica Kuri alvella's family burimusi kuwakabiri 18h zumugoroba
      *Make sure you subscribed*
      *Alvella Muhimbare official*
      *Alvella's family*
      *M.A company*

    • @lilianendirabika3858
      @lilianendirabika3858 ปีที่แล้ว

      Alvella ni bon

  • @kanezasoso5878
    @kanezasoso5878 ปีที่แล้ว +1

    Waaaaooooh 😘😙😚 Mbeg Inyigisho zikomeye 😭 Courrage

  • @constanceniyoofficial5289
    @constanceniyoofficial5289 ปีที่แล้ว +2

    😭😭😭😭😭😭 alvella courage

    • @annonciatteuwimana371
      @annonciatteuwimana371 ปีที่แล้ว

      Abantu mushigikirana kl mwubahw cane Constance nciy ndagukunda kurusha ❤️❤️❤️🙏🙏wubahwe can 🤝🤝🤝🤝

  • @bigirimanawilson6478
    @bigirimanawilson6478 7 หลายเดือนก่อน

    Pole sana kweli nimba ibi mbona muri ino reresi arivyo waciyemwo pole sana
    Imana irakubona

  • @olivierbaoli2457
    @olivierbaoli2457 ปีที่แล้ว

    Alvella uratanguye primaire y'ishure y'ubuzima kabisa burya wivugisha courage kandi

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว +1

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @justinendayisenga7180
    @justinendayisenga7180 ปีที่แล้ว

    Mbega inyigisho weeeeee Burundi Big UP sana muraje kabisa

  • @janviernsengiyumva9822
    @janviernsengiyumva9822 ปีที่แล้ว

    Yooo film ikaze kabisa.Alvella hejuru gose gusa wihangane kuk ntiwumva

  • @niyopeaceofficial8827
    @niyopeaceofficial8827 ปีที่แล้ว

    Caurage nukuri iyi film ni saw kbs ahubwo ndahita nyishyira kuri frash nyirebe ibihe byose🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬❤️❤️

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 ปีที่แล้ว +1

    Avella courage mukobwa wa yesu

  • @edrickbigirimana6538
    @edrickbigirimana6538 ปีที่แล้ว +3

    Sadness story 😰😰😰😰big up ma sister ♥️♥️🇧🇮♥️♥️🇿🇲🇿🇲

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 ปีที่แล้ว +1

    Arvella💞❤haramajambo uvuze ankoze kumutima ibuye ryagaciro kugira urironk uba wacukuye warushe🙏

  • @user-mo2iw6ms5i
    @user-mo2iw6ms5i 20 วันที่ผ่านมา

    Nukuri turabashimiye uburyo mutugezaho ,izimpanuro ,arikose komwaheze.turabakumbuye muduhe ,utundi duce.

  • @cyriaque9997
    @cyriaque9997 ปีที่แล้ว +1

    Sha uvuze ijamboo ryiza burya ntidukwiye kubika ibib mumitima yacu ivyo Abantu badukoreye komeza uhanure nanje ndahakuye inyigisho

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @diogeneciza1211
    @diogeneciza1211 ปีที่แล้ว

    Oo oh alvella urinivyiyumviro vyiza.iyi film iranyubatse😍😍😍

  • @sarahjustine3215
    @sarahjustine3215 ปีที่แล้ว

    Good job my sister big up ❤❤❤

  • @radhamnininahazwe9904
    @radhamnininahazwe9904 ปีที่แล้ว +1

    Keep it up we are proud of you💪

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @chachachalifa9709
    @chachachalifa9709 ปีที่แล้ว

    Waaaooo mukomez tuhatwek hash courag alvella ibikor nez we love u

  • @nadegemerveilleiteriteka6837
    @nadegemerveilleiteriteka6837 ปีที่แล้ว

    Twariii tuyitegerejeee 🙌🙌👐👐

  • @zirafilm6665
    @zirafilm6665 ปีที่แล้ว +1

    Love from Aima blue

  • @nishimwealine1535
    @nishimwealine1535 ปีที่แล้ว

    Alvella courage mwiz iyi film irimwo impanuro p wubahwe uterimber can

  • @nihorimberedorine9945
    @nihorimberedorine9945 ปีที่แล้ว

    Waoo bien joué

  • @abimanabenigne6893
    @abimanabenigne6893 ปีที่แล้ว

    Urandijije alve nukuri gus courage uriko uduha ibintu biryoshe gose

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 ปีที่แล้ว

    Wow Nukuri iyi move mwayikinye neza cane ❤❤❤

  • @sssccc3987
    @sssccc3987 ปีที่แล้ว +1

    Ndagukunda cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇨🇨🇨🇨🇨🇨🇨🇨🇨🇨

  • @pkfj1udhg476
    @pkfj1udhg476 ปีที่แล้ว +1

    Courage mukobwa wacu Alvella iyi filme irandijije inyibukije papa 😭😭😭😭😭😭😭ndiho agukomeze team mwese mwubahwe ndabakunda❤

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @ndayipfukamiyeemelyne1903
    @ndayipfukamiyeemelyne1903 ปีที่แล้ว

    Igikorwa ciza vrm! Courage ma belle

  • @essaalsuwaidi2294
    @essaalsuwaidi2294 ปีที่แล้ว

    Ruvella wow ma chrerie ndakwindira knd courage rusitime nawe Imana irakubona

  • @Chercheur-Egide-Nina
    @Chercheur-Egide-Nina ปีที่แล้ว

    Karibu wa film we. Twar tugutegereje. Nah bihurirany amaso amerey nabi ndakuraba tu

  • @FANNY-oc4cb
    @FANNY-oc4cb ปีที่แล้ว

    Nihatalie kweri nibara kbsa courage Alivella💓💓💓💓💓

  • @amourimurwaneza7295
    @amourimurwaneza7295 ปีที่แล้ว

    Alvella urashoboye kbs ndagukunda nkagukundira film zawe zose Imana ikwame hafi mukuguha inkomezi mumigambi yawe yose.🙏

  • @sssccc3987
    @sssccc3987 ปีที่แล้ว

    Good kazi nzuri sana kabisa

  • @ogkush3966
    @ogkush3966 ปีที่แล้ว

    Courage my sister 🔥🔥💓💓💓💓💓💕💕

  • @patrickniyokwizera4962
    @patrickniyokwizera4962 ปีที่แล้ว

    la fille talentueuse

  • @Claudekcbryan
    @Claudekcbryan ปีที่แล้ว +2

    Courage Arvella Muhimbare uterujimber

  • @bizomenyimanavadane9358
    @bizomenyimanavadane9358 ปีที่แล้ว +1

    Arvella ndagukund waravuze impanur nziza kbx😘😘

  • @yvetteiradukunda425
    @yvetteiradukunda425 ปีที่แล้ว

    Courage sha alvella

  • @annyniyukuri9577
    @annyniyukuri9577 ปีที่แล้ว

    Courage cher Alvella wanj

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 ปีที่แล้ว

    Courage sha Alvella

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 ปีที่แล้ว

    Alvella ndagukunda Cn film 🎥📽️ nziza cn amashusho meza cn amajwi aza neza cn ndabakunda cn vraiment ndinyuma yanyu kandi nzobaguma inyuma vraiment Burundi mwubahw cn mubikora bien sn vraiment sha numva umenga ngumye mvuga ndumva ntoheza alvella ndagukunda Cn urahanura cn kandi uriko uravuga uranryohera cn goseee vraiment mwubahw cn cn cn cn cn goseeeeeee ilove alvella imana iguhe inguvu mukazi kawe uhezagirwe cn Burundi mwubahw goseee ilove you alvella

  • @eglantinenikiza8279
    @eglantinenikiza8279 ปีที่แล้ว

    Courage ma chrie

  • @sandraigiraneza2934
    @sandraigiraneza2934 ปีที่แล้ว

    Courage my Sister

  • @adichounzeyimana9161
    @adichounzeyimana9161 ปีที่แล้ว

    Ndakwikundira kanini ahubwo urakwiye kushiramwo nanje nkakina kuko iyompano ndayifite❤️❤️❤️❤️

  • @user-pt5ch7ij7n
    @user-pt5ch7ij7n 4 หลายเดือนก่อน

    Nibutse urupfu gw nyagwo gwa pap wawe alvela.pole sana.irya sanganya ntiyartahuritse chak fois ndahagez umutima uranka

  • @justinhabona9623
    @justinhabona9623 ปีที่แล้ว

    Thank you

  • @user-jz5jr7uq2g
    @user-jz5jr7uq2g ปีที่แล้ว

    Courage peeee 😁 😁 love from 🇴🇲 🇴🇲

  • @nsabeyezubelyse1302
    @nsabeyezubelyse1302 ปีที่แล้ว

    Alvella iminywa yawe uriko urarira uranyica so courage

  • @oliviernintunze8786
    @oliviernintunze8786 ปีที่แล้ว

    Alivella ndakwemeye kabixa ❤️❤️❤️ gusa rôle yokurira irakubihiye🤣🤣🤣🤣tunyarukirize reo prt3

  • @pinpajo1155
    @pinpajo1155 ปีที่แล้ว

    Wuuuuuw film nziza cane wangu

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 ปีที่แล้ว +1

    Waoooo yamaz kudushwaramwo mwubahwe

  • @yanjetv4131
    @yanjetv4131 ปีที่แล้ว

    ONE LOVE🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @malixfouine1997
    @malixfouine1997 ปีที่แล้ว

    Sounds bien sana

  • @guilaineirakoze4011
    @guilaineirakoze4011 ปีที่แล้ว

    Courage arvela

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 ปีที่แล้ว +1

    Courage

  • @noellauhuwizeye3255
    @noellauhuwizeye3255 ปีที่แล้ว

    Film nziza alvella courage ubikora neza

  • @AaAa-wj4np
    @AaAa-wj4np ปีที่แล้ว

    Love form 🇧🇮🇸🇦❤

  • @nishimwealaine3451
    @nishimwealaine3451 ปีที่แล้ว

    Mbegivyago we😢😢😭😭,film irimw inyigisho kbx,Alvella hejuru can

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 ปีที่แล้ว +4

    Courage ma belle 🥰🥰🥰

    • @alvellamuhimbareofficial
      @alvellamuhimbareofficial  ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/3KpgCg7oZjw/w-d-xo.html
      Urakoze cane kuba wararavye igice ca 2 CA film my life story !! Ariko agakuru keza Ukeneye kuraba my life story igice ca 3 ngiyo yasohotse ushobora kuzokwama uyikurikirana hano Kuri channel yanje nshasha yitwa alvella's family imisi yose Mardi kuva 18h!!nshigikira mukugokora subscribe,like nokuyisangiza abandi

  • @rrrxomam740
    @rrrxomam740 ปีที่แล้ว +1

    Waooo vyiza cnn🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @ppm6897
    @ppm6897 ปีที่แล้ว +1

    Arvella uransensemye can

  • @vanessanizigiyimana9422
    @vanessanizigiyimana9422 ปีที่แล้ว

    Nacerew basha💕💕💕💕💕💕

  • @saimonsimon9745
    @saimonsimon9745 ปีที่แล้ว

    Ije twayishaka keep it up alvela

  • @user-yq8je2pj1r
    @user-yq8je2pj1r ปีที่แล้ว

    Yes weee birahrerahe nukuti.intumva tumba nuko amaso ayukuye.

  • @esperanceniyongere8510
    @esperanceniyongere8510 8 หลายเดือนก่อน

    Les burundais commencent à être fort dans la réalisation des films,bravo pour l'équipe.

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 ปีที่แล้ว

    Courage my friend

  • @huayillamachalla9988
    @huayillamachalla9988 ปีที่แล้ว

    Courage xanaa

  • @angeligal4151
    @angeligal4151 ปีที่แล้ว

    Waoo courage