May be habuz ba Rwagasore nibo babuz nayo ba ndaday barahari nabo ba cndd fdd cank nabo badd biyita msd bose ni bamw. Jew ndatangazwa nabita ndadaye intwari na idéologie yasiz ari nayo iguma imara abarundi. Abashimagiza ndadaye bose bamez nkaw ntaco twobitegako ni imbunuza. Hama Epitas na sinduhij twarabameny ko bari muri plan imwe na cndd fdd! Rwasa naw niwawundi ntaco mwomwitegako fnl palipehutu rero ntitwibagira idéologie karimwe na dd!
Abakunzi ba gwasa tumenyane kuri like hano
Ndamukunda hamwe atozinda zomara ukwezi kose ntarya❤
😅❤turikumwe5l5
Umutama gwasa turamukunda tuzomutor kbxs
❤❤❤❤❤cyane 90l100
Turagukunda mutama rwasa uri icabwenge uko biri kose turizeyeko uzoshayura uburundi
❤❤❤❤❤
Tumuri inyuma azabohore igihugu cacu
Uburundi bwacu bwaragowe twaragowe kanyeshamba ntaco yomarira abantu wapi
Epithas uyo murundi yohagarara imbere ya cn.dd efdd yova he?uwo murundi yokwiyimbira icobo ninde?mwese mwahunze ntimuzi ukwo vyagenze?umurundi bikunze urose ako gatique uriruka ukahava kuko uzanye ivyo batumva urapfa barakwica rero ubu turi mubwato mumwe Maze muraza mwebwe muhaguruke muje imbere turabe reka basha reka!
May be habuz ba Rwagasore nibo babuz nayo ba ndaday barahari nabo ba cndd fdd cank nabo badd biyita msd bose ni bamw.
Jew ndatangazwa nabita ndadaye intwari na idéologie yasiz ari nayo iguma imara abarundi.
Abashimagiza ndadaye bose bamez nkaw ntaco twobitegako ni imbunuza. Hama Epitas na sinduhij twarabameny ko bari muri plan imwe na cndd fdd!
Rwasa naw niwawundi ntaco mwomwitegako fnl palipehutu rero ntitwibagira idéologie karimwe na dd!