MONIA FLEUR n'ishavu ryinshi yishuye NELLY NAT/BIG FIZZO uko namufashe/impamvu mfata ingendo nyinshi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 พ.ย. 2023
  • #monia_fleur #bigfizzoofficial #faible #nellynat #diaspora #rwanda #Burundi
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 38

  • @mr_yassinofficial
    @mr_yassinofficial 8 หลายเดือนก่อน +5

    Nsigaye nkunda Monia Fleur cane

  • @lydi791
    @lydi791 8 หลายเดือนก่อน +2

    Gusa Nice Usigaye urumwana mwiza warahindutse ubu uratuje kumbuga nukuri Courage Imana ibandanye ikuba havi

  • @jaypablo
    @jaypablo 8 หลายเดือนก่อน +3

    Monia Fleur respect wishurana ubwenge 🤞💪

  • @NackiNellaofficiel
    @NackiNellaofficiel 8 หลายเดือนก่อน +2

    Nice nikeshi ndaba ibiganiro ukora nkirengagiza ntakiganiro ukora ngokindengane gs ngiramvuge ikikintu kd cmt yanj uyibonye vyoba vyz cn ufise uburyo ubaza bikanduhura kd uraryosha ibiganiro kd ukoranye numuntu avuga atiyumviriye yokwimenera ibanga kuko ubikorana ubwenge ❤❤❤❤😘😘😘

  • @serugoburundi7044
    @serugoburundi7044 8 หลายเดือนก่อน +6

    wamudem kumbe nuko avuga!😢 numu bil bil avuga yashishwe n'ingene ar ikibaju. Mubwire ko kukuntu asa ivyo bintu vyo kwishishwashishwisha bitamubereye, naze aramwenyura kurya agira muri clip

  • @VincentNiyo-mx2yg
    @VincentNiyo-mx2yg 7 หลายเดือนก่อน +1

    Ubikor nez Sister

  • @AdelineNdayishimiye-es8wu
    @AdelineNdayishimiye-es8wu 22 วันที่ผ่านมา

    Nice work

  • @mikepmedia3540
    @mikepmedia3540 7 หลายเดือนก่อน +1

    Nice namubonye kuri Micronnnn😂😂😂

  • @yvanovichyale
    @yvanovichyale 6 หลายเดือนก่อน

    NICE ndabonye uwutinya kabisa MONIA uramutinya nomukumubaza ibibazo sinkaba DELICIA ubonera

  • @SalhaIradukunda
    @SalhaIradukunda 8 หลายเดือนก่อน +2

    Monia Fleur ico noguhanura ku ririmba urabizi ariko ntuzi kwambara kbx

  • @alaninalvittaavnin7505
    @alaninalvittaavnin7505 8 หลายเดือนก่อน +1

    Mumbarize shaa kwari kunguvu Nelly tekana reka kwinjira mubitakuraba 🤣🤣

  • @DavidHakizimana-ri8gs
    @DavidHakizimana-ri8gs 8 หลายเดือนก่อน

    Nice irakora akire amashugwe yawe

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 8 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤

  • @user-jd7cz6ee1c
    @user-jd7cz6ee1c 6 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @yvanovichyale
    @yvanovichyale 6 หลายเดือนก่อน

    Duh uyu mu dem avuga yarashishwe ubwo sumwuzukuru wa bitaryumunyu

  • @figo_starr
    @figo_starr 7 หลายเดือนก่อน

    First of money 💷 ❤❤❤😅

  • @lydi791
    @lydi791 8 หลายเดือนก่อน

    Nibakure Monia gusa big up ukuntu wishura

  • @mukeshimanarose1334
    @mukeshimanarose1334 8 หลายเดือนก่อน

    😁😁👏

  • @user-uj8op7kt4j
    @user-uj8op7kt4j 8 หลายเดือนก่อน

    Kbx murates

  • @user-hg5dw7cq3x
    @user-hg5dw7cq3x 8 หลายเดือนก่อน +1

    Monica haribintu nkwemeramwo ukuntu utita kunsaku ark nkababazwa nukuntu ugomb kwigirumurundikazi atazikirundi hensh ndakubona mum intervw urakundakajamb ng bavugagut umeng urumuntu ngr uburundi abuz mumez make ivy nibik ugr kwl natasha wenyew sumurundi ijana kwijan ark arihata akakivuga pe

  • @AlexandreNdarishikanye-qr8oh
    @AlexandreNdarishikanye-qr8oh 8 หลายเดือนก่อน

    Kuki muri interressé caanee nubuzima bwabandi vraiment 😢😢😢

  • @romeodallaireabizeye497
    @romeodallaireabizeye497 7 หลายเดือนก่อน

    uwu mukobwa nincabwenge vraiment

  • @DorineShikaneza-lj2mw
    @DorineShikaneza-lj2mw 4 หลายเดือนก่อน

    Gusa aha Monia yari yaray yanyoy agacupa

  • @DivanLove-wd2xp
    @DivanLove-wd2xp 7 หลายเดือนก่อน

    Urakaze

  • @wisemanfromzerotohero970
    @wisemanfromzerotohero970 6 หลายเดือนก่อน

    Je nibaz ko urya muziki atacaha ufise kand ukuntu yactinze vraimt muze mukura comenty zububono

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia 8 หลายเดือนก่อน

    Kumengo mo yakoze ikigabiro unomunsi atabishaka mengo sihari😂😂😂😂😂

  • @sandramugisha5401
    @sandramugisha5401 8 หลายเดือนก่อน

    Rekana na karya ka Nelly karasara mumutwe 😅

  • @Radja257
    @Radja257 8 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-cs3xr1it1r
    @user-cs3xr1it1r 8 หลายเดือนก่อน +1

    Wariyashishwe vya hatari 🤢

  • @user-ef2un5rr6h
    @user-ef2un5rr6h 2 หลายเดือนก่อน

    Qqnnh.

  • @mijickwamaana8342
    @mijickwamaana8342 8 หลายเดือนก่อน

    Monia Fleur Muri Buja TownTv ibint ni So ati ari Faible murino misi Sky nawe warumukaniy pe uramudedaguj bikwiye 😂😂😂

    • @Radja257
      @Radja257 8 หลายเดือนก่อน

      Wamengo nideni ryarimwoo😂😂😂

  • @Elemento-dn8wj
    @Elemento-dn8wj 8 หลายเดือนก่อน

    Monia ni bamuveko. None ninde amujejwe ?

  • @Radja257
    @Radja257 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ngo ari Faible wallah😂😂😂😅😅😅

  • @Elemento-dn8wj
    @Elemento-dn8wj 8 หลายเดือนก่อน

    None nk'ico kibazo NGO abakobwa bakoranye na Fizzo baca bagwa ugatanga akarorero kuri barya bakobwa no mu Rwanda si ic'ubugugu?? Ba mushiramwo ubwenge mu bintu utabizi ubirondere

  • @ininahazwechristella8190
    @ininahazwechristella8190 8 หลายเดือนก่อน

    Momo ntuberewe nukwigira umubire uberewe unezerewe utwenga

    • @Elemento-dn8wj
      @Elemento-dn8wj 8 หลายเดือนก่อน

      Bamubaza ibintu by uburofa barashish. Hazogire uwuja kubaza nkivyo Fizzo 😂