Conférence-Débat 2023:Ubuzima ni iki???// Qu'est-ce qu'une vie échouée et quelles sont les causes?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ก.ย. 2024
  • Iki ni icirwa ca kabiri co muri conférence-Débat ya 2023 yabereye i Bururi kw'igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023. Tugishikirizwa n'Umwigisha muri Kaminuza yitwa Claver HAVYARIMANA.
    Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu

ความคิดเห็น • 8