Musoni Evariste - Manzayanza

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 14 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 13

  • @bizimanaedouard7333
    @bizimanaedouard7333 หลายเดือนก่อน +1

    Musoni ndamukunda cyane.
    Namenye indirimbo ze nkiri muto cyane kandi ntabwo nari nzi ko ari umunyarwanda. Byarantangaje cyane menye ko aturuka ku Kibuye kandi nanjye niho navukiye ukuntu aririmba ikirundi rwose nari nzi ko ari umushingantahe ariko bwari ubuzima .
    Imana nimwongerere kurama.

  • @rugerinyange
    @rugerinyange 5 ปีที่แล้ว +6

    Iyo ndirimbo bayinyitiriye atari rwanje. N'iya Musoni Evariste n'umuhisi Mupenzi Georges. Abo babiri nibo bayiririmvye. Abayicuraranze bari abo mu murwi Amabano: Ilunga Diamond (claviers) Dede Majoro (guitare solo), Gasuku Aloys (guitare Basse) Missa Jacques Dutronc (batterie). Nyene kuyishira kuri TH-cam ndamusavye azokosore.

    • @drkiing
      @drkiing  5 ปีที่แล้ว +1

      ikosa ryakosowe, komera mutama

    • @rugerinyange
      @rugerinyange 5 ปีที่แล้ว +2

      Urakoze cane.

    • @valerecedrichayimana
      @valerecedrichayimana 3 ปีที่แล้ว +1

      @@drkiing ivuga ngo "...ntukajane nyabahururu...."ya CanjoAmissi twoyikurahe????

    • @gertrudehicuburundi7093
      @gertrudehicuburundi7093 3 ปีที่แล้ว +1

      Murakoze
      Ndibaza KO bazobitorera umuti vuba

    • @nadineerlandsson6298
      @nadineerlandsson6298 ปีที่แล้ว +1

      Abaririmvyi naba pe. Na Afrikanova na canconco nubu nabanje

  • @carlychou
    @carlychou 12 ปีที่แล้ว +2

    si Africa nova uyu,ntawe nzi mais si africa nova..

  • @evaristemusoni2841
    @evaristemusoni2841 12 ปีที่แล้ว +4

    Yes,you are right.This MUSONI Evariste and Mupenzi Georges Bujumbura 1986

  • @bonusniyuhire8866
    @bonusniyuhire8866 2 ปีที่แล้ว +4

    mwodufasha mukadusigurira "Manzayanza" ico gisigura mu kirundi? kuko je numvamwo ahubwo "Maza yanzaniye ihumure mu mutima" sinzi rero...

    • @SoftSoft-vt4cw
      @SoftSoft-vt4cw 3 หลายเดือนก่อน

      ni Maza (nom dérivé ya verbe "Kuza")

  • @quebecgunner
    @quebecgunner 12 ปีที่แล้ว +1

    Africanova????? Sindi sûr...Nibazako ari Musoni Evariste.

  • @jeromerukerandanga924
    @jeromerukerandanga924 3 ปีที่แล้ว +1

    tdq