ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ndakwumva cane rwose Man of God ndiko ndafashwa peeee
Amen
Amen turashimy cn Apotle 🙏🙏mukomez guhezagirwa cn 🙌💯💥
Murakoze cn Mukozi w'lmana
Izi nyigisho zirimwo umuco w Imana imisore n inkumi bakeneye kugira aba Adam ntibahushe aba Ève babo. Imana ikomeze gukoresha Umuhungu wayo Kevin Sibomana ivy ubuhizi.Amen.
Murakoze cane lmana ikomeze kubuzuriza ibikwiye nkibi mwarahezagiwe🙌
Amen amen Mungu akubali that is very nice message 😁
Murakoze Apôtre ku nyigisho nzima muturonkeje. Yesu abahezagire.
Hari vyinshi twize yesu ahabwe icubahiro
Muakoze cane. Conférence ya 2 turayirindiriye
Opppp
Ndakwumva cane rwose Man of God ndiko ndafashwa peeee
Amen
Amen turashimy cn Apotle 🙏🙏mukomez guhezagirwa cn 🙌💯💥
Murakoze cn Mukozi w'lmana
Izi nyigisho zirimwo umuco w Imana imisore n inkumi bakeneye kugira aba Adam ntibahushe aba Ève babo. Imana ikomeze gukoresha Umuhungu wayo Kevin Sibomana ivy ubuhizi.
Amen.