Apostle Kevin SIBOMANA
Apostle Kevin SIBOMANA
  • 28
  • 40 278
Ntiwavukiye guherekeza abandi by Apostle Kevin SIBOMANA
Umuntu wese yavyawe n'umugore arafise ikintu Imana yamurungikanye hano mw'isi. Nta n'umwe asa n'uwundi, nta n'umwe yavukiye guherekeza abandi.
Umviriza iyi nyigisho umenye uko woshitsa ico wahamagariwe.
มุมมอง: 4 786

วีดีโอ

INSIGURO YA NOWELI by Apostle Kevin SIBOMANA
มุมมอง 1724 ปีที่แล้ว
Muri iki gihe turi mu minsi yo guhimbaza Noweli ni vyiza ko dutahura ko igikomeye ari insiguro ya Noweli kuruta uwo munsi (25/12) ndetse no kuruta ibirori tubona biwuherekeza. Iyi nyigisho ije kuduha umuco ku nsiguro ya Noweli.
IVUGABUTUMWA | Apostle Kevin Sibomana | Heritage TV (Ikiganiro C'ishengero n'amadini)
มุมมอง 4774 ปีที่แล้ว
IVUGABUTUMWA | Apostle Kevin Sibomana | Heritage TV (Ikiganiro C'ishengero n'amadini)
IRIBA RY'I REHOBOTI | Apostle Kevin SIBOMANA
มุมมอง 5264 ปีที่แล้ว
IRIBA RY'I REHOBOTI | Apostle Kevin SIBOMANA
UBUMWE MW' ISHENGERO RYA KRISTO by Apostle Kevin SIBOMANA- Inzamba y'Ikanguro 2nd edition.
มุมมอง 2894 ปีที่แล้ว
Imana isubiye kwambika umutamana w'icubahiro n'ubushobozi bwayo Ishengero ry' Uburundi. Ubumwe n'urukundo nivyo bigiye kuriranga biheze vyandukire ibindi bisata vy' ubuzima bw' igihugu.
Apostle Kevin SIBOMANA - Conference des jeunes
มุมมอง 3.3K4 ปีที่แล้ว
Ce qu' il faut savoir avant de faire le choix du conjoint
Ico ishengero riri muri ibi bihe vyacu by Apostle Kevin SIBOMANA
มุมมอง 4554 ปีที่แล้ว
Inyuma yaho umuryango, urwego rwa mbere Imana yari yashize mw'isi rugiriye échec, Imana ntiyahevye umugambi wayo. Biciye muri Kristo Yesu yarashizeho urundi rwego arirwo Ishengero. Hari ico Imana yagize urwo rwego ndetse hari n' ico irwitezeko; kugira dushike aho tubibamwo tukanabigaragaza hano mw' isi biradusaba kumenya "Ico Ishengero riri muri ibi bihe vyacu".
Kugira inyankane na satani by Apostle Sibomana Kevin
มุมมอง 1K4 ปีที่แล้ว
Inyankane hagati y' Ishengero na satani nivyo bikura ishengero mu gacerere rigafata ingingo yo guhaguruka gukorana n' Imana ngo barwanye satani, basambure ibikorwa vyiwe. Ukwo niko IKANGURO rivuka. Kurikirana ubu butumwa utahure ubushobozi buri mu "Kugira inyankane na satani".
Well of divine connection by Apostle Kevin Sibomana
มุมมอง 5034 ปีที่แล้ว
Umuntu wese aha mw' isi arakeneye uyundi kugira ashike aho Imana imushaka. Ingabire canke ubutunzi umuntu afise ntibihagije kugira abeho ico yaremewe kuko ntawe Imana yaremye yikwije muri vyose. Birakwiye ko tumenya ibijanye no guhuzwa n'abantu canke ibintu dukeneye n' uburyo twovyitwaramwo. Ibi vyose turabisanga muri ubu butumwa buvuga kw' iriba ryo guhuzwa bivuye ku Mana (Well of divine conne...
IGIHUGU KIGIYE KWIPFUZWA N' AMAHANGA YOSE with Ev. Alice Manisha - Inzamba y' Ikanguro 2nd edition.
มุมมอง 4635 ปีที่แล้ว
Ikanguro mu Burundi rigiye gutuma imbizi z' amazi y' ubugingo zitemba ziva mu nda zacu zihembura isi yose. Amahanga agiye guhemburwa natwe abo Imana yibikiye muri iki gihugu kugira yiheshe icubahiro.
IRIBA RYA LAHAYI-ROYI
มุมมอง 8315 ปีที่แล้ว
Lahayi-Royi birasobanura "Irya iriho yama imbona". Ni izina Hagari yise Imana igihe yamwiyereka kw' iriba mu bugararwa. Imana nka Lahayi-Royi tubona mw' ijambo ryayo ko hari vyinshi ikora dukeneye kumenya muri iki gihe kugira tubigenderemwo. Gucukura iri riba bizodushikana ku rundi rugezo mu bice bitandukanye vy' ubuzima bwacu.
RETROSPECTIVE 2019 - EGLISE CLG (THE CITY OF THE LIVING GOD)
มุมมอง 2685 ปีที่แล้ว
Imana ishimwe kandi ihabwe icubahiro kubw’ ivyo yakoze hagati muri twebwe mu mwaka wa 2019; umwaka wo guhinduka ukundi. Mu bikorwa bitandukanye twabonye ukuboko kwayo kudushoboza gukora ibirengeye ivyo twari twiteze. Turashingira intahe ukugira neza kwayo n’ ubwizigirwa bwayo. Ikwiye gukuzwa natwe tukagirwa bato. Uyu mwaka wa 2020 twiteze kubona itwihishurira mu rundi rugezo.
ABAKOZI BO KW' ISAHA YA NYUMA by Apostle Appolinaire HABONIMANA - INZAMBA Y' IKANGURO 2nd edition
มุมมอง 2515 ปีที่แล้ว
Menya neza ibisabwa kugira ikanguro rifate ikibanza mu gihugu cacu, mw' ishengero rya Kristo mu Burundi eka no mu miryango yacu!
VINO NSHASHA | APOSTLE SIBOMANA KEVIN
มุมมอง 5675 ปีที่แล้ว
VINO NSHASHA | APOSTLE SIBOMANA KEVIN
KUBAHISHA IMANA NO KUYIMENYEKANISHA - Apostle Kevin SIBOMANA
มุมมอง 1K5 ปีที่แล้ว
KUBAHISHA IMANA NO KUYIMENYEKANISHA - Apostle Kevin SIBOMANA
HIGHLIGHT - INZAMBA Y'IKANGURO 2ND EDITION
มุมมอง 1535 ปีที่แล้ว
HIGHLIGHT - INZAMBA Y'IKANGURO 2ND EDITION
Ibikenewe kugira Ikanguro rifate ikibanza mu BURUNDI
มุมมอง 3575 ปีที่แล้ว
Ibikenewe kugira Ikanguro rifate ikibanza mu BURUNDI
UMUTIMA WUZUYE IMPUHWE by Apostle Kevin SIBOMANA
มุมมอง 7445 ปีที่แล้ว
UMUTIMA WUZUYE IMPUHWE by Apostle Kevin SIBOMANA
UMUTIMA WUZUYE INYOTA - Apostle Kevin SIBOMANA
มุมมอง 4.1K5 ปีที่แล้ว
UMUTIMA WUZUYE INYOTA - Apostle Kevin SIBOMANA
GUKORERA URUNGANWE RWAWE - Apostle Kevin SIBOMANA
มุมมอง 8445 ปีที่แล้ว
GUKORERA URUNGANWE RWAWE - Apostle Kevin SIBOMANA
INSIGURO YA PASIKA - Apostle Kevin SIBOMANA
มุมมอง 5225 ปีที่แล้ว
INSIGURO YA PASIKA - Apostle Kevin SIBOMANA
Gukora ivyo Imana igomba bivuye ku mutima PART 2
มุมมอง 8345 ปีที่แล้ว
Gukora ivyo Imana igomba bivuye ku mutima PART 2
Gukora ivyo Imana igomba bivuye ku mutima PART 1
มุมมอง 1.6K5 ปีที่แล้ว
Gukora ivyo Imana igomba bivuye ku mutima PART 1
AGORAZO: GUCUNGURA UMWANYA KUKO IMINSI ARI MIBI by Apostle Kevin SIBOMANA
มุมมอง 1.9K5 ปีที่แล้ว
AGORAZO: GUCUNGURA UMWANYA KUKO IMINSI ARI MIBI by Apostle Kevin SIBOMANA
INTAMBARA YO MU VYIYUMVIRO (Apostle Kevin SIBOMANA )
มุมมอง 12K5 ปีที่แล้ว
INTAMBARA YO MU VYIYUMVIRO (Apostle Kevin SIBOMANA )

ความคิดเห็น