MUTIMA, the most comedian we have in Burundi . Abandi nabo nkaba gasore,kigingi nabandi turabarorera kubera ari abarundi ariko bararutwa kabisa Mutima lecomedien you are the Best and we love you so much Big up sana
Ikibazo abarundi bakoresha kamwana wa mama urazi iyaba hariho support kuri mutima vyobaye vyiza gusumba ariko nasanze abarundi badashigikirana bashigikira ihuriro tv gusa maze kubona mutima le comedien rimwe kuri interview gusa
MUTIMA, the most comedian we have in Burundi .
Abandi nabo nkaba gasore,kigingi nabandi turabarorera kubera ari abarundi ariko bararutwa kabisa
Mutima lecomedien you are the Best and we love you so much
Big up sana
Bagasore bakoresha uburyo bwishi ariko ivyo bakina nivyabindi nyene courage sana nimwagira amahirwe mugatera imbere kazoza ndakabona
Bash part 2 muyizane🤣🤣🤣🤣🤣🏃♀️🏃♀️🏃♀️🏃♀️Ndatwenz nampak
😁😁😁😁😅😅😁😅😄ngo ko twagendana harumusi atagenda na bajaji 😄😄😄😄ewe mutima uranyushe
Papa tsinda ishavu😂😂😂ariko ga mana kuberik amahera yabayeko ndamanyuts noe papa ikorotse naho😂😂😂😂😂😁asha papa azoguherekez baguteriyind
Aha natwenze nanje nsanzwe nigwariye ntiworaba nukuri
that's ma burundian people✌much respect, that was lit👌
Ewe mutima,Ati ngo ibindi navyo je akazi kamisi yose ndandaza amasashe mwisoko ryaruvumera...lol😂😂😂😂
😃😃😃😃😃nubugesera kbsa
Niyavayo tuzokugarukana ugufumure iyindi 🤣🤣🤣😂
ndishwe n'ugutwenga vrema....ati ivuyeyo tuzokugarukana agutere iyindi
Ngo nca ndamumotsa😃😃😃😃😃😃
ndabemera cane goseeee murwanda
Uzomuherekeza kumukwe wawe nyene amuteriyindi😂😂😂😂😂😂
Mbega ntume vois cank😅😅😅😅😅
Mwubahwe kweri 😄😄😄😄
Muranyica 😂😂😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂👏👏👏👏👏👏 ati niwe mukwe agezweho 5G
Ivuyeyo nikumugarukana ahubwo amahasa abahungu 60 million
Ikibazo abarundi bakoresha kamwana wa mama urazi iyaba hariho support kuri mutima vyobaye vyiza gusumba ariko nasanze abarundi badashigikirana bashigikira ihuriro tv gusa maze kubona mutima le comedien rimwe kuri interview gusa
Arariwe na mujeri hhhhh
Am the first to watch this
Mutima is awesome
Viewers from Oman hit like plz
Muranyica pe ati asubiye guhaguruka candamumotsa🤣🤣🤣🤣🤣😘
Mwarasaze kbx
Ariko mugiye muhejj kurya😄😄😄
Kawamutima ngahoooo
😀😀😀😀😀iyi ni kali
😀😀😀😀😀😀😀😀Arariw na mujeri😃😃😃😃😃😃
mutima ndakwemera
Hahahah none ayomasash azovamwo ayomaher urimwo uvug nukuri niwubahwe
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ngazocamuherekeza amuteriyindi😀😀😀😀😀😀😀😀😀
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ngo azoca amugarukana amutere iyindi Mana ndapfuye no gutwenga
@@irakozenadege371 Amahera nimabi😀😀😀😀😀😀😀
😂😂😂😂😂 sha mukurazayo umutamakaz amenyo atarager pe!
Ariko bwabundi amahera nimabi😂😂😂
😂😂😂😂😂uruwamber mutima
Arayoboye
Hhhhhhjj yooooh mutima uranyish
Hm m'ubuzima busanzw ndandaz amasash mw isoko y ruvumera😀😀😀 Mutima ww uri gugu kbsa
Yoooo kuranyica
Mbavu zangu weeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣 shaaa muraturuhura wallah 🇧🇮🇿🇲👏👏
😂😂😂😂😂go batetse ibijumbu
Hahahahaha
nukuri ndabafana, muranduhura
Murahanura kabisa mukomere turabakunda cane♥️♥️♥️♥️
Ark Mutima kurenze kweli
Murashoboye nukuri ndabakunda bantubanje😍 Asha kwizomiriyoni ntawutotsinda ishavu🤣🤣😁Oya nturimubi urumukwe mwiza
Muti wapi amajana atatu🤣🤣🤣🤣
This guys are the best
It's true
Adandaza amashashe
Vava" Mutima we none imisi3mwagendanye uciye uyemere uramvunye imbavu abavyeyeyintanwebwe muragapuuuu mwumvisamafranga mutsinzishavu gusamuranyishe gwivuyeyonahongomuzomuherekeza amutere iyindikomeshaaaaaa mutima mwumvise ivyadandaza muruvumeraaaa fireeeeeeeee
Urabashobonye kweri
Komera my mutima 🤣🤣🤣
Ugworujama ngo ndabamokorera hamwe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ibintu vyiza
ndakunda team Mutima
Pow 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤣🤣🤣😂😂😂
😂😂😂😂😂ngo ikorots nzoguherekez agutere iyindi🤣🤣🤣
Hhhhhhh muranyish ndakurahiy
Eti papa tsinda ishavu...🤣🤣🤣
Niatali
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣mbega abavyeyi ivyo ntibibaho basha😅😅😅😅
Team mutima muranyica kvx🤣😂😂😂😂😂😂
Mwemwumvise amahera gusa ntimwumvise akazi akora kadandaza amasashe ayomahera ntazovamwo 😂
😅😅😅😅 bumvise izo mirioni amatwi yahise aziba ntibumviseko adandaza amashashi
🤣🤣🤣iyo mburujwa ya mutima
Numuhinini wogira Ngo numugore 😂😂😂😂
Mutima 😁😁😁😁😁😁😁 uranyish , yza araza ngo batets ivyo ntarya, uuuuuuuhhh niyakoroka azoza agutere iyindi😁😁😁
Mbakunduko big up
Muvyeyi wew ntanda naguteye😂😂🤣🤣🤣
Nubwambere mbonye comédie ndagakizwa 😂😂😂
Ewe tatabuke ngwaze agaruke amuteriyindi niyavayo😅😅
Umuhungu n 30 za manyarwanda🇷🇼
Umukobwa n 15 za makongomani
Muranyishe kbx
🤣🤣🤣Ngoniyavayo uzocugaruka agutere iyindi🤣🤣🤣🤫
Niyakoroka uzocuza baguteriyindi😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁
. Ndaryaaaaaaaa
Ndamwabiza ndamumotsa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️💯💯💯🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mutima mwebw ndabafan San shishikar muduherez bishash
Iyongeso yibigabo vyibinyafurika ngo umukobwa wawe ukamengo simbuto ziwe. Vugati wabonye uyomwana, kuko umwana nuwabose. Nuwiwe nuwawe kuko agira akobwe muvuga ngo umwana wacu canke wanje.
😁😁🤣🤣🤣😁🤣😁imbavu zanje Mana ngo muvyeyi ngo WEWE ntanda naguteye non ntiwayiteyumukobwawiwe
Sawa sawa sister
😂😂😂😂😂😂muranyogej umutima
Hahahahaha nihatari
👌👌👌✌️🇧🇮🇧🇮😂
Mirakuns amahera abavyey hahahhaha
My Goood, Mutima is going to kill me!!!
Numutima yamuteyinda
Ng niyakoroka naho?
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️
Hhhhh n noma kwl
Umunt yiyugumuza ikara
Bash iyo yo muyizany hagez. Wamugabo ngo umukobw wawe! Ubu yemey ko azomwigarukanir bashireyo iyindi 😂😂 murakajegez pe!
Ati udandaza Amasashe muruvumera uranyishe
, 😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Murashoboye vrmt
Mutim urumuti wamenyo
murarenz 😃😃😃
😂😂😂 ama nyarwanda nama congomani😂😂😂😂😂
Nzoguheerekeeza aguteriyindi😂😂
😂🤣🤣🤣🤣🤣 ndahwereye
hahahahaahahahahahahaha
😂😂😂😂😂😂😹😹😹😹😹😹😹
Ewe mutima we ndagufana
Kula polepole so mukina neza
Ntivyoroshe
Ngo niyakoroka naho 🔥🔥🔥🔥🤣🤣🤣🤣
Ngo batetse ibijumbu
Mbega mbega abavyeyi.adandazamasashe azoyakurahe?