Simbizi ubundi niwe wanje naje ubu bataririmvye live nta giteramo nzosubira guhonyoramwo uretse iya Kidumu niya Vichu nibo batanga music live ikosoye na Gusto live arayizi playback turazanse kabisa Abaririmvyi muvyumve bo mu Burundi bitarivyo show tuzoziheba muze muratamba mwirorera
Moi Jewe mfise akabazo none kubantu bafise music: Amapiano boyirirmba gute live??? Make that make sense. It’s unmatched Amapiano it’s all about dancing and the beats🤷🏾♂️🤷🏾♂️ just saying….
@@Semavumba je ndikumwe nae kubijanye live music in general kuko nivyo tubatwaje kuraba apres tous, Mais jewe yari juste question about amapiano kubera Ari iyindi genre de music Jewe kubwanje mbona bitokorana or bitoryoha with live music mais Rasko says it can so reka turabe and maybe I m wrong
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Je mbambona Alvin Arusha abaririnvyi benshi ijambo kbs respect bro
Good idea
Ubu ko batanguye kuja hamwe bigira hamw ibibazo ni sawa
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ukuri gushirira mukuyaga mwubahwe
100/1000❤❤
Mwebe nimwe muzotuma umuziki ukunda kuko nimwe mufise uruhara runini mugutez'imbere umuziki
Nta playback noba nkija kuraba kabisa ivyoyo twese turafise ama radio tuvyumvirizamwo notuma nza ndigira muma karaoke. Simbizi wubahwe
kiretse KIDUM
Na vichou na b face
NGO ivyuma mu supplyinga mu rwanda??? 😀😀🤣🤣 cakoze ivyo bavyita kwikinisha
None kubivuze umenga bitey'isoni? urwanda ni benewacu uko birikwose
Gumahamwe uwo yavuze ivyazi kk nivyo akoreramwo Nawe ntibikakubabaze
Simbizi abivuze neza cne kbx
simbizi ni comedien walah wagira ni trump😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️
ACA fizo ararenze Man.
😎😎😂😂
Simbizi ubundi niwe wanje naje ubu bataririmvye live nta giteramo nzosubira guhonyoramwo uretse iya Kidumu niya Vichu nibo batanga music live ikosoye na Gusto live arayizi playback turazanse kabisa Abaririmvyi muvyumve bo mu Burundi bitarivyo show tuzoziheba muze muratamba mwirorera
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂
Moi Jewe mfise akabazo none kubantu bafise music: Amapiano boyirirmba gute live??? Make that make sense. It’s unmatched Amapiano it’s all about dancing and the beats🤷🏾♂️🤷🏾♂️ just saying….
nta mudiho utovuzwa live urambwira ndaguhe link
None muri studio ntibaba babivugije....
@@raskobuja3150 je nukuri I’d love that vrt
@@Semavumba je ndikumwe nae kubijanye live music in general kuko nivyo tubatwaje kuraba apres tous, Mais jewe yari juste question about amapiano kubera Ari iyindi genre de music Jewe kubwanje mbona bitokorana or bitoryoha with live music mais Rasko says it can so reka turabe and maybe I m wrong
😂😂😂😂😂😂 Simbizi uruwambere mugutwenza