IBITAVURWA KUWASAMBUYE IGISIRIKARE MU BURUNDI.NINDE YATUMYE IGISODA GISAMBUKA?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ก.ค. 2024
  • Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
    MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 725 333 1923

ความคิดเห็น • 10

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 2 วันที่ผ่านมา +1

    Kuva hatanguye ayo ma missions y'abasirikare aho baronka agashiruka bute gafadika, aho za somalie, Centreafrique, murabizi ko cane cane abasoda basigaye i Burundi babonye ko abavuye muri ayo ma missions baje bafise uduhera two kwubaka, murazi ko hari ama quartiers yitwa Mogadisho, batanguye gutanga ibiturire kugira babashire kuri liste yokuja muri ayo ma missions, ubwoko bwose. Muca mwumva ko atagisikire kizima kikihari. Igisikare carataye akaranga, n'akanovera. Ubu n'impehe nsa.

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 15 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Oya ba muvuga ukuri,igisoda cari ico ubwoko bumwe bw'abatutsi

  • @user-bl2vh3kg2g
    @user-bl2vh3kg2g 19 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ikibazo gikomeye cane gihagaze kuri corruption !!!
    Corruption ni umugera wateye inzego zose !!!

  • @archangemutibagirwa554
    @archangemutibagirwa554 15 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂 ni gisirikare ca barundi gusa .

  • @user-qp3uy8cy7u
    @user-qp3uy8cy7u 23 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Basha aho ntubeshe kabisa, muri 2007 abasoda abasoda baja somalia vyukuri hagenda abashingantahe,kandi nabanyagihugu baho barabonako arabasirikare bindyamunyu, mbere na 2013 hagenda abashingantahe,gusa munyuma niho vyagiye biba, kuburyo naba nyagihugu batagikunda abarundi nka kera

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 2 วันที่ผ่านมา

    Kuva igisirikare vyategerezwa gukogwa mu bwotonzi budasanzwe, ariko Buyoya nabarya bamufasha gutwara bahisemwo inzira yoroshe, turaziko habaye igitugu c'ibihugu dusangiye imbibe, Tanzanie cane cane, cane cane hamwe bafatiye Uburundi embargo, Tanzanie yara menasa ko iniga Abarundi mukubima inzira y'igitoro n'ibindi bikenewe bica mu mihora ya Tanzanie. Hanyuma, Urwanda, Uganda bari muri ivyo vya embargo. None uwo Buyoya atari azi ingene afata ayandi ma strategies mukuvugana cane cane nabo batari bacumbikiye iyo migwi y'inkorabara, dont DD niyindi, uwo Buyoya wumva yari umutegetsi nyabaki. Abazungu nabo baramugize kw'iterabwoba ko bahagarika imfashanyo bilaterale et multilaterale, éventuellement bakumu menasa ko bazana abasirikare bagatera uburundi. None uwo mu Buyoya n'abamufasha gutwara batashobora guhangana nayo ma menaces, none yagarutse k'ubutegetsi aje kurya iraha sivyo, yaje agarutse gushira mu ngiro ivyo abo bazungu bamusavye ba mu menasa. Muribuke Mandela atuka Buyoya nabo barikumwe, akabagaye nkabantu atco bamaze, akabita ibijuju, Buyoya ntakure ururimi mu kanwa. Reka turabe imbere kuko akahise karatwigisha gutegura kazoza keza. Duharanire iteka, birya bavuga ngw'iteka aho ryamye, ntirikihari n'ukurigwanira. Murakoze k'uvyiyumviro mudusangije.

  • @user-ch2dq6ob4o
    @user-ch2dq6ob4o วันที่ผ่านมา

    Ivyuyo mu apotre bireke kulo arinze yavahasi akavuga yarengewe ivyuburundi birarenze bisiga ubwenge.

  • @user-xn9od4ze1j
    @user-xn9od4ze1j 2 วันที่ผ่านมา +1

    Sha nukuri muri abagabo bijunja nijambo imana yomwijuru ikomeze kubana n'amwe

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 21 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Bobo komera uvuze neza ntagisoda gihari uravye amakuba uburundi burimwo abasoda baginzwe Imbata pe!umengo nibirobo vya cn.dd efdd nkomuri congo Bari mubiki?

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 2 วันที่ผ่านมา +1

    Igisoda catanguwe gusambugwa na Buyoya, n'bandi basoda babatutsi bari mu nzego zohejuru iruhande ya Buyoya babigizemwo uruhara kandi turabazi. Aba DD baje bahohosha n'ubu barabandanya. Ahubwo nuguhimiriza abasore n'inkumi bakwije ivyangombwa, atabikwije babirondere babandanye binjira mu gisoda no mu gipolisi no muzindi nzego z'umutekano.