ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Akamo TV mwitondondere abantu mukorana nabo nti muzagire ngo ni show Be carefully!!!!!!!!!!!
Gabanya itabi bro! Vuba nawe utagabaanije uramera nka Demana
Koreshumwanya bicarike bige.Ndakwemera bro😂
Ewe koreshumwanya uvuga meshi niwigera uvuga ibijanye
Komerehumwanya ugiye Waba umugabo!! Ata guhengama uravuze amajamboarimwo ubwenge!!
Ahubwo uyu niwe mu sazi wambere. Amacakubiri nayo amurimwo ararenze. Indero nayo n'umugani. Nohanura uyo yamukoresheje ikiganiro atosubira kumuha ijambo. 😢😢😢
Koreshumwanya urumugabo aho simbizi yavugiye wenyene n'a kwishure
Non nyen vyakwer demana vyarakomey ewe abisimurikigoy yooo ewe baramukonesey pe
None ko mbona barikugutera ubwoba kandi wavuze ukuri? ukubura indero bivugwa kuri koreshumwanya gusa gusumba ba Pacifique naba Sinduhije birirwa bahangara Seburundi? Nihamwe nyene ukuri kubabaza ntakibi jewe mbona yavuze usivye gutanga impanuro. Noneho iyo uteye ibuye mubibwa ikibweja nikiba cafashwe!MWIBUKE YUKO UMWIDAGADURO UDAKUNDA ATAMAHORO
❤❤❤❤
Koreshumwanya uvuze ukuri kabisa
Ewe TH-cam uragowe ! Ibirobezo vyose , ibiburandero vyose barayora bakazana kuri TH-cam. Nkuyu ishavu avugana ngaha kuri TH-cam, amajambo akoresha mubona uwomutuma kuja kumara abantu atari kuvuza uruhwa gusa?
Uyu mutipe arajaganga mukuvuga ndibazako urumugi runurembeje Gusa niraba nabi umusumwe agasho karamurindiriye
Gabanya Amajambo ntabagore ivyo ntibiguhesha agaciro wangu usivye kumaramaza igitsinahungu
Ngo abamizirima benshi nibo barya INGURUBE, heavy statement right there.
Koreshumwanya ,urumuntu w'umugabo kabisa mpa lumicash yawe wew turajwe ishinga no gutsimbataza umutekano, abenegihugu barye baryame
Nne ameze neza gute yiyumvira ko atererey umuntu murubanza aba yibwe cnke akoresheshe 100miles arira imyaka yose
Jewe ntaco mvuga
ikigwarudubi kiraho, none nkuyo avuga pacy gut??
Gabanye urumogi
Ingorane z'abarundi baraharara ntibakunda umuntu
Isabire nyamba vyarase muga ntakubeshe cn.dd efdd ntaco yoguha nabunyoni ari indani
Icogipfu mwagikuyehe,,?? Zemuravugishabantu bafise displine
Igipfu niwwe
Nivyiza arabiviga
Nizere ko mwantahuye??🤔
E
Natahuye konawewe wazaze kabisa
Mb uw musaz wutunur yahorah niman irihangan ew burund uratunz indobo zifis amagur nama bok
Guyz none ntimuziko KORESHUMWANYA asara?
Koreshumwanya none ww ivyurya bijahe😂😂?
Demana alikua kichwa acha kupinga Bro ntimba ubihakana fata ugire amatora yae wnyene na demana hama jury ushire famille Uone kama utamukuta Demana Pima
Komera kabisa
Reka nitwengere ndegane. 😂
None nkuyu avuye hehe? iyi chanel nibandanya iza invoyou nkizi sinzogaruka kuyiraba uruntu nkuru ruvuga ibirofa nkibi?
Mukiganiro c'iminota mirongo itanu namasegonde mirongo ine nimwe, muriko muravugishwa namajambo atarenza iminota itatu yavuzemwo? Yakoze aho murwaye kabisa
Koresh❤ ndakwemera san
Nihatari ivyiyisi
Urumogi ngo rusigaye ruzimbuts reka kuvuga USA bro habaya itabi nubwo ariwuryigirira
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
❤
Uwo mubono n'imbonera kure y'amacakubiri ntanubwo gusya agira n'ikigugu nka sebuja akes ahubwo ngaye uwamuhaye ikiganiro
Tekan Sha non Aho icabeshemw nikih
🙄🥱🥱🛌🛌
Ndarengany kbx
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Koreshamwanya vuga iyo entertainment yanyu ,ibindi ntanivyo ,urekane abanganya level bivuganire,urumv ntibanakwishura kubera atokwishurana numu delinquent nkawe
Hubwo aba delinquent basigay babasumvya ubwenge? Kuberik mukund abavuga nabi igihugu canyu?
@@ButoyiJade ukaba ushigikie inyifato yerekanye mur émission A à Z,shobora kwiha ishusho yawe kndi ntakuzi,Bonne journée.
Nkiyi mbecile ivya politique irabizi? Wew buguburofa bwawe ntamutwe wa politique ugira siwe urimbonerakure kurusha abandi binumiye aha ejo vyohinduka ukirukanga mubandi bobo bafise Nivyo bivye bitwaje bagiye munazu yabo baguze hanze !! wew atanico ufise ugenda kuzempera mumakambi
Ntazi akamaro Pacifique afitiye Uburundi, n'abamwe mu ndongonzi z'Uburundi muri CNDD-FDD harigihe bakorera ku vyiyumviro vya Pacifique, uzi abana bazimira hama Imana igakoresha Pacifique biciye kuri Facebook, bakaboneka ? Abanyurujwe babonetse kubera Imana biciye kuri Pacifique ? N'ibindi ntavuze ...Ingorane ihari mu Burundi, hari abantu bashaka kwigira nkaho umenga nibo bakunda Igihugu kurusha abandi, bakaturenza urwamo ariko uravye mu bikorwa ugasanga nibo bambere batukisha Igihugu ... Umuntu akunda Igihugu ntarinda arabivuga, bigaragarira mu bikorwa !Gukunda Igihugu, ninokuvuga ibitagenda neza, kugira bikosorwe kandi dushize ku munzane (balance) ibitagenda neza mu Burundi, ni vyinshi kurusha ibigenda neza !
Akamo TV be carefully abantu muha ibiganiro aba délinquants umuntu arahira kuri maman wiwe mukabishirako vrt😭 hama ivyo bihugu avuga vyaraturenze saaana hama pacifique ivyo akora ni vrai patriote gusumba uyo mu délinquants !!! Akamo TV be serious
Nawe akaga journalistes nciye ngira désabonner iyi Channel izorabwe nimbonerakure gusa apana abarundi Bose nabanyamahanga hama tuzorabe ahizogera !!
Ufise imvugo mbi koreshitabi Ayo macakubiri yawe bagucunge
Akamo TV mwitondondere abantu mukorana nabo nti muzagire ngo ni show Be carefully!!!!!!!!!!!
Gabanya itabi bro! Vuba nawe utagabaanije uramera nka Demana
Koreshumwanya bicarike bige.Ndakwemera bro😂
Ewe koreshumwanya uvuga meshi niwigera uvuga ibijanye
Komerehumwanya ugiye Waba umugabo!! Ata guhengama uravuze amajamboarimwo ubwenge!!
Ahubwo uyu niwe mu sazi wambere. Amacakubiri nayo amurimwo ararenze. Indero nayo n'umugani. Nohanura uyo yamukoresheje ikiganiro atosubira kumuha ijambo. 😢😢😢
Koreshumwanya urumugabo aho simbizi yavugiye wenyene n'a kwishure
Non nyen vyakwer demana vyarakomey ewe abisimurikigoy yooo ewe baramukonesey pe
None ko mbona barikugutera ubwoba kandi wavuze ukuri? ukubura indero bivugwa kuri koreshumwanya gusa gusumba ba Pacifique naba Sinduhije birirwa bahangara Seburundi? Nihamwe nyene ukuri kubabaza ntakibi jewe mbona yavuze usivye gutanga impanuro. Noneho iyo uteye ibuye mubibwa ikibweja nikiba cafashwe!
MWIBUKE YUKO UMWIDAGADURO UDAKUNDA ATAMAHORO
❤❤❤❤
Koreshumwanya uvuze ukuri kabisa
Ewe TH-cam uragowe ! Ibirobezo vyose , ibiburandero vyose barayora bakazana kuri TH-cam. Nkuyu ishavu avugana ngaha kuri TH-cam, amajambo akoresha mubona uwomutuma kuja kumara abantu atari kuvuza uruhwa gusa?
Uyu mutipe arajaganga mukuvuga ndibazako urumugi runurembeje
Gusa niraba nabi umusumwe agasho karamurindiriye
Gabanya Amajambo ntabagore ivyo ntibiguhesha agaciro wangu usivye kumaramaza igitsinahungu
Ngo abamizirima benshi nibo barya INGURUBE, heavy statement right there.
Koreshumwanya ,urumuntu w'umugabo kabisa mpa lumicash yawe wew turajwe ishinga no gutsimbataza umutekano, abenegihugu barye baryame
Nne ameze neza gute yiyumvira ko atererey umuntu murubanza aba yibwe cnke akoresheshe 100miles arira imyaka yose
Jewe ntaco mvuga
ikigwarudubi kiraho, none nkuyo avuga pacy gut??
Gabanye urumogi
Ingorane z'abarundi baraharara ntibakunda umuntu
Isabire nyamba vyarase muga ntakubeshe cn.dd efdd ntaco yoguha nabunyoni ari indani
Icogipfu mwagikuyehe,,?? Zemuravugishabantu bafise displine
Igipfu niwwe
Nivyiza arabiviga
Nizere ko mwantahuye??🤔
E
Natahuye konawewe wazaze kabisa
Mb uw musaz wutunur yahorah niman irihangan ew burund uratunz indobo zifis amagur nama bok
Guyz none ntimuziko KORESHUMWANYA asara?
Koreshumwanya none ww ivyurya bijahe😂😂?
Demana alikua kichwa acha kupinga Bro ntimba ubihakana fata ugire amatora yae wnyene na demana hama jury ushire famille Uone kama utamukuta Demana Pima
Komera kabisa
Reka nitwengere ndegane. 😂
None nkuyu avuye hehe? iyi chanel nibandanya iza invoyou nkizi sinzogaruka kuyiraba uruntu nkuru ruvuga ibirofa nkibi?
Mukiganiro c'iminota mirongo itanu namasegonde mirongo ine nimwe, muriko muravugishwa namajambo atarenza iminota itatu yavuzemwo? Yakoze aho murwaye kabisa
Koresh❤ ndakwemera san
Nihatari ivyiyisi
Urumogi ngo rusigaye ruzimbuts reka kuvuga USA bro habaya itabi nubwo ariwuryigirira
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
❤
Uwo mubono n'imbonera kure y'amacakubiri ntanubwo gusya agira n'ikigugu nka sebuja akes ahubwo ngaye uwamuhaye ikiganiro
Tekan Sha non Aho icabeshemw nikih
🙄🥱🥱🛌🛌
Ndarengany kbx
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Koreshamwanya vuga iyo entertainment yanyu ,ibindi ntanivyo ,urekane abanganya level bivuganire,urumv ntibanakwishura kubera atokwishurana numu delinquent nkawe
Hubwo aba delinquent basigay babasumvya ubwenge? Kuberik mukund abavuga nabi igihugu canyu?
@@ButoyiJade ukaba ushigikie inyifato yerekanye mur émission A à Z,shobora kwiha ishusho yawe kndi ntakuzi,
Bonne journée.
Nkiyi mbecile ivya politique irabizi? Wew buguburofa bwawe ntamutwe wa politique ugira siwe urimbonerakure kurusha abandi binumiye aha ejo vyohinduka ukirukanga mubandi bobo bafise Nivyo bivye bitwaje bagiye munazu yabo baguze hanze !! wew atanico ufise ugenda kuzempera mumakambi
Ntazi akamaro Pacifique afitiye Uburundi, n'abamwe mu ndongonzi z'Uburundi muri CNDD-FDD harigihe bakorera ku vyiyumviro vya Pacifique, uzi abana bazimira hama Imana igakoresha Pacifique biciye kuri Facebook, bakaboneka ? Abanyurujwe babonetse kubera Imana biciye kuri Pacifique ? N'ibindi ntavuze ...
Ingorane ihari mu Burundi, hari abantu bashaka kwigira nkaho umenga nibo bakunda Igihugu kurusha abandi, bakaturenza urwamo ariko uravye mu bikorwa ugasanga nibo bambere batukisha Igihugu ...
Umuntu akunda Igihugu ntarinda arabivuga, bigaragarira mu bikorwa !
Gukunda Igihugu, ninokuvuga ibitagenda neza, kugira bikosorwe kandi dushize ku munzane (balance) ibitagenda neza mu Burundi, ni vyinshi kurusha ibigenda neza !
Akamo TV be carefully abantu muha ibiganiro aba délinquants umuntu arahira kuri maman wiwe mukabishirako vrt😭 hama ivyo bihugu avuga vyaraturenze saaana hama pacifique ivyo akora ni vrai patriote gusumba uyo mu délinquants !!! Akamo TV be serious
Nawe akaga journalistes nciye ngira désabonner iyi Channel izorabwe nimbonerakure gusa apana abarundi Bose nabanyamahanga hama tuzorabe ahizogera !!
Ufise imvugo mbi koreshitabi
Ayo macakubiri yawe bagucunge