ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
th-cam.com/video/pQ4QkA-YR34/w-d-xo.html
Intahe Ibabaje caaaane,Imana Ishoboze abariko baca mu bigeragezo,Ibahe kwihangana
🧡
Amen! Ntawizigiye Umwami Yesu Kristo yigera akorwa n'isoni!
Rufutamatohozaaaa.... Yesu Kristo Shimwaaaaa kandi umurengere umurengereeee amen
Rufutamatohoza😄😄
Murek Imana yitwe ImanaaaaaUmuntu ashobora kuvunika akamara umwaka mubitaro ariko uwacumiswe imbugita ziraho akamara indwi2 mubitaro kubera Imana
Yesu Kristo n,umutabazi 🙏
Imana ishimwe cane Yaragutabaye mukozi w'Imana
Pole sana Muntu w,Imana,Imana yarakoze kukurinda.
Mbega intahe iteye agahinda wee. Imana yacu irakomeye Iragahezagigwa
Amen
Imana izibane nawe naw uzuguma wubaha imana uzuyinambeho Imana numutware irakomeye
Imana ihabwe icubahiro nukuri iratangaje
Aminaa
Ewe Yesu urantangaje pe,mbuze ico mvuga amarira niyo ambanye meshi,shimwa Mana
YESU NIWE AKIZA
Vyandenze gusa binyongeye kwizera
Ewe Yesu ntako twokuvuga ukoribitangaza twebwe tugatangara weho usanzwe uri Igitangaza habw Icubahiro
Mbeg’Imanaaa🤭🤭🤭🤭🤭🤭
Irihoooo
Muraduha igice gikurikira
Ndabahaye link yaco
😢😢
IMana nigitangaza vyukuri muraduha nikindi gice gikurikira
Birababaje peee
Isi iraharari haraho wamugore vyukuri yesu arakubona ukubesha gusumirinda, ariko Imana dusenga iguhane. Uwufise amakenga azombaze ivyo vyose nububeshi
Twogutora gute kwata numéro wadusigiye?
Uwo mugabo nabiwabo bazosha gehinomu irabarindiriye
😭😭
Muntu w'lmana ntuvuge ivyo utazi haraho gihonomu irindiriye uwo nyene ariko aravuga ayo majambo, gusa iconzi Imana yo izi vyose kandi ibona hose, nimba agomba gusega nakomeze
@@fabricedavidndayishimiye4718pole sana nimba uri muri famille y'uwo mugabo,gusa imbabazi z'Imana zihora ziri kuri uwo wese azisavye,bihanye bazobabarirwa!!!sinibazako yovuga ibintu nkivyo vyose bifise ibimenyetso abesha
th-cam.com/video/pQ4QkA-YR34/w-d-xo.html
Intahe Ibabaje caaaane,Imana Ishoboze abariko baca mu bigeragezo,Ibahe kwihangana
🧡
Amen! Ntawizigiye Umwami Yesu Kristo yigera akorwa n'isoni!
Rufutamatohozaaaa.... Yesu Kristo Shimwaaaaa kandi umurengere umurengereeee amen
Rufutamatohoza😄😄
Murek Imana yitwe Imanaaaaa
Umuntu ashobora kuvunika akamara umwaka mubitaro ariko uwacumiswe imbugita ziraho akamara indwi2 mubitaro kubera Imana
🧡
Yesu Kristo n,umutabazi 🙏
Imana ishimwe cane
Yaragutabaye mukozi w'Imana