Ingorane z’amahera😒/Intahe yiwe iratwuguruye amaso/muhora mugura igitoro mu mahera y’ikindi kintu?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ย. 2024
  • #sirenvibestv #funandfacts

ความคิดเห็น • 37

  • @joselynekwizera7758
    @joselynekwizera7758 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ikiganiro ciza cane gose.merci les dames.izo nyigisho naho zokwunviriza abantu ijana ntihaburamwo mirongo ibiri baca bashira mungiro inyigisho.donc courage

  • @bernicemidonzi8752
    @bernicemidonzi8752 5 หลายเดือนก่อน +3

    Dacia uraberewe iyo chapeau irareuuunze, uno munsi thème iraryosh sana rwose

  • @stecyclairiadushime6901
    @stecyclairiadushime6901 5 หลายเดือนก่อน +4

    Iki kiganiro ndagikunze mukore vyinshi nkibi tuzovayo❤❤❤❤❤❤

  • @karoprint-nb7mu
    @karoprint-nb7mu 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ikiganiro ciza cane❤
    Kiratinguye ubwenge bravo à tous

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 5 หลายเดือนก่อน +4

    Debat yuno munsi iraryoshe kubera ko mwayaz kubintu abantu bakeney kumeny kubijany na mafaranga❤❤❤

  • @ndayizigiyeesther9371
    @ndayizigiyeesther9371 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ikiganiro ciza kije mu gihe ciza👏👏👏

  • @willyntahomvukiye2622
    @willyntahomvukiye2622 5 หลายเดือนก่อน +2

    Iyo topic mwazanye irampimbaye pe!Ahubwo coup de chapeau siren vibes

  • @bilemec
    @bilemec 5 หลายเดือนก่อน +1

    Nyibwirire niba Dacia ari inkumi🤔😱
    Sha courage, Clairia naw sh courage ndazi ukuntu afise imigambi myishiii.

  • @keillamuhoza4093
    @keillamuhoza4093 5 หลายเดือนก่อน +1

    Well done clé sujet était intéressant

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amahoro bana b'Imana. Igitsina gose benshi bigana bagenzi babo. Nobaterera kumera wewe nyene. Incuti yawe arwaye ingwara yo kwigana abandi ntukarware iyo ngwara.

  • @yvettenzeyimana9548
    @yvettenzeyimana9548 5 หลายเดือนก่อน

    Narindabikeneye kuvyumva mwakoze❤

  • @user-mx4zd1fr7t
    @user-mx4zd1fr7t 5 หลายเดือนก่อน +4

    Muri siren ,Nicita niwe azi gukora akazi wenyene ,

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  5 หลายเดือนก่อน

      Rahira☹️ abandi batahe rero?

    • @karoprint-nb7mu
      @karoprint-nb7mu 5 หลายเดือนก่อน

      Barabizi Bose ureste KO basumba sumbana
      Nikita kwi Radio nyabuna aratesa ukuntu asezera ndabi ❤

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 5 หลายเดือนก่อน +1

    Bibaho kbs❤❤❤❤❤❤

  • @user-mr1jq8ml4k
    @user-mr1jq8ml4k 5 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤

  • @ndayishimiyejeannette1057
    @ndayishimiyejeannette1057 5 หลายเดือนก่อน +1

    D'abord musa neza❤. De deux j'encourage abo bigeme kuriyo initiative kuko nikintu Kiri très délicat cabaye nk'umuco chez les filles et les femmes. Tumenye gukoresha amafranga ico twayageneye cane cane dufatiye kuri revenu mensuel.

  • @bsc4177
    @bsc4177 5 หลายเดือนก่อน +1

    Iki kiganiro nicambere vtm cari kiryoshe cane kdi izi nyigisho zirakenewe gus ikibazo iyo discipline turayigira mumez 3 gusa tukaba twayibagiye😰

  • @channyndayongeje8060
    @channyndayongeje8060 5 หลายเดือนก่อน

    Hosy wanje merci kuriki kiganiro nukuri . discipline kunoti biragoye

  • @kevinenoellaininanahazwe2793
    @kevinenoellaininanahazwe2793 5 หลายเดือนก่อน

    🤩🤩🤩mwubahwe

  • @Ida35715
    @Ida35715 5 หลายเดือนก่อน +3

    Make up ya Dacia 👌👌👌👌

    • @m.claire3507
      @m.claire3507 5 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂Mureke Dacia❤

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana 5 หลายเดือนก่อน +1

    Inoti😋

  • @laurasandraishaka4882
    @laurasandraishaka4882 5 หลายเดือนก่อน

    👌🏽👌🏽💯💯

  • @akimanarachelalice3009
    @akimanarachelalice3009 5 หลายเดือนก่อน

    👏👏

  • @alineniyakire5315
    @alineniyakire5315 5 หลายเดือนก่อน

    Nikita très intelligente

  • @renildevenerand9473
    @renildevenerand9473 5 หลายเดือนก่อน

    Dada yarahevye ga basha?

  • @chriscomedie5691
    @chriscomedie5691 5 หลายเดือนก่อน +1

    ko mutavuz ko kugira bigend neza mutanga icicumi banage nihoo muzogira umugwizaa

    • @jilu1095
      @jilu1095 5 หลายเดือนก่อน

      Babivuze

  • @graceniyonagize260
    @graceniyonagize260 5 หลายเดือนก่อน +2

    Natwe turabakunda 🇬🇧

  • @jilu1095
    @jilu1095 5 หลายเดือนก่อน

    Yewegaye 50mill kumutwe mwubahwe bakobwa

  • @user-fn2jr1pb1q
    @user-fn2jr1pb1q 5 หลายเดือนก่อน

    Uyu mudada yambaye ivyirabura afis e ijwi nkirya Hosy

  • @anf.8054
    @anf.8054 5 หลายเดือนก่อน

    Nikita wakoze kwibutsa abatumire kuvuga mukirundi kugira abatumva igifaransa canke izindi ndimi nabo batahure inyigisho ngirakamaro. Mwari musa neza cane, make up nziza ibabereye

  • @dieumercibizimana-zw7tx
    @dieumercibizimana-zw7tx 5 หลายเดือนก่อน

    Dacia maquillage ntabwo ikubereye

    • @user-mr1jq8ml4k
      @user-mr1jq8ml4k 5 หลายเดือนก่อน +1

      Iramuberey rka kubesha

  • @channyndayongeje8060
    @channyndayongeje8060 5 หลายเดือนก่อน

    Hosy wanje merci kuriki kiganiro nukuri . discipline kunoti biragoye