Simzi impamvu sanze ndikurira kubwa Abel yew abavyeyi nkaba bakwiy kwisubiraho kk umwana ninkuwundi Kandi niyo woba utamwibarutse ntiwoc umufata nabi gutya yew Sha abel
Abana ba Abel bose nabakinyi beza akokana ndagakunze kazigukina kurwego rwohejuru❤❤❤❤❤❤❤ Gusa kdi rôle bagahaye niyokubabazwa 😢😢😢😢 So courage mwana❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Thank you Abel we love you fro from Gisenyi -Rwanda , Imanga yaraturyoheye cyane , courage no kuzindi ugiye kuduha , ariko Gasore wazamuzanye muma films yawe
Abatanguye iyi serie kand bazoyibandanya mpaka irangiye munyemeze ngaha na like ,songa mbele bwana Abel🎉🎉🎉😂😂😂
Urakoze cane 😍😍😍😍😍😍
❤❤❤❤❤❤❤
Umunyagasura wiwacu yubahwe keza Abel yakuvumishije
Mbaye uwagatatu muri commentaires abari murukundo niyi séries abayirindiranye igishika nkanje abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like muri gwarukundo ❤❤🎉😂😂
Urakoze cane🔥🔥🔥
Wa Kwanza kesho tuiangalie mapema.Sasa wanowoisubili kama mimi jamani like zangu munipe
Merci beaucoup 🔥 😘 🙏 💓
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Mbaye uwamber😂😂😂😂😂❤ abari bayirindirany igishik tumenyan ❤❤❤🎉🎉🎉 Ukuri n,Ukuhe? Give me like Guys 😊😊👯👯👯 mukwize like 100 muce musiga lumicash zany🤜🤛
Urakoze cane🔥🔥🔥
Warakibaye😂😂😂😂😂
Sha 😢😢😢😢😢😢😢😢 umwan wanjye ahitiy mubwo buzim arik ndashimir vyimvamutim abajejw agatek kaban bongey kufasha nkasubir gufat umanw wanjye ndaz ubu ahar aratujye araty akary inkon zarimukumwic ishur araheb azakurer mutoy wiw mukas yavyay nukur ndacyagis mama arik ndihaganishijy aban babayeh mwub buzim
Birababaje cane
Pole Diana
@@LyndaUwamahoro mercii mwiza fise
Nzotuma ncererwa arik nkahashika nzobarwa inyuma💃💃💃🤸🤸🥀🥀🥀🌹🌹🌹🌷🌷🌷❤️❤️❤️💝💝💝💕💕💕🎉🎉ntoragateb nirabir ukur ni ukuhe 💃💃💃💃
Urakoze cane 🥰 🙌 😍 👏 👌 🤣
Simzi impamvu sanze ndikurira kubwa Abel yew abavyeyi nkaba bakwiy kwisubiraho kk umwana ninkuwundi Kandi niyo woba utamwibarutse ntiwoc umufata nabi gutya yew Sha abel
Urakoze cane😭😭😭
niryambere ndijwijwe na film yabarundi😭😭😭ewe yesu uyomwana arahangayits,abel courage cane kure gose nihonkwiphfurije🥳🥳🥳🥳🥳🙏🙏
Munyibukij ruguru yoo nciy nkumbura kuhabon ivyo mwakiny bibaho kabsa so ❤❤❤
Urakoze cane 🔥🔥🔥💯
@@abelnduwayoofficialegoo klii arabizii gusa isase riva kucuma
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Waoooo vyiza cn twiteho kubana tutaravye ngonabo twavyaye
Iyi Film iteguye neza gose félicitations
Urakoze cane 🥰 🙌 😍 👏
Niho nkishika kwumviriza ukuri ukwariko abakunzi ba Abel mungonge ngaho iwanje
Urakoze cane
Umunyakirundo wiwacu yubahwe
Yoioo nacyerew arik ndabay 108😅😅 abatangurany nanjye ukuri nukuhe tukazohatwik kuger kur final mumpe twatunt twimitim kuk utund ntahonnotujan😅
Urakoze cane 🥰 🙌 😍 👏 👌
Abasha ndakuze iyi flm wubahwe ndabonye muhira❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Yayayayaya nifayaaaaa 🔥🔥🔥🔥 yemwe ndabona ibintu bileze neza kbx 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉⚘🌹💐🥀🌺🌷
Merci beaucoup 🔥🔥🔥🔥
Iraryoshe kabisa mwateguye neza
🔥🔥
Rek ndaremfash ikibanz 😅😅😅ej nugutwik twimanukir kbs
Merci beaucoup 🔥🔥
Mwatumenyesheje igihe izoza isohokerako kobiducanga atavyo tumenya bamwe bamww 😂😂❤
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢agahinda kubufuvyiwe😭😭😭😭😭😭😭ndarize Abel 🎉🎉🎉🎉🎉iyi film irimwo inyigisho
😢😢😢😢😢❤❤❤❤ bamukase wumunt ningoran nukr Abel arandijij 😢😢😢
Wihangane cane
Amarir aban bipfuvy barir ntazoherer ngah azodukweger akarambaray ndabarahiy
Muyiduhe😂l
Amachinayany ❤❤🎉🎉 akamukas wumunt Niko bakabay 😢😢😢
Muduhaye gatoya tubasabe mwongereze imita kabisa muzoba mukoze❤❤❤❤
🔥🔥🔥🔥
Iy film ninziza itanguy iryoshe🥰arik ba mukase w'abant barakwiy kwikebuka😢😢
Urakoze cane 😭😭😭😭
Imana iduhe kuba hafi yabana bacu kuko niyo tokudufasha
Urakoze cane 🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉bon coaches abel🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Inyigisho irimwo pe mugere Kure bantu banje🎉🎉🎉🎉
🔥🔥
Director wubahw can ubikora nezaaa iyi film iteguy neza cane🎉🎉🎉🎉🎉Courrage❤❤❤❤
🔥🔥🔥🔥🔥
Naracerewe mukama kimwe gusa ❤❤❤
Karibu cane🥰🔥🔥🔥
I be waiting
Thanks you
Yewe Abel unyibukije vyishi unkumbuje kugatumba unyibukije ivyaciyeko ariko Imana ntanzigo ibifise ukwibigenza 😭😭
Wihangane cane 😭😭😭
Mutama wacu Abel muriyimisi arikukivi ntugomba kotunyoterwa❤❤❤❤❤
❤❤❤❤
Courage team mwese 💪🏾❤❤❤❤❤❤
🔥🔥🔥
Urakoze cane
Iyo firm inyibukije vyishi 😭😭😭kumwana wanje kwari nkukwo kwa aberi mukase wumuntu nigikoko😭😭
Biba bibabaje🥹🥹😭😭😭😭
@@abelnduwayoofficialmutama. Abel Bury koko iyo flm ntiwayikoze kumwan wanjye kwer kand tutanazinany 😢😢😢😢😢😢😢 arik igih nanjye ndipfuz guhur nawe pe uruwamber fana urumwe rukumbi nubwo nkoroy Amarok ub Shima Iman kumwan nongey kumufat nkamwirera
Courag❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage umwanayankwa niwe Akura akavamwikintu
💯🔥🔥🔥🔥
Abana ba Abel bose nabakinyi beza akokana ndagakunze kazigukina kurwego rwohejuru❤❤❤❤❤❤❤
Gusa kdi rôle bagahaye niyokubabazwa 😢😢😢😢
So courage mwana❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Urakoze cane
Iyiyoyo ije arumuriro kwel bakase babantu kwel ndabazi natwe ivyo vyarabaye kuribatoyi banje nihatari
❤❤❤❤mwirambire
Urakoze cane 🔥🔥🔥
Iyi Flm iteye agahindaaa
Nihatari kbx
Maskini Abel inzara yari muhitanye😢😢😢courage ❤❤❤
❤Abel jaja ndingaha nubwo nacerew turikumwe
Turagukunda cane🔥🔥
Iyi film niyumwaka kbxa muri fasticab ntiziburemwo abel ifis critère bakunda kwisunga mugutora film yumwaka ndayikunze❤❤❤
Whaooo Papa ubirimwo neza❤
Urakoze cane 🥰 🙌 😍
Vrt ubu buzima uwutabuciyemwo azame ashima IMANA kuregwa numuvyeyi utari nyoko biragatsindwa courageux ❤❤
Narimbakumbuye
🥰🥰
Ndag ❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉
🔥🔥🔥
Keee kurage ngo ngo ntoyariko atera ibijumba 😂😂 kirundo oyeeeee❤❤
Merci beaucoup 🔥 😘 🙏 💓 💖 ❤️
A el courang ndagu❤❤🎉🎉🎉🎉
Musaza turakwemera🔥ark nukutuzanira oronella
Yooooo muce muz muyiduh kabir mudw uraz ukunt kumus wagatat hagez nacanibuk imanga niy🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Keep up
😭😭😭😭irababaje pe
Urakoze cane
Abel urabafise muri flm ndundi✍
Urakoze cane Muhungu wanjye 🙏🔥🔥🔥
Abagor mwisubireko umwana niyo atoba aruwawe ejo hiwe ntaho uzi😢😢😢😢😢😢😢
Urakoze cane😭😭😭
Abel vugisha ukuri papa wawe amenye ko inzara igomba ikwice kabisa😌😌🙆🙆🙆
Abel wubahwe uguma wadutayemwo nubwo nacerewe ❤❤❤
Ndabona kozobakzrenze gusumbimanga
Urakoze
Uyomwana araharuhiy kl gus nkabo nibo bakura baronka amateka cane nubutware bukaze
Mukayaza Cha harareze❤❤😂🎉🎉🎉❤🎉🎉😢😮😮😅😅
birateye isoni kwumva umwigisha aguhamagara akakubwira ko umwana waw arwaye inzara pee😂
😭😭😭😭😭😭 birababaje peeeeh
Courage 🎉🎉
Poremwana🎉🎉🎉❤❤🎉🎉
Kéké keza Wanje Shaa ngo amahera bayasangiye nanyina😂😂😂
Urakoze cane🤣😭😭😭
Courage ❤❤🎉🎉
🔥🔥
Whaooooo
Voilà la difference❤❤❤❤❤
Film nziza zirimwo impanuro😂😂😂
Nous bout gain cela vrt😂 Gusa Brooh Donti wori Is film is fiya🤣🤣🤣
Gusa merci beaucoup
Kwl mwubahw kabisa
❤❤❤🎉🎉
🔥🔥🔥🔥
🎉🎉❤❤
Waaaaooh 🎉🎉😢mbega flm yubwiza 💖💖 ntaco bitwaye kuba mbaye mubanyuma kimwe gusa❤❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥✔️✔️✔️🇧🇮🇧🇮💐💐💐💐
Abel none iyi series ko nabonye nahandi iri kwa Mfalme hamza biri gute
Raba neza😭😭
Ndabkund trop❤😢❤
Courage❤❤❤
🔥🔥🔥
Muranyigisha kbx❤❤
❤❤❤❤ 🎉🎉🎉🎉 ndabna bizomer nez
🔥🔥🔥🔥
Naho natserewe nihondi tu ❤❤😂😂🎉
Urakoze cane 💋 💋 💋
Murandijije nibutse ibihe
Biteye agahind kwa Abel yemweee
Ivyo bibaho kwl, gs courage
Urakoze cane😭😭
mwubahw kwl ❤❤❤❤
Kercy nar mukumbuy cane nukuri
Basi umuvyeyi wabana nyakubahwa Abel tumuha udu s'abonner twishii j ndamwubaha ukuntu aduha film nziza zimeze neza 🙏🙏
Papa Abel ntimuramwigisha gukina neza.murasubiramwo mumuforome
Abel bivuge vyose😀😀
😭😭😭😭
Yooooo yoooo yooo mbega serie weee ❤❤🎉 ije ihaturira kabosa mwubahwe
Ndarize kubwiyi film 😢😢😢
🎉🎉🎉
Abacerewe nkanje mumpe twatuntu😂😂😂😂
💓🔥🔥💓💓
Abel na team yiw ababon k ntakwicar tumenyan😂😂
🙌🙌🥰🥰🥰
Waoooooo courage cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Urakoze cane🔥🔥🔥
Thank you Abel we love you fro from Gisenyi -Rwanda , Imanga yaraturyoheye cyane , courage no kuzindi ugiye kuduha , ariko Gasore wazamuzanye muma films yawe
Mwarabisangye kwr😂
🥰🥰🥰
Mana uzuratabara abana barezw nabakase nigikomere kidasanzwe💔💔💔💔
Urakoze cane
Ndayitanguy nzonayimara abarundi dukinaneza
Courge cane tm yose Abel 😢🎉🎉🎉❤❤❤
Yooo Ndarize nukur😢😢😢
Birababaje cane
Vyiza caane, ndabona izokwigisha nk'imanga série, courage,🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥🔥
❤❤❤ dad wubahw kwer.ugumudutamw bishash
Nacane cane🔥🔥🔥