ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Naho nzosigara Ndumwe Nzoguma ndamufanaaaaa❤❤❤❤ Melanin Boy Ahabwe Amashurwe yiw Aband Bamukurikire kumugongo nawe abayobore Good performance my Gee Imana Imbere
Umuziki dushaka nuwo, live music niwo muziki w'Abarundi, ibisigaye ngo ni playback mushaka mwobigabanya muduha igiteramo ikaba live hapana ngo aba DJ baciriyeko umuziki muriko murarimba. Gusto hejuru kabisa👌👌👌🇧🇮💯💯♥️
Na Gusto yakoz Live Knd Numva Iryohaaa!!
Turakunda Melanin Boy na DJ Fernando Kandi cane,rero Ayo matiku yanyu tware hariya
Dj fizz niwe uribwiga arihasi cyane too
Gusto melanin bwoy hejur Can imbere niheza 🎉🎉🎉🎉🎉🙏🙏🙏🙏
😊
DjFernando tumwemera sana muntara zos
Gusto nice performance and nice music live.
Gusto ndamwera sana Imana ikomeze kumuba hafi imwigize kure yibihuhusi ntibikamuceko
Utere uj imbere muhungu w’Imana nigihugu 🇧🇮
🔥🔥🔥🔥🇧🇮
Fernando yicare amwigish'iki ko nawe nyene azi kuririmba live?
Burundian live music is the one❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥 Let's go Burundian one Burundian one nation 🎉🎉🎉🎉🎉
Meranin boy juu sana mim 'namuombea azid kuhit kam konde boy
Nagire ngir s'abonner arko kuber iryoshari ndabihevy guteranya abantu sihyiza nugusuniza inyuma iterambere gusto heru cane DJ Fernando henjuru cane
Hejuru mubicu❤❤❤
MC a Ami Pro umu MC wamber mu Burundi azwi abizi ❤ . Ikintu cogutanya ABA Sani siciza J NKUNDA BOS UWUNKOZA NI DJ FERNANDO bamuziba iyi till Siyo
❤❤❤🎉🎉🎉
GUSTO hejuru cane hashoboka💃💃💃💃💃🥰🥰
In Title niyu bubwa p twe abarundi Dukeneye kubana Mu Mahoro kuko Nibi Duhanze Nivyinshi Kurondera Vies suko bikorwa
Vibe🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥
So talented this Guy🎉
Aho iyo titre wanditse nimbatarurwanko wankumuntu,ahijambo rya dj Fernando yavuzemwo niryahe
Aba ba youtubeurs n'imihimbiri nta professionnalisme bafise
Star boy imbwa title yuburofa kubera vues
I love uyo mu gee niw asigay akora Live Knd ntama Contretemps ashiramwo!🎉🎉 Kabisa Afis Nijwi ryizaa ntazobihagarik Live Iraryohaaaaa!!
🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 Hooohoo
Nice
Bro Big up kl Burundi hejuru🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Noe nk iyi tittle washizeko vrt urakomeye mumutwe😏😏
Super 🤞🤞👍👍👍
I love this guy
🔥✌🏿
Iyo agira semi live ndake😊😊😊
Live music 🎶 🇧🇮 ❤
🎉🎉🎉❤
Yududuweeeeee vyiza cane
Nimugabanye guteranya abantu mutazi icabahuke😢
Live music ni yawe bro👌💯
Iki nico bita live🤌This boy🤔tumuhe amashurwe yiwe arayaberey🥰
Turaharii kbxa🎉🎉🎉🎉
Icishe uburundi Nico hagukunda abarundi bacu ngo tubashigikire nukubaryanisha gusa
❤urashoboye cane c'est ça la musique
I live this guy
Gusto wubahwe vrt ndakunda indirimbo zawe cn nshaka kukubona
Isezeranooo❤❤❤❤❤
Hejur gusto
Ça c'est la musique tugomba🤌
Melanie 👌🔥🔥🔥🔥
bandanya uhadomeka kuko ndabona ushoboye live
Umubeshi aho gusto yavuzemwo dj Fernando ??emwe muz tugir désabonner
ibundi uwo niwe wacu w'isezerano twasengey ❤ gus ivyo bijambo wandits ndakugaye niyo wandiik ibijany na video twayiraba ama beef siyo dushirimber
Yubahwee👏👏👏
❤❤❤
melanin Boy❤🎉
Hejuru cane mélanine boy
Twereke mukasi comedien nawe performance yiwe
Umuziki nuwo rero🎉🎉🎉🎉
Gusto wanje ndagufana birenze❤❤
🔥🔥🔥
🔥🔥🔥💥💥💥
Mr umubeshii💥
Gusto hejuru can❤❤❤❤❤
Nciy nkumbura Burundi
Nimba performance za melanin boy ziba zimeze uko sinzosubira kudekona ngo ndeke kugendayo
Gusto ndamukunda sibanga 🥰
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥✌️✌️✌️✌️🇧🇮
❤🎉🎉
Yabikoze neza caane
Man ararenz kbx
Kbx
❤❤🔥🔥🔥🥰
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Harakwiy aband ba MC uyu yavyagay
Melanini boy hejuru can ✴️✴️✴️
The sheep 🎉
Whenever I will see anything here I will not watch, nahora ndakwemera but I hate promoters of hate instead of love and development
StarBoy juu sana🇧🇮
😂😂😂😂 Ngo ??? for sure ?
Gusto hejur
UWOMUSORE WACU ARABISHOBOYE CAANEIMANIMUHE IMIGISHA
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🔥 me kwer musaz👎👍👍👍
None iyi titre vrt😢😂😂
𝐆𝐮𝐬𝐭𝐨🎉🎉🎉🎉𝐡𝐞𝐣𝐮𝐫𝐮❤❤
Abobantu baribagandaye ntamunt yarimberer yabo🤣🤣
Live yateye swata kweliii ntavyaramenya
🙄
Mugani wantuze ngo abarundi ubarabiye kure ntimushima iy live uyigaye ik vrt nkah wibaz drama t ngo yoja inyuma ya melanin I mean mur live music. 😉
I unsubscribe to your channel because of your title
And me also
bye bye
❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉❤
Naho nzosigara Ndumwe Nzoguma ndamufanaaaaa❤❤❤❤ Melanin Boy Ahabwe Amashurwe yiw Aband Bamukurikire kumugongo nawe abayobore Good performance my Gee Imana Imbere
Umuziki dushaka nuwo, live music niwo muziki w'Abarundi, ibisigaye ngo ni playback mushaka mwobigabanya muduha igiteramo ikaba live hapana ngo aba DJ baciriyeko umuziki muriko murarimba. Gusto hejuru kabisa👌👌👌🇧🇮💯💯♥️
Na Gusto yakoz Live Knd Numva Iryohaaa!!
Turakunda Melanin Boy na DJ Fernando Kandi cane,rero Ayo matiku yanyu tware hariya
Dj fizz niwe uribwiga arihasi cyane too
Gusto melanin bwoy hejur Can imbere niheza 🎉🎉🎉🎉🎉🙏🙏🙏🙏
😊
DjFernando tumwemera sana muntara zos
Gusto nice performance and nice music live.
Gusto ndamwera sana Imana ikomeze kumuba hafi imwigize kure yibihuhusi ntibikamuceko
Utere uj imbere muhungu w’Imana nigihugu 🇧🇮
🔥🔥🔥🔥🇧🇮
Fernando yicare amwigish'iki ko nawe nyene azi kuririmba live?
Burundian live music is the one
❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥 Let's go Burundian one Burundian one nation 🎉🎉🎉🎉🎉
Meranin boy juu sana mim 'namuombea azid kuhit kam konde boy
Nagire ngir s'abonner arko kuber iryoshari ndabihevy guteranya abantu sihyiza nugusuniza inyuma iterambere gusto heru cane DJ Fernando henjuru cane
Hejuru mubicu❤❤❤
MC a Ami Pro umu MC wamber mu Burundi azwi abizi ❤ . Ikintu cogutanya ABA Sani siciza J NKUNDA BOS UWUNKOZA NI DJ FERNANDO bamuziba iyi till Siyo
❤❤❤🎉🎉🎉
GUSTO hejuru cane hashoboka💃💃💃💃💃🥰🥰
In Title niyu bubwa p twe abarundi Dukeneye kubana Mu Mahoro kuko Nibi Duhanze Nivyinshi Kurondera Vies suko bikorwa
Vibe🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥
So talented this Guy🎉
Aho iyo titre wanditse nimbatarurwanko wankumuntu,ahijambo rya dj Fernando yavuzemwo niryahe
Aba ba youtubeurs n'imihimbiri nta professionnalisme bafise
Star boy imbwa title yuburofa kubera vues
I love uyo mu gee niw asigay akora Live Knd ntama Contretemps ashiramwo!🎉🎉 Kabisa Afis Nijwi ryizaa ntazobihagarik Live Iraryohaaaaa!!
🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 Hooohoo
Nice
Bro Big up kl Burundi hejuru🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Noe nk iyi tittle washizeko vrt urakomeye mumutwe😏😏
Super 🤞🤞👍👍👍
I love this guy
🔥✌🏿
Iyo agira semi live ndake😊😊😊
Live music 🎶 🇧🇮 ❤
🎉🎉🎉❤
Yududuweeeeee vyiza cane
Nimugabanye guteranya abantu mutazi icabahuke😢
Live music ni yawe bro👌💯
Iki nico bita live🤌
This boy🤔tumuhe amashurwe yiwe arayaberey🥰
Turaharii kbxa🎉🎉🎉🎉
Icishe uburundi Nico hagukunda abarundi bacu ngo tubashigikire nukubaryanisha gusa
❤urashoboye cane c'est ça la musique
I live this guy
Gusto wubahwe vrt ndakunda indirimbo zawe cn nshaka kukubona
Isezeranooo❤❤❤❤❤
Hejur gusto
Ça c'est la musique tugomba🤌
Melanie 👌🔥🔥🔥🔥
bandanya uhadomeka kuko ndabona ushoboye live
Umubeshi aho gusto yavuzemwo dj Fernando ??emwe muz tugir désabonner
ibundi uwo niwe wacu w'isezerano twasengey ❤ gus ivyo bijambo wandits ndakugaye niyo wandiik ibijany na video twayiraba ama beef siyo dushirimber
Yubahwee👏👏👏
❤❤❤
melanin Boy❤🎉
Hejuru cane mélanine boy
Twereke mukasi comedien nawe performance yiwe
Umuziki nuwo rero🎉🎉🎉🎉
Gusto wanje ndagufana birenze❤❤
🔥🔥🔥
🔥🔥🔥💥💥💥
Mr umubeshii💥
Gusto hejuru can❤❤❤❤❤
Nciy nkumbura Burundi
Nimba performance za melanin boy ziba zimeze uko sinzosubira kudekona ngo ndeke kugendayo
Gusto ndamukunda sibanga 🥰
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥✌️✌️✌️✌️🇧🇮
❤🎉🎉
Yabikoze neza caane
Man ararenz kbx
Kbx
❤❤🔥🔥🔥🥰
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Harakwiy aband ba MC uyu yavyagay
Melanini boy hejuru can ✴️✴️✴️
The sheep 🎉
Whenever I will see anything here I will not watch, nahora ndakwemera but I hate promoters of hate instead of love and development
StarBoy juu sana🇧🇮
😂😂😂😂 Ngo ??? for sure ?
Gusto hejur
UWOMUSORE WACU ARABISHOBOYE CAANE
IMANIMUHE IMIGISHA