ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ababonye kwarivyo bateguye mugonge ngaha
None hariho prank idategurwa Ereg nubundi ziba zateguwe uranyeguye ahubwo😂😂😂😂
Erega nubund bib vyateguw 😂😂😂😂hubw nkeke bagir badutemw iyind ikaz kubisuk baciy😅😅😅😅
😂😂😂😂😂😂😂@@scokmedia
Naho nacerewe ibintu vyanyu biramara sresi mbandimwo nukuri mana emera nawe numutwe bowukata usinziriye
Fanny na Norasque ndabakunda cane! Imana yo mwijuru ibampezagirire cane !
ariko sha nukur🤣🤣🤣🤣🤣nora ar mumakosa🤣ariko ni fanny asavy ikigongwe🥲Que Dieu bénit toutes les femmes❤
Ndabasavye munkorere kwifoto mumpe support please munyereke ❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ivyo nivyo mwateguye kuk iyaba mutayiteguye fani aba yarize kera😂😂😂
Murantwengeje nukuri.ati ndiyumva murijewe KO bibabaza umwana.😂😂😂 Ndamenetse nugutwenga
Yewe mbe urwo rugabo KO rusigaye gwirata!Fanny yakoze iki Aho apfukama asaba imbabazi!urazi WE ingene uhora utukana muri pranck?
The way he called her Chouchou 😢❤❤❤ Beautiful couple indeed ❤❤❤ love from Rwanda 🇷🇼 ❤❤
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Fany Nora muraryohera pe ❤❤❤❤
Yooo🤣🤣🤣 Fanny uranyishe baragusukuruye mpore ningene vyari bikubereye mpore gusa ndagukunda pfukama gusa ntiwashavuye
Abavyey bibugenz bihorabishik nah ataribos gus bibah gusinzir bishikir aba mama beshi narwar irimw kand namut uhar ndabakund nono na mama lao❤❤❤❤❤
Nukur abagor twaragow niw umukorey ikos arik niw agusavy imbabaz gus nda❤
Iyi yateguwe kuko iyab asinziriy fone iba yakorotse knd Nora ntiyovga nkuk atumva😀😀😀
Nora umugore wese afise imbanyi wese aguma asinziriye,umwanya wose
Igitanda haragera igihe kikakuruhisha ,basha jewe haraho nashaka nukwirarira muri salon
Na fiko fiko yaragowe niwe akenye arumugabo wivyatsi 😂😂😂 🤸🤸🤸 nimukande kuri like
Muratunezerez Imana ibakomeze mumpano zanyu. Sha Fafa arihangana iyab uwundi ntakigongwe yasab
Fafa ndagukundacan Arik kwimyoza mugabo sivyiza mamy gusa muraryoher can
😂😂😂😂 nkibona intango gusa mbanye ndasegura imbavu kugirango nze gutwenga neza
Ati ndavyumva ko bimukwega amaraso😂😂😂😂😂ndamanyutse no gutwenga 😂😂😂😂😂😂ewe Nora sha ndabikundira.hama ubwiza bwumugabo numugore wiwe,yashaka uhindure look kurako kurako mama rFafa😅
Courage bantu bacu. Ariko Nora wewe iyo Fanny akugiriye prank nturamutsa àbafana. Raba fanny yaturamukije aryohewe
Ndabakunda My family❤❤❤❤ 😂😂😂😂😂😂 gusa mwari mwatebanye Prank Mwibereho mutababay
Abari bakumbuye prank nkanje bampe likee🎉🎉🎉🎉
Hhhhhaa!!sha nono natevy muga ndaje nyen utabeshe biriko bikwega amaraso umwana😂😂abagab ga mana sinzuk mwabaye
Ntaco Égide WE aratomboye amafaranga.Ewe Nora umugore yibungenze ntapfukama
Noraa mwihanganire basii abanze azane bébé shaaa ubu mureke gus fanny ndag❤❤❤❤❤❤
Muga fanny urabesha ngobimara imyaka5😂😂😂😂😂😂😂😂😮😮
Iyi couple nukur ndayikunda arik nak jew wokata ibisuko nkuko sindavýumve kwer😢 ni faiblesse nyen😂😂
Fany ngira aryama nkuwapfuye hemwe ,jew upfa kuvugira impande yanje mba nakumvise ndumiwe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Rek rek mwiza baba babipanz nukudutuburir😂
Kuva Nora akina prank uyumus arambabaje kwel😢😢😢😢😢
😂😂😂😂😂sha genda Nora uranyishe,ngo wiyumvamwo ko biriko bikwega amaraso umwana😂😂😂😂ivyo naje ubingiriye twobipfa
Asha twaheruka kera prank zanyu 😂😂 solution couple ♥️ murantesa kbsa
Ariko Mana Norasque 😂😂😂,bibabaza umwana umwononeye ibisuko,je udasubijeko ibindi twofatana😂😂😂
Nono naw wari kumusab imbabazi vrt kuko wamubabaje Mamalao wacu😢🎉gsa fico arakugoreweko😂😂😂😂😂
Noraa nguvyiyumvamwoo mumurasoo😂😂😂 Mpoleu Maman w'abana❤❤
😂😂😂😂😂 Nono uranyish birk bibabaz Umwan yoood duduw🎉🎉😂😂 uranyish Kl ark wakoz ikos walah
Hhhhhhh bury na norasq yaragow ukunt amakarir iman indind kuj kumugab ntubaha
Mwabiteguye kuko wariko uvugira hafi kandi aryamy salon!huuum kumbe nivyo mutubesha🤔
Haragera naho abantu babwirako nzovyara umwana wumunebwe kubera naguma ryama rero ntamuti uhar bizohera niyibaruka ariko nyene ndabikundir❤❤❤🎉🎉🎉😂😂😂
Nuko nyene ariwe ugura izo dred ubundi kumitahe irimwo warumuguriyeko❤❤❤
😂😂😂😂😂irangiye ntwe nkumbagaye atisubiramwo ubivuge bavyumve niwe umukoreyeko ariko ucumukanga 😂😂😂 basha abagabo bubawe.ariko ndabakunda couple yanyu Ndiho ashishikare abazigama
Narinkumbuye ingen ugend uriruka uraba k foto ziriko zirajamwo😂😂😂
😂😂😂😂 Bash muradutwengej kwl ntimwaheruk p
Haaaaaa ngwahumuntu afatiwe ngoniho agirira ewe fani shaaa urasetsa.soo sweet
Ariko Nora vraiment uratanguy😂😂😂😂 banza umubabarire vraiment so mbaye mubambere abakunzi ba solution couple tumenyane🤞🤞❤️❤️
Ivyonivyobateguy biribonekeza
Ntivyar mbwasaz pe ❤
🤣🤣🤣oya niracque nawe sibwabwana man
Nyene umunt wese yibungenze ategerezw gusinzir nukobidakundak yicar umwanya munini knd agatiro kagumah kaza kumwanya nokuruha bury turaruh niyompamv abavyeyi dukwiy kububah gusa ndabakund❤❤❤muduh inyigish nziza.
We fico ingo hano unyumvire 🤣🤣🤣 ngo wwe nikigongwe ngo nuku 🤞🤣🤣🤣🤣
Mpore di fanny wanj 🥰 nono yakoze ikosa iyo si prank yogukata imishati vrt sivyz
Noraske ntamutihari gusinzira kumugoreyibungenz byamaho ahosiwee kandi aranaremerew reroo ntamuti ubaho kl mureke siweee❤❤❤
Sha iyo prank irabbje nimb mwar mwavgany kwari mugusukurur nayubndi mwohez
Mama lao noe uryama muribaya😂😂😂😂 knd kumurango 😂 ndagukunda disi nono wanyarutse kuvuga kwari prank 🙄🙄 watinye kwagutukagura😂😂
Amaherezo n fanny asavy ikigorwe kand yar kub nora ariw yar gusab ikigorwe 😂😂❤gs ndabakunda 🥰
Ningene bizimvye nyen knd urabikuramw nuwundi akazobishiramwo Niko mufise mensh sha 😂
Iyo si plank kwl mwari mwabiteguy mwabze ivyo muduha gus abarundi iyo mutunz muvuga nabi ngubumeshi bwa bibiri bibiri 😂😂😂😂
Mureke yiryamire.Umuruho nyene yifitiye😢😢😢😢😢😢
Apfa gukata ga atazi ah'umushatsi ugera😅😅😅we ntuzi ukuntu utugora kuronka sha!je ndumiwe nimba yaravye da😂😂😂😂
😂😂😂😂 Nora aranyishe ngo jewe ndavyumva ko bimukwega amaraso🤣🤣🤣🤣 ew mukama ndaba❤❤ ❤❤ bs 🎉🎉🎉🎉🎉
Fanny nukuri ntakosa wakoze niwe yagukoshereje 😂😂😂nagusabe imbabazi kuko nawe iyaba ariwe yarenzaho.
Sh iryositiro nirirogano hamwe bagukata imishatsi ntiwumve😂😂😂😂😂nahora ngirango nij nsinzira
Ibisuko ngo bibabaza umwana😂😂MWe murantyohera kbsa ndabakunda cane bantu banje gusa Fanny ugabany kuza urimyoza sivyiza
Nora nukuri wubahwe nanje niyo ndiko ndaja vuba ndajayo😂😂
Nora ng birik biramukwega amaraso umwana😂😂😂ndatwenze ngibisuko bikweg umumwan
Nukuri ndababaye bidakundako ndungika audio muri commentaire pe gusa ndatwenze nimbavu ndafashe
😂😂😂😂😂
Hhhh birababaje nubwo ariyo mwateguye kuko ukuntu uguma uvuga ntiyareka kukwumva pe canke ukuntu nyen ibisuko yaryamye yabirekuye
Basha.iyiprank.irantwengej.ngovyari.bishaje..ngo.wamenga.urumusazi❤❤
Muzo gumane ugo rukundo gwanyu muru sazane 🎉🎉🎉 imana ibongere imisi yuku baho🙌🙌🙌
🥳🥳🥳🥳🥳narindabakumbuy cn aba choumi bac Nar muk réclama ark mwumv kondab❤vyimvamutim murabibih vyos mungu ababaliki sana abagez hamw mutarashik muko batu bangu❤
😂😂😂😂😂 ng Saba ikigongw umeze gucya🙏🙏🙏
Fany ubwo ww ntuvukana nagakoko karaho gakunda itiro ndanakibagiy izina.yoooooo ark pole mwiza.urakazitiro vrt.😂😂😂😂😂😂😂😊
Yooo she ndabavumbuy nukur ntamuntu yoryam itir nkiryo kuvah wavugiy ntakwumve nurwemb uri gukoresha rurasakuzaa GX urakoze kuduteramisha
😂😂😂😂😂😂😂ukuntu rero yakase uruhande rumwe
Yoooo ariko Nora uramukosherej nukuri ! Yooofiko fiko wew uramuhanze
😂😂😂😂😂😂😂😂Ngo waguma wiyagaza ndamenetse nukuri harakantu wombona
😂😂😂murankuyeho ati j ndavyumvak bimubabaza
Nono jewe ntaburofa nanje nokwishura ndakumwesha igikaya
Nora😮😮😮😮😮😮 urakoze ikosaaaaaaaa
Iyo si prank nukuriii prank nimugihe umugirira ikintu akibaza ko arico mais ataricoooo wapiiii norasque wagize nabi sivyiza na prank ya fx
Mana ndumiw mwqbivuganye wogira ivyovyose atarikangura yoba ari muzima buretse sha😮
Itiro urarizi wewe?birabaho ntawe urumva bamwivye imatela iyiryamyeko?
@@christineladoucemirondok-qs5cn😂😂😂😂wapi uyo aba yaronzwe
Baguma basinzirikana😂😂😂😂hige bébé rer azoze ataryamy muzomubon😅
Ngo nsaba ikigongwe ufukamye je muranyishe nukri🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Fanny ndagukunda peeee ariko kwimyoza umutware wawe sibyo kabone nubwo yobarimumakosa
Fanny nono Yar yabonye ivyobisuko vyanutse😂😂😂 niyimpamvu yabikase pol twar tubakumbuye😂😂😂
Ibusuko bibabaza umwana gute atari we abisutse😂😂😂😂😂😂😂,nihatari kweri😂😂😂😂😂
Iryo tiro rizoherane nivyo bihe si non n'umwana azosanga bamurenganye impingwa walahi😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣iyo plank iranyishe nukurii😂😂nukurii noraske niwe wambere arategura kabisaaa
Murahenda aband aho mwabipanz ukata ama exstation ngo ukase drede.aho ucuj gukoresh izind exstation
Barabipanga bagaca bifatisha ubuserieux
Nne babipanz bitwayiki we raba gusa
😂😂😂 urakoze @@maniraduhadona
😂😂😂😂😂@@maniraduhadona
😅😅😅😅 ndumufana wanyu ❤
Norasque nayaguhe ugirishe retouche kugirango,ubandanye akazi neza,kandi izo prank rimwe narimwe sinziza kuko ziratsitaza umuntu,nibwo harimwo impanuro nyinshi.
Mama lao kamere irazamutse😂😂😂😂😂😂😂😂.ariko Nola harumunsi uzogira Prank agac avyara iyitagez
Zana MBandanye ndabikate🤣🤣😭😭
Ngibisuko ngo bibabaza umwana Ari Munda ndamanyutse😂😂😂😂😂😂😂
Umengo mwabiteguye kwl ariko Kandi murakunzwe caanee courage kandi🥰
Ngaho ndebera,ubu ubona afite imbaraga zo.kwicara amasaha angahe,ngo bamusuke nanone.
Fico aragorewe kuri nolasque kabisa😂😂😂😂😂❤❤❤❤
🤣🤣🤣🤣🤣tekan azoguh ayand usukeee numubos uwuraho ngra tabby k hagze ntushobra kuj hary nivy bisuk yubahweee ahubw gus brakubrey gum ukonyne egooo uzomukweg uw munw yam yavuzek yabhevy akagum ubisubra nub wbon abisubriy land arik asab imbaba🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂nn funny WW yagukataguye urihe???uwomwanyawose umuntu ariko agukatagura ntiwumve nukuri agatiro naww karagutwara cn knd umbarire natwenze
Imaniguhezagire kusavyimbabazi ariko ntuzosubire kumwikokomora
Iyi siyo ntimuduhend prank wokor ivyo vyose ntakunv puuu 😂
Ababonye kwarivyo bateguye mugonge ngaha
None hariho prank idategurwa Ereg nubundi ziba zateguwe uranyeguye ahubwo😂😂😂😂
Erega nubund bib vyateguw 😂😂😂😂hubw nkeke bagir badutemw iyind ikaz kubisuk baciy😅😅😅😅
😂😂😂😂😂😂😂@@scokmedia
Naho nacerewe ibintu vyanyu biramara sresi mbandimwo nukuri mana emera nawe numutwe bowukata usinziriye
Fanny na Norasque ndabakunda cane! Imana yo mwijuru ibampezagirire cane !
ariko sha nukur🤣🤣🤣🤣🤣nora ar mumakosa🤣ariko ni fanny asavy ikigongwe🥲Que Dieu bénit toutes les femmes❤
Ndabasavye munkorere kwifoto mumpe support please munyereke ❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ivyo nivyo mwateguye kuk iyaba mutayiteguye fani aba yarize kera😂😂😂
Murantwengeje nukuri.ati ndiyumva murijewe KO bibabaza umwana.😂😂😂 Ndamenetse nugutwenga
Yewe mbe urwo rugabo KO rusigaye gwirata!Fanny yakoze iki Aho apfukama asaba imbabazi!urazi WE ingene uhora utukana muri pranck?
The way he called her Chouchou 😢❤❤❤ Beautiful couple indeed ❤❤❤ love from Rwanda 🇷🇼 ❤❤
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Fany Nora muraryohera pe ❤❤❤❤
Yooo🤣🤣🤣 Fanny uranyishe baragusukuruye mpore ningene vyari bikubereye mpore gusa ndagukunda pfukama gusa ntiwashavuye
Abavyey bibugenz bihorabishik nah ataribos gus bibah gusinzir bishikir aba mama beshi narwar irimw kand namut uhar ndabakund nono na mama lao❤❤❤❤❤
Nukur abagor twaragow niw umukorey ikos arik niw agusavy imbabaz gus nda❤
Iyi yateguwe kuko iyab asinziriy fone iba yakorotse knd Nora ntiyovga nkuk atumva😀😀😀
Nora umugore wese afise imbanyi wese aguma asinziriye,umwanya wose
Igitanda haragera igihe kikakuruhisha ,basha jewe haraho nashaka nukwirarira muri salon
Na fiko fiko yaragowe niwe akenye arumugabo wivyatsi 😂😂😂 🤸🤸🤸 nimukande kuri like
Muratunezerez Imana ibakomeze mumpano zanyu. Sha Fafa arihangana iyab uwundi ntakigongwe yasab
Fafa ndagukundacan Arik kwimyoza mugabo sivyiza mamy gusa muraryoher can
😂😂😂😂 nkibona intango gusa mbanye ndasegura imbavu kugirango nze gutwenga neza
Ati ndavyumva ko bimukwega amaraso😂😂😂😂😂ndamanyutse no gutwenga 😂😂😂😂😂😂ewe Nora sha ndabikundira.hama ubwiza bwumugabo numugore wiwe,yashaka uhindure look kurako kurako mama r
Fafa😅
Courage bantu bacu. Ariko Nora wewe iyo Fanny akugiriye prank nturamutsa àbafana. Raba fanny yaturamukije aryohewe
Ndabakunda My family❤❤❤❤ 😂😂😂😂😂😂 gusa mwari mwatebanye Prank Mwibereho mutababay
Abari bakumbuye prank nkanje bampe likee🎉🎉🎉🎉
Hhhhhaa!!sha nono natevy muga ndaje nyen utabeshe biriko bikwega amaraso umwana😂😂abagab ga mana sinzuk mwabaye
Ntaco Égide WE aratomboye amafaranga.Ewe Nora umugore yibungenze ntapfukama
Noraa mwihanganire basii abanze azane bébé shaaa ubu mureke gus fanny ndag❤❤❤❤❤❤
Muga fanny urabesha ngobimara imyaka5😂😂😂😂😂😂😂😂😮😮
Iyi couple nukur ndayikunda arik nak jew wokata ibisuko nkuko sindavýumve kwer😢 ni faiblesse nyen😂😂
Fany ngira aryama nkuwapfuye hemwe ,jew upfa kuvugira impande yanje mba nakumvise ndumiwe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Rek rek mwiza baba babipanz nukudutuburir😂
Kuva Nora akina prank uyumus arambabaje kwel😢😢😢😢😢
😂😂😂😂😂sha genda Nora uranyishe,ngo wiyumvamwo ko biriko bikwega amaraso umwana😂😂😂😂ivyo naje ubingiriye twobipfa
Asha twaheruka kera prank zanyu 😂😂 solution couple ♥️ murantesa kbsa
Ariko Mana Norasque 😂😂😂,bibabaza umwana umwononeye ibisuko,je udasubijeko ibindi twofatana😂😂😂
Nono naw wari kumusab imbabazi vrt kuko wamubabaje Mamalao wacu😢🎉gsa fico arakugoreweko😂😂😂😂😂
Noraa nguvyiyumvamwoo mumurasoo😂😂😂 Mpoleu Maman w'abana❤❤
😂😂😂😂😂 Nono uranyish birk bibabaz Umwan yoood duduw🎉🎉😂😂 uranyish Kl ark wakoz ikos walah
Hhhhhhh bury na norasq yaragow ukunt amakarir iman indind kuj kumugab ntubaha
Mwabiteguye kuko wariko uvugira hafi kandi aryamy salon!huuum kumbe nivyo mutubesha🤔
Haragera naho abantu babwirako nzovyara umwana wumunebwe kubera naguma ryama rero ntamuti uhar bizohera niyibaruka ariko nyene ndabikundir❤❤❤🎉🎉🎉😂😂😂
Nuko nyene ariwe ugura izo dred ubundi kumitahe irimwo warumuguriyeko❤❤❤
😂😂😂😂😂irangiye ntwe nkumbagaye atisubiramwo ubivuge bavyumve niwe umukoreyeko ariko ucumukanga 😂😂😂 basha abagabo bubawe.ariko ndabakunda couple yanyu Ndiho ashishikare abazigama
Narinkumbuye ingen ugend uriruka uraba k foto ziriko zirajamwo😂😂😂
😂😂😂😂 Bash muradutwengej kwl ntimwaheruk p
Haaaaaa ngwahumuntu afatiwe ngoniho agirira ewe fani shaaa urasetsa.soo sweet
Ariko Nora vraiment uratanguy😂😂😂😂 banza umubabarire vraiment so mbaye mubambere abakunzi ba solution couple tumenyane🤞🤞❤️❤️
Ivyonivyobateguy biribonekeza
Ntivyar mbwasaz pe ❤
🤣🤣🤣oya niracque nawe sibwabwana man
Nyene umunt wese yibungenze ategerezw gusinzir nukobidakundak yicar umwanya munini knd agatiro kagumah kaza kumwanya nokuruha bury turaruh niyompamv abavyeyi dukwiy kububah gusa ndabakund❤❤❤muduh inyigish nziza.
We fico ingo hano unyumvire 🤣🤣🤣 ngo wwe nikigongwe ngo nuku 🤞🤣🤣🤣🤣
Mpore di fanny wanj 🥰 nono yakoze ikosa iyo si prank yogukata imishati vrt sivyz
Noraske ntamutihari gusinzira kumugoreyibungenz byamaho ahosiwee kandi aranaremerew reroo ntamuti ubaho kl mureke siweee❤❤❤
Sha iyo prank irabbje nimb mwar mwavgany kwari mugusukurur nayubndi mwohez
Mama lao noe uryama muribaya😂😂😂😂 knd kumurango 😂 ndagukunda disi nono wanyarutse kuvuga kwari prank 🙄🙄 watinye kwagutukagura😂😂
Amaherezo n fanny asavy ikigorwe kand yar kub nora ariw yar gusab ikigorwe 😂😂❤gs ndabakunda 🥰
Ningene bizimvye nyen knd urabikuramw nuwundi akazobishiramwo
Niko mufise mensh sha 😂