URI MU BIHE KI ?
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 31 ก.ค. 2024
- #MINEVAM_KIGOBE_CHURCH
Thème : Uri mu bihe ki?
-------------------------------
Abacamanza6:1-16
1. Ibihe bigoye vy'umubabaro. V 2-5
Hari imvo nka 2 umubabaro ushobora kuvako.
-----------------------------
• Hari umubabaro Igihe uba mumugararizo nkana kandi waramenye Imana.
V1 & V7-10
Nokora iki?
Nkwiye gutakambira Imana nkihana. V.6
Kuko uwo ni umubabaro uva kumana 2 Cor 7:10
* Hari umubabaro igihe watewe n'umugwanizi canke uri mwihamwa.
Nokora iki?
Nkwiye kuguma mukwizera no kwihanganira imibabaro
Hebr 10:35-39
2. Ibihe vyo gutabarwa
V11-16
V11-12 Imana ikugendereye iguhindurira izina.
Ex: Wamuhizi w'inkomezi
V13 & 15. Imana ikugendereye igusaba guhindura ivyiyumviro bipfuye.
V14 & 16. Imana ikugendereye igusaba kwitaba umuhamagaro wayo kuko ariyo izogukomeza.
Ryatanzwe na Rév. Pasteur NINGANZA Aimé Prosper
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Amen Amen 🙌 🙌
Ndafashijwe
❤❤❤imana ibandanye kubashoboza muri vyonse
🙏🏿🙏🏿
Ndakunda Esdras biranguza
Ndafashijwe…
Merci bcp narafashijwe cane
Vive les reseaux sociaux!!! Nijwi rishika kure!benshi bagashikirwa n' ijambo ry' Imana, bagahembuka,bagakira,bagakizwa,bagakomera, bakakira inkomezi nsha zo kubandanya,etc... courage!!! Abazikoresha neza, Imana ibahezagire, abazikoresha nabi nibikebuke.