ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Abaririmvyi va kera vyukuri ni icitegererezo c'abaririmvyi ubu.Barakwiye kuzifatirako akarorero mugihe nariko barategura indirimbo zabo
Who listenning this song in 2018.Impanuro zirimwo zirarenze.Proud to be burundian 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Bararirimba p😮nizakeracane muze muraziduha canecan zimwe zamashi😂
Wubahwe ww washizeko iyi ndirimbo 🙌🙌🙌🙌
Voila les vraix artistes, la batterie ? C',etait Un ressort de voiture. Comme cymbales. Tout etait vrmt naturel mieux qu'une programation de boite a rythme.
Uburundi burakwiye abarimyi nk'aba muri iki gihe.
yooooooooooooo abumva ni bumve iyi ndirimbo irimwo impanuro kububakanye nabagomba kubakana sikintu gisanzwe
Niyubahwe uwayikoze atari abubu uzawumva ngo ibisusu
Murakoze kutwibutsa utiririmbo twkera mukomeze%
Akiwacu ❤
Aba batama bararirimba neza kandi cane!!! Warakoze ww wiyumviye kuzishira kuri TH-cam. Akaranga kacu ni keza caneee
Turasavye kuba tuzi donloading muzoba mukoze
Akakera
😁😁yooooh
Abo Nibo baribazi kuririmba
KURUZI BENGA
Qui saurait dans quelle année cette chanson est-elle sortie?
Abaririmvyi va kera vyukuri ni icitegererezo c'abaririmvyi ubu.
Barakwiye kuzifatirako akarorero mugihe nariko barategura indirimbo zabo
Who listenning this song in 2018.
Impanuro zirimwo zirarenze.
Proud to be burundian 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮