Agaciro Media aho twamugendeye i Buhiga mu ntara ya Karusi,Samuson batazira El Haj twasanze yoroye ubusho bw'inkwavu araheza atwiganira vyinshi kurubwo bworozi bwazo be n'ubuhinga akoresha Wipfuza kumuvugisha:+257 69 27 29 40 👉Wipfuza ko Agaciro Media tukugendera twandikire kuri #agaciromedia_68013513 #ibangaryabatunzi #entreprenariat
Agaciro Media aho twamugendeye i Buhiga mu ntara ya Karusi,Samuson batazira El Haj twasanze yoroye ubusho bw'inkwavu
araheza atwiganira vyinshi kurubwo bworozi bwazo be n'ubuhinga akoresha
Wipfuza kumuvugisha:+257 69 27 29 40
👉Wipfuza ko Agaciro Media tukugendera twandikire kuri #agaciromedia_68013513
#ibangaryabatunzi
#entreprenariat
Aho musaza 👌👌
Twagufasha kuvura ibibazo nkibyo byokurwara kwinkwavu. Turabisobanukiwe cyane, cyane bloat
Homme du changement nukur nkomeza kubashimira kuko mukomeza kuduha ibiganiro bitwubaka ndabakunda cane ❤❤
Vyiza cane agaciro mediya ndabakunda
I can see a bright future in Burundi the place where I was born big up Burundians
Ndamwemeye cane afise ivyiyumviro birashe
😢
Mukomere canee
Vyiza cane. Gusa ntiwatwereyse neza utwo azigaburiramwo, utwo zivyariramwo nukuntu hangana kuko natwe tuba turiko turarahura ubwenge mugukurikirana ibiganiro vyanyu. Mukomere
Turagukuuuuuuuunda cane mutama. Nukuri homme utuma uwakimvirije atoguheba. Wubahwe mutama wacu.
Murakoze
I am the one of those who appreciate this content!!!
Nukuri uwagukurikiye ntuzomumaramaza kand utuma atazoguheba. Jimbere mutama wacu tukuri inyuma homme
Courage Bro
Urukwavu rwubahwe!
Kuberako ufite isambu uzahinge ubwatsi bwitwa chrolis gayana (hay grass) nubwitwa Alfalfa imbuto yabwo wazayigura u Ganda cg Kenya
homme du changement ✌✌✌
Nivyo abarundi benshi ntibibaza ko imbeho ishitse muruhongore gwibitungwa bituma impfu zibitungwa bigasaba guhasusurutsa
Komera samsoni
Ndakunda ibiganiro mudushikiriza mukomezekbs
Couraj
Uraciyumbwenge cane
Courage Bro