Urutonde rw'indirimbo za Mutima Mweranda ziryoshe cane
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
- Gira S'abonner, j'aime, commentaires hamwe na Partager, musangize abandi imihezagiro y'ingabirano za Mutima Mweranda.
Umviriza uturirimbo twa Mutima Mweranda turyoshe cane!
N'utu nyene kubwanyu
• PSAUME DE LA CREATION ...
• CHANT D'ACTION DE GRÂC...
Ingabirano za Mutima Mweranda ni indwi (7):
1. Ubwitonzi:
Umuzo wa Mutima Mweranda uratanga ingabirano y'ubwitonzi idufashaikongera ikaduherekeza mu buzima, ngo dushobore kwakira ijambo rya Yezu-Kristu weBwitonzi bwa Data.
2. Ubwenge:
Ingabirano ihishurira umutima wacu ishaka ry'Imana.
3. Ubuhanuzi :
Twoyitiranya n'amajambo yo muri Bibiliya, avuga umuco w'indongoziy'umutima, itera imbere biciye mw'isoko ry'intakama ry'ijambo ry'Imana.
4. Ubukomezi:
Ingabirano y'Imana idufasha gukomera mu kwemera, kurwanya ikibi,ikaduha n'ingoga z'ugushingira intahe Kristu yabambwe akongera akazuka, mu mvugo nomu ngiro.
5. Ubumenyi :
Ingabirano idufasha kwinjira mu bumenyi bw'ibinyegezwavy'ubwami bw'Imana, s'ubumenyi bufatiye ku bwenge bwacu gusa, ariko n'ukumenyaImana muri Yezu Kristu.
6. Ugusenga:
Iserura inyifato yerekeza ivyiyumviro n'ibikorwaku Mana no ku bagenzi yisunze Imana.
7. Ukwubaha Imana:
n'inyifato iranga umutima, itokwitiranywa n'ubwobabw'umuntu imbere y'ubukuru n'ubweranda bw'Imana. Ukwubaha Imana kwerekana riho ubumenyi bw'uwo wese,kubera urukundo yumva akundwa n'Imana, adashobora kubaho yirengagije ubunywanyi bwiwe n'Imana
Amen 🙌 Imana iragahora isingizwa!
Kandi ikomeze ibagwizeho imigisha. Ndabakunda cyane ni Claudine from 🇷🇼
@@uwamariyaclaudine4025 Murakoze cane rwose. Musangize n'abandi tuno turirimbo turyoshe tutwinjiza muri Roho Mtakatifu🙏
@@CatholicGospelTV
Cyane rwose.
Murakoze namwe.
Waouh! May God Bless you waouh
Urakoze cane kutwuzuzaaa! Que Dieu te bénisse !
Merci iii infiniment !
Viens Esprit Saint, remplis les cœurs de tes fidèles!!!
Amen
Hallelujah
Amen lmana nihabwe icubahiro.
Alléluia alléluia urakaza Mutima Mweranda @
Bien bien
Don de Dieu
Thanks more!
Biennnnnnnn
Come, come Holy Spirit!
Merciii bcp!
Murakoze
❤❤❤
Manuka uhindure imitima yacu!
Viens Esprit Saint!
Merci beaucoup! Turubaka!!!
Viens, Esprit Saint,
remplis les cœurs de tes fidèles,
et embrase-les du feu de ton amour.
Envoie ton Esprit, et tout sera créé,
Tu renouvelleras la face de la terre.
Prions le Seigneur:
Seigneur notre Dieu, par l’illumination de l’Esprit Saint,
tu as instruit les cœurs de tes fidèles;
rends-nous dociles à ton Esprit
pour apprécier ce qui est juste
et donne-nous d’éprouver toujours
le réconfort de sa présence.
Par le Christ notre Seigneur.
Amen.
bakundwa,turyohewenututuririmbo,nutundimudutumire
Murashoboy
@@BukuruGerard-ce2nv vyose tubikesha inema y'Imana
Amen, merci
COME HOLLY SPIRIT TO HILL US
Iga Excel neza: th-cam.com/video/a7uF4zi3kWI/w-d-xo.html
Merci aussi
❤❤❤❤