DJ Fernando n' agashavu kenshi yihanije Ami Pro ||bamuvugirije Indirimbo ataraza

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 25

  • @SteveNimpagaritse-wj4yd
    @SteveNimpagaritse-wj4yd 2 หลายเดือนก่อน +4

    Big up sana sha Dj Fernando, hama abo bakuvugiriza indirimbo utarashikirwa nabo nibareke kuguca intege.
    Burya umuziki womuburundi twari turonse génération nziza zabahungu bakora neza ariko inzigo yama promoteurs bamwe bamwe nabandi bigira ko bakunda umuziki umunsi izohera umuziki wuburundi muzotera imbere ariko at ariko bizobagora kuko mufise inzigo nishari ryinshi.
    Abansi bambere bumuziki Ndundi nimwebwe nyene aba Promoteurs naba DJ. Rero umuziki nutatera imbere muze mumenye namwe ko mubifisemwo uruhara.
    Abarundi nimureke inzigo mufashanye muduge mwese.

  • @ViateurNdayisenga-q3v
    @ViateurNdayisenga-q3v 2 หลายเดือนก่อน +1

    Courage❤

  • @AlbericDUSHIMIYUMUKIZA-xp6xe
    @AlbericDUSHIMIYUMUKIZA-xp6xe 2 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @Enoc22
    @Enoc22 2 หลายเดือนก่อน +1

    Fernando kazima IMANA ugukunda Abo nabo birabasha❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉turakwemera❤❤

  • @TalibSalee
    @TalibSalee 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤ fernando

  • @Slime-s5p
    @Slime-s5p 2 หลายเดือนก่อน

    Big up ❤🔥

  • @nahayoegide9828
    @nahayoegide9828 2 หลายเดือนก่อน +1

    ♨♨♨♨♨♨

  • @IrasubizaFelix
    @IrasubizaFelix 2 หลายเดือนก่อน

    Komereza aho

  • @rablaasdq2341
    @rablaasdq2341 2 หลายเดือนก่อน +1

    Uko biri kose umwana yankwa niwakura guma ubatamwa

  • @calvadosog
    @calvadosog 2 หลายเดือนก่อน +1

    Kuvugiriza indirimbo umu Star ataraza kur stage nukugandisha indirimbo ziwe azakuza bazihimvye

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 2 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr 2 หลายเดือนก่อน +1

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @NkurunzizaJéréremie-r7y
    @NkurunzizaJéréremie-r7y 2 หลายเดือนก่อน +2

    Man simpaka uzokwame uvuga niwamuko burikantu umengo ntiwoherezwa nubwuzoburimukur tuzabona kurymushwanyi wew rabana nakazi ibindi uzozubivuga witonze man urekumunwa

    • @Slime-s5p
      @Slime-s5p 2 หลายเดือนก่อน

      Urikijuju wew wew ntumukunda ariko ntaco muzomugira

    • @angeFelixKwizera
      @angeFelixKwizera 2 หลายเดือนก่อน

      Mbega ko banka ukuri!!!

  • @ndoricimpasimplicite3448
    @ndoricimpasimplicite3448 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂yama yidoga

    • @Slime-s5p
      @Slime-s5p 2 หลายเดือนก่อน

      Namwe inzigo irabishe

  • @SafYves
    @SafYves 2 หลายเดือนก่อน

    🤣🤣🤣🤣

  • @JordyHabarugira
    @JordyHabarugira 2 หลายเดือนก่อน +2

    Uyo mwana agakino ka buja ntarakameya ishavu siryo rikugira ico uri ahubwo guca bugufi Nico utuma ugera Aho ushaka

    • @SteveNimpagaritse-wj4yd
      @SteveNimpagaritse-wj4yd 2 หลายเดือนก่อน +3

      Wewe wakamenye haraho urabona umuririmvyi afise igiteramo knd aza kuririmbamwo bakaguma bamuvugiriza indirimbo atariko ara performa kuri stage?
      Abarundi bamureka inzigo nukwipfuza gutera imbere mwenyene. Uwo muhungu nubwo mumwanka azotera akomera tuu.

    • @AlexandreSinunguka-t3g
      @AlexandreSinunguka-t3g 2 หลายเดือนก่อน +1

      Uramuntanze 💪💪baramwank tuuu arik ibikogwa bizivugira

  • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
    @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 2 หลายเดือนก่อน

    None kwarizo ziri hit

  • @RenovatReuben
    @RenovatReuben 2 หลายเดือนก่อน

    Ahubwo Arab neza azohav ansanga wamuvyeyi yakora mujisho yaramuhumiye 😅😅

    • @Slime-s5p
      @Slime-s5p 2 หลายเดือนก่อน

      lol inzigo yanyu ntaco izomugira ni hit after hit