Parfaite INEZA - KUBANDIHO (Official Video)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 8 พ.ค. 2022
- Produced by Fabrice Nzeyimana & Wavelab
Directed by John Elarts
V1
It wasn’t expected
Of you to arise
In the midst of silence
No one was found
To redeem men
You said:
Let me be
The redeeming sacrifice of the World
It wasn’t expected
C:
My being
All Is from you
My being, Lord
Is from you
You shed blood for my sake
You gave life for my sake
You died for my sake
PB:
He who ascended is greater than all
He who ascended is above heavens
B:
He must become greater and I become less, He is Lord.
Dominion belongs to Him now and forever, He is Lord
He is worthy to be lifted high, He is Lord
He is worthy of applause, He is Lord.
V/Ntivyari vyitezwe
kuhaguruka
hagati mugacerere
atanumwe yabonetse
wogucungur'abantu
uravuga ngo
nab'ari jewe
mb'ikimazi co gucungura ISI
ntivyari vyitezwe
Chorus/Kuba Ndiho
vyose nikubwawe
Kuba Ndiho mwami
nikubwawe
wameny'amaraso kubwanje
watanz'ubuzima kubwanje
wapfuye kubwanje
Pr bridge /Uwaduze niwe asumba Bose
uwaduze niwe ari hejuru y'amajuru
Bridget/Akwiye gukuzwa nkagirwa muto niwe Mwami
Inganji niyiwe Ubu n'ibihe vyose niwe mwami
Ashirwe hejuru arabibereye niwe mwami
akomerw'amashi arayakwiriye niwe mwami
Parfaite Ineza ur'umugisha twahawe n'Imana, ndagusengera ngo NDIHO agukoreshe mugushitsa imigambi yiwe biciye mu ngabira wahawe.
Powerful song 💥💫Kuba turih nikubwi
It is easier for God to manifest Himself when there is a Heart that worship Him in spirit and in truth like this of Parfaite INEZA... Go ahead, We love you so much
Humbled 🙌I love you back my Doctor ❤️
Vyose ni kubwawe Mwami wacu
Halleluyaaaa😭😭😭🙌🏾
Nashimwe kuko ari Imana yuzuye rukundo, yatanze ubuzima kugira mbeho😭🙌🏾🙌🏾
Imana iguhezagire kunyibutsa ko kuba ndiho ari kubwiwe🙏🏾♥️
Amen thank u Célia🥰
Kuba ndiho vyose ni kubwawe🙌
Wauh, what a song!! Akwiy gukuzwa nkagigwamuto kabisa
Ooooooh my God iyutaza tubaturabande
Iyi ndirimbo iriko irafasha ubugingo bwange can
Amen 🙌🏾🙌🏾😭
Brother serges thnk u 🥰❤️
Halleluyaa akwiye gushimwa🙌
Imwe mungabire ishengero ryo muburundi rifise :" hezagirwa mushiki wacu
Igihe kinini nshak video yiyi ndirimbo God bless you more 🙏
Parfait ndagusabye muzokore collable na Gaby Kamanzi harukuntu kuririmba birii eloquently Warming ,❤️
Love you parfaite lmana ibandanye igukomeze
Courage sha Sisi : ❤
Kiba ndiho ni ku bwawe
Kuba ndiho nikubwiwe kubwivyo Akwiye gukuzwa nanje Nkagigwa muto... thank you My Sister keep the heart of Worship
Amen thank u brother🥰🥰
oooh amazing! what a voice. keep it up. Kuba turiho ni kubw’Uhoraho .. feeling it!!!
Ubandany ubaho kubwa Kristo mukunzi wImana!! T es un bon exemple pour ta génération 💞💞💞
Amen amen iyi ndorimbo iramfashije kwl nibutse ibihe narindimwo kare kandi iciye inyibutsa urukundo Imana yadukunze.
La première fois nayumvise j'étais enceinte de ma fille nayiririmba presque tous les jours et même le jour de mon césarienne (urgence)que je dirais ko yari horrible nariko ndayiririmba numva mfis amahoro arenze atabwoba alors k n'abaganga Bari bafise ubwoba!keep shinning Urushirize kuba uwikimazi..Good bless u so much
waoooo amen
Imana n'umwizigirwa knd ivyiyumviro vyayo nivyamahoro kubuzima bwacu...God bless u
Hallelujah Hallelujah Hallelujah
Nukuri Uhoraho aguma atembesha inzuzi z ubugingooo... Akuzwe ,tugirwe bato. Many many thx to u.
Amen🙌
IMANA iguhe umugisha nukui🥺😭😭❤️🙏🏾🙏🏾
Amen amen🙌🙇❤️
Its a nice song. Turahzagiw kkgra
Wapfuye kubganje Mwami Yesu
kuba ndiho vyose nikubgawee ... Amen Amen
You’re blessed
I can't wait 🔥
Thnk u😍
Finally
We got the heavenly song
Thank you sister
@@edenbanga thank u Lil sis ❤️🥰
Hallelujah, ashirwe hejuru niwe Mwami akomerwe amashi arayakwiriye
🥺 Warakoze Mwami Yesu🙌 Kuba Ndiho ni kubwawe.
Amen amennn avance sis
Hallelujaaaaaaah
Akwiye gukuzwa nkagirwa muto kuko niwe Mwami 🙌🏽🙇🏽♀️
Uwaduze asumb bose🥺 amazing work dear
👏🏻🙌🏽
Thank u🙏🙌
OHHH BLESS U AM SO TACHED 🙏
Courage Parfaite Imana ibandany igukuriz impano ufis uririmb b1 🙌🙌
Ni Wewe gusa Mwami Yesu Kristo... Warakoze..kuva ndiho Ni Weweee
Merci bcp gushira Kuri youtube ino ndirimbo,ndi mubahora bayumva Kuri radio ariko nkayibura Kuri platform,keep moving forwards!
Ntamusi uhera ntumvirije this song,ababa Dubai turagutahije!!
Murakoze cane🙌
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Amen Inganji icubahiro nivyiwe ubu nibihe vyose Akomerwe Amashi arayakwiriye
Indirimbo nziza amajambo meza..courage parfaite..ukomereze aho
Mercii🙏
Good job 👏
Good job♥️
🙌🏽🙌🏽🙌🏽
Amen ,God bless you
🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌😍😍😍
You're greatly blessed Woman of God 🙏🙏🙏May the God you serve in spirit show himself strong in everything that concern your life
Amen
🙌🙌🙌🙌
❤❤
Kubandiho vyose ni kubwawe YESU 🙌🙌🙌🙌
🙌🙌🙌🙏
Wamenye amaraso kubwanje🙌🙌🙌Halleluyah Amen
🙌🙌🙌kuba ndiho vyose nikubwawe courage Parfataite
🔥🔥🔥🔥
Akwiye gukuzwa ntagigwe muto😭😭😭🙌🏻🙌🏻🙌🏻❤️❤️
Oooooh God🙌warakoz gutang umwana waw kugira aducungure🙏
Kuba ndiho 🙌🏼🙌🏼nikubwaw Yesu
Hallelujah
Gloooryyy Hallelluyaaa Deep deep
Amen🙌 vyose ni kubwawe Kristo
❤❤❤❤❤❤
Tu es digne de gloire SGR et M6 pour cette belle créature parfaite yuzuye ubwiza bwawe
Amen
I've been searching this song many times,so thankful for this song!
Congratulations sister Parfaite
Thank u brother
😭😭❣❣
Imana iguhezagire parfaite
Amen🙏
"Worthy is the Lamb slaughtered to receive power, riches,wisdom,strength,honor and blessing" accepted to open the scroll👏. Ineza and everyone who helped you out to make this great work happen need to be thanked for this impressive song. May God bless you bcuz you're a blessing to many too. Just a very simple comment , in my opinion in order to make your point get crossed by other people around the World , please remember lyrics (english or french). Be richly blessed
Yes worthy is the holy lamb🙌🙌the lyrics in english are in my description thnk u i appreciate🥰🙏
Prayer well articulated! His love is indescribable. GBU
Amen beautiful twins🥰🥰
Shine in the name of jesus mi class mate🔥🔥🔥👌
Kubandiho nikubwiwe
Hallelujah
Powerful song 👏👏
Thnk u🙏
This is an Anointed song!!🔥🔥My sister Parfaite Aho hantu yavuye Iyi ndirimbo uhagume cane!Warahezagiwe cane!
🙏🏻🙌🏼💘❤️🩹❤️🔥🙌🏼🙏🏻
🙇🏽♂️Imana ishimwe 🙇🏽♂️
Amen amen🙏🙏🙏good song profaite ineza courrage sna🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iyo ndirimbo nayumvise kuri voix d'espoir and i felt in love with it.vraiment uriko uguma utera intambwe caane.maze imisi ngukurikirana, vraiment urazi ivyo urimwo.kandi uririmbanka Daniella from Rwanda.Your voice is nowdays unique!!!we uraza the kind of music abantu dukeney!!!ubandanye utera intambwe!!!
Murakoze cane🙏
We serve the owesome God....Amen🎤🙏🙌🙌🙌
Jean 3 :30 " Lui doit devenir de plus en plus grand,et moi de plus en plus petit" 🙌🙌 uwaduze niwe asumba boseee🙌🤗 mrciiiiiii bcp kuduhezagira biciye muri iyi ndirimbo Parfaite 😍😍ukomeze gukayangana encore plus!!!
Amen amen🙇🙇
Uhoraho akomeze intambuko zawe …👏🏽Igikorwa ciza cane wakoze, ubihezagirirwe 🙏🏽
Amen amen🙏
Amen ,be blessed 🙌
what a beautiful song! blessings my friend! I'm sharing this with my friends that I know.
Yes let's spread it thnk u🙏
Go ahead Parfaite Ineza🔥🔥
Ni indirimbo yo guhimbaza Imana, merci parfaite, Imana ibandanye igukuriza impano, uri umugisha !!
Amen🥰❤️
Thanks Dear Worshiper For This One🇧🇮❤️❤️ Glory To God
Hallelujah .... powerful song🙌🙌🙌
Hallelujah I was waiting expectantly for this song 😍😍😍😍 i use to have it in my playlist...thank u so much ,,
Humbled🙌🙌thnk u
Akwiye gukuzwa nkagirwa muto.....isengesho ry'abamwubaha
Amen❤️🙏
🙇
💥💥💥💥🙏🙏 amenn
May God increase you more and more 😊🙌
Magic voice🥰
🥰🥰
May the Lord bless you more and more as you bless us through your songs. Praise be to God.
Amen🙏🙏
Faithful God 💫
Go ahead My Sisi Papy ! WE love you so much ! Bless to bless for you
Amen i love u too🥰🙏🙏
What a song😭😭😭❤️❤️❤️MAY God anoint you more and more my sister🥺❤️
Amen thank u🥰
This blesses my heart every time I listen to it🎯❤️
Glory to God 🥰🥰
Perfect song nice to hear this song
Overwhelming🙌🏽 Speechless🙇🏽♂️ ni we akwiye gukuzwa, nkagirwa muto
Thank you W. Parfaite🙇🏽♂️🙌🏽
Amen🙌🙌🙏
Ndashushe 😭😭
message bien transmis et bien recu
My goodness this voice ... I pray for the light of the Lord over your life to keep shining ❣️
Amen🙌