ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Courage Ema na Ange kabisa mwese murashoboye
Sister ndagufana kuko urazikazi komeza bizoza
keep up
#Ntibavuga impano bavuga ingabirano
International presenter
Aririmba bien vrt
Aimable numu rasta nukuri niyabeshe twarakoranye...afise umutima mwiza
Vyiza cane ndabona iwacu i burundi biriko biraza nkahandi hanze ibintu ni buke buke tuzoteba dushike hm turabakurikirana cane gusa muze muratanga ibiyago kuba under ground nabo kugira mubafashe kubaka izina nabo
Ni gute yokora video ya "my boo" kandi la chanson atari gwiwe? What about the Copyright?
You will win the game for who ange?
aimable tayaya arashoboy
nanje ndabakeneye twobonana gt aderese
Minouche ni bon gusa gerageza uze urazana aba star bamaze kumenyekana na buke buke
Abamaze kumenyekana baragara kandi abataramenyekana nabo barabikeney
Ivyo ntibiri mumuziki biri murivyose iyo ningeso yabarundi nkabose kuba bafise inzigo nishari kuko ubukeni buri mumbonyi yiryisho ubwo rero ntibemera yuko haruwo seruka mwiterambera iyi ubikomeje baca baguha iryahumye kuko ariyo kamere yabo ariko bizohera uko imyaka igenda iyindi iza bazotinda bahumure.
Emabye.tayaya
Kizompara akubise ababyeyi be abagira intere // Dore aho anyuza urumogi - Kizompara Comedyth-cam.com/video/f5wnLl1Qhu8/w-d-xo.html
WE HAVE SUBSCRIBE TO YOUR CHANNEL #NDAHO TV
Courage Ema na Ange kabisa mwese murashoboye
Sister ndagufana kuko urazikazi komeza bizoza
keep up
#Ntibavuga impano bavuga ingabirano
International presenter
Aririmba bien vrt
Aimable numu rasta nukuri niyabeshe twarakoranye...afise umutima mwiza
Vyiza cane ndabona iwacu i burundi biriko biraza nkahandi hanze ibintu ni buke buke tuzoteba dushike hm turabakurikirana cane gusa muze muratanga ibiyago kuba under ground nabo kugira mubafashe kubaka izina nabo
Ni gute yokora video ya "my boo" kandi la chanson atari gwiwe? What about the Copyright?
You will win the game for who ange?
aimable tayaya arashoboy
nanje ndabakeneye twobonana gt aderese
Minouche ni bon gusa gerageza uze urazana aba star bamaze kumenyekana na buke buke
Abamaze kumenyekana baragara kandi abataramenyekana nabo barabikeney
Ivyo ntibiri mumuziki biri murivyose iyo ningeso yabarundi nkabose kuba bafise inzigo nishari kuko ubukeni buri mumbonyi yiryisho ubwo rero ntibemera yuko haruwo seruka mwiterambera iyi ubikomeje baca baguha iryahumye kuko ariyo kamere yabo ariko bizohera uko imyaka igenda iyindi iza bazotinda bahumure.
Emabye.tayaya
Kizompara akubise ababyeyi be abagira intere // Dore aho anyuza urumogi - Kizompara Comedy
th-cam.com/video/f5wnLl1Qhu8/w-d-xo.html