INTAHE ZO KU WA KABIRI 14/01/2025 by Chris Ndikumana

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 ก.พ. 2025
  • Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
    Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32

ความคิดเห็น • 26

  • @kangukakirundi
    @kangukakirundi  25 วันที่ผ่านมา +1

    Mukurikirane ubutumwa bukomeye ku bijanye n’amasengesho yo kwinjira mu mwaka wa 2025 mugufyonda hano :
    th-cam.com/video/RGbQdgusjOA/w-d-xo.htmlsi=9DAq2jqSVvRr-9-w

  • @JanetQueen-k9x
    @JanetQueen-k9x 25 วันที่ผ่านมา +4

    Mana nanje Ndakwingize umpe uruvyaro nanje ndashaka kwitwa isina

  • @Flora-e4x6r
    @Flora-e4x6r 25 วันที่ผ่านมา +1

    Mama urimwiz nanj ntegerej uruvyaro kand ndizera nez ko uzonkorer igitangaz ❤❤❤❤

  • @ElijahLovingGod
    @ElijahLovingGod 25 วันที่ผ่านมา +2

    In the name of Jesus Christ name Lord God Almighty God of heaven bless blessed you so much Amen hallelujah hallelujah

  • @mukandekezimarguerite-kb8vc
    @mukandekezimarguerite-kb8vc 25 วันที่ผ่านมา

    Nshimiye Imana yakuye uburibwe muri uriya mugongo wuriya mudame,binteye gukomeza gufata kuko nanjye igihe kizagera uburibwe buri mu mugongo wanjye bushiremo. Mushimwe namwe mwese musenga IMANA ikegera abo yiremeye ikabakiza.

  • @Echospationouveaumodel-zd6yi
    @Echospationouveaumodel-zd6yi 25 วันที่ผ่านมา

    Amen Amen Imana ihabwe icubahiro Imana yo yakijije abo bose nanje izonkiza mw'izina rya Yesu Chris nawe Imana iguhe umugisha hamwe no kuramba

  • @FannySerge
    @FannySerge 26 วันที่ผ่านมา +1

    Merci pour les frères et sœurs qui témoigne soyez abondamment béni 🙏 merci à toute l'équipe kankuga soyez abondamment béni 🙏🇬🇦

  • @MASANGANOMarieJosse
    @MASANGANOMarieJosse 25 วันที่ผ่านมา

    Amena amena cyane natwe turategereje twihanganye

  • @EvelyneNibigira-c8j
    @EvelyneNibigira-c8j 25 วันที่ผ่านมา

    Amen ni Imana ihindura ibihe,

  • @promesseKimana
    @promesseKimana 25 วันที่ผ่านมา

    Merci seigneur 🙏🙏🙏🙏

  • @BeoLe-v5f
    @BeoLe-v5f 25 วันที่ผ่านมา +1

    Amen 🙏🙏🙏🙏🙌🙌🙏🎉🎉🎉🎉

  • @leonelson4009
    @leonelson4009 26 วันที่ผ่านมา

    Amen Amen Imana ihabwe icubahiro ❤❤❤❤❤

  • @GawaherH
    @GawaherH 25 วันที่ผ่านมา

    Ameen🙏🙏🙏

  • @ahirwa0077
    @ahirwa0077 26 วันที่ผ่านมา

    Amina

  • @marthasonia5005
    @marthasonia5005 25 วันที่ผ่านมา

    Amen 🙏

  • @UwihoreyeNadina
    @UwihoreyeNadina 26 วันที่ผ่านมา

    Mana nizeyeyuko nzacyira Amen❤❤❤❤

  • @NadiaNIJIMBERE-s1w
    @NadiaNIJIMBERE-s1w 26 วันที่ผ่านมา

    Amen😍

  • @JanetQueen-k9x
    @JanetQueen-k9x 25 วันที่ผ่านมา

    Amen

  • @uwizeyecoco1139
    @uwizeyecoco1139 25 วันที่ผ่านมา

    Ndizeye konange nkize indwara yuruhu

  • @koremaachula888
    @koremaachula888 26 วันที่ผ่านมา

    Amennnnnnnnnnn

  • @NsabiyunvaLouise
    @NsabiyunvaLouise 25 วันที่ผ่านมา

    Mana ndifatanyije nabakozi nawe mana ndarevye ndarwaye unwingo ndibungenze ariko nguma ngwaragurika

  • @NsabiyunvaLouise
    @NsabiyunvaLouise 25 วันที่ผ่านมา

    Baranyivye amahera imliyoni 325ooooo nimumfashe amasengesho barankubise bahakwa kunyica bambeshera ngo ndumurozi kandi ndumusenzi nurubanza rwanje bougera bararurya nukuri agahinda mfise kararenze

  • @IshimweMunanira
    @IshimweMunanira 26 วันที่ผ่านมา

    Amen amen❤❤

  • @AlineNzoyihera
    @AlineNzoyihera 25 วันที่ผ่านมา

    Amen 🙌🙌

  • @HirwaIneza
    @HirwaIneza 25 วันที่ผ่านมา

    Amen