UMUHANZI KIDUMU KIBIDO W'UMURUNDI ASHIMIYE URWANDA ASABA GUTABARIZA UBURUNDI BUGEZE MUMPANGA!

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 10 มิ.ย. 2024
  • sura
    1. twitter kumakuru menshi: / rwandaupdates_
    2. website: www.rwandaupdate.com
     Wifuza kutwandikira cyangwa ubufasha:
    rwandaupdatestv@gmail.com

ความคิดเห็น • 118

  • @harindintwarijeanbosco6425
    @harindintwarijeanbosco6425 15 วันที่ผ่านมา +5

    Ndabakunda nkunda UBURUNDI ark igitoro sicyo cyibazo cyonine muvise ikibazo bimfira mubuyobozi bwanyu nishyari ryabarenze erega ntamuntu wigira woba udavise ukishyira hejuru wamugani inzu iyihiye ntiwihutira kwikingirana uragura imiryango namadishya murakoze ❤❤🙏🙏

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      ariko abanyarwabda muranndyohera, murajaho mukumviriza abo musangiye ivyiyumviro mugaca muvuga ngo igitoro sico kibazo ngo nishari ry'abarongoye uburundi😂😂😂Bandanya muhoha, murota, umunsi umwe muzikangura, abafatiye ibihano Uburundi nabo ntabwo ari Imana, ntibari eternal, igifise intango kigira iherezo, ONE DAY BAZISHURA.

  • @edouardkadigiri
    @edouardkadigiri 16 วันที่ผ่านมา +4

    Kidumu avuga nkumuririmvyi nyene. Ibihugu bibanyi bifise igitoro kuko bafise les devises zo kukigura. Bafise ivyo bashora hanze vyinjiza ama dollars, les investisseurs bazana imitahe. Bararonka des aides et appuis ariko muburundi ivyo vyose ntanakimwe kihari. Ntawoshora umutahe wiwe mubasuma n'abicanyi. Ntawofasha leta itagira umugambi numwe w'iterambere. Amafaranga aca aribwa n'abategetsi barongowe na Ndayishimiye.

  • @gatarimaurice1598
    @gatarimaurice1598 12 วันที่ผ่านมา +2

    Leta y'uBurundi niyo ihemukira abanyagihugu cyabo gufunga imipaka nabyo biri mubihemukira abanyagihugu babo bimwe bimwe bikabura Ndayishimiye ahinure imiyoborere ye kbs

  • @voiceoftrumpettvchannel3795
    @voiceoftrumpettvchannel3795 15 วันที่ผ่านมา +1

    Through my Sacrifices Lord Almighty , answer my needs and I believe it from this higher Alter in Jesus name!

  • @voiceoftrumpettvchannel3795
    @voiceoftrumpettvchannel3795 15 วันที่ผ่านมา +1

    Am directly connected to this super Alter in Jesus name!

  • @voiceoftrumpettvchannel3795
    @voiceoftrumpettvchannel3795 15 วันที่ผ่านมา

    I connect tour anointing dear Ps Ezekiel in Jesus name.

  • @NdabarasJackson
    @NdabarasJackson 13 วันที่ผ่านมา +3

    Mugurishe indagara nimikeke mubone ibitoro

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 17 วันที่ผ่านมา +2

    Nibarekure amakara turabuze amakara twabonye ibikamyo vyugaranwe ntitwabwiwe impamvu

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANA BUMENYI.

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 17 วันที่ผ่านมา +7

    kidumu uvuze ukuri kandi ndagukunda cane ibihugu bikomeye kwisi vyafatiye ibihano uburundi nivyo birigutuma haba ihungabana ryubutunzi

  • @javanos127
    @javanos127 17 วันที่ผ่านมา +7

    Muratinya kuvuga ikibazo gihari. Ikibazo ni ubuyobozi bukuru bw' Uburundi niba badashobora kurangura imirimo yabo neza. Mu Rwandaho, ibiciro byamanutse, mugihe ngaho kiduga?

  • @julesndayambaje8887
    @julesndayambaje8887 4 วันที่ผ่านมา

    Kidumu ntiwibeshe. Uraza kuba mu Burundi uzomenya Ivyaho. Nta munyamahanga abirimo

  • @NellyCynthia-jm4ky
    @NellyCynthia-jm4ky 3 วันที่ผ่านมา

    Muburundi ndabona vuba bizomera nko muri kenya😂😂tuziyamamaza mumisi😅😅😂

  • @user-bl5mq3ib2k
    @user-bl5mq3ib2k 17 วันที่ผ่านมา

    Of cause hariho umuntu afyonda akantu runaka,hariho umuntu runaka atuma uburundi buba mukaga.Merci Kidumu uwomuntu arahari

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 17 วันที่ผ่านมา +2

    Na Congo Iri kugwana ntagitoro babura ariko mukitwaza kigali iriko iratera imbere mubuvuga kubw'ishari VA kuriyo ntebe ntibakwiriye

  • @user-lw7oz2rb5w
    @user-lw7oz2rb5w 16 วันที่ผ่านมา +2

    Kandi president wuburundi yavuzeko abarundi bafite umusaruro wibyokurya ntakibazo bafite

  • @njutujedeofficial2998
    @njutujedeofficial2998 4 วันที่ผ่านมา

    Amajambo y'inkoramutima. uBurundi n'irwacu ariko ingorane abobukunze nibo babwishe

  • @claudineali3561
    @claudineali3561 14 วันที่ผ่านมา

    Yes kidumu abobantu ntibaguteranye nigihugu cawe

  • @ornellaisimbi7324
    @ornellaisimbi7324 8 วันที่ผ่านมา

    Barashaka kumesa Urwanda...ntagitoro😂

  • @mauricekobako3992
    @mauricekobako3992 8 วันที่ผ่านมา

    Amaho! Reka ndabashimira wew Frederic na Kidumu kushira ahabona ico kibazo. A mon opinion, ico Kibazo nica Leta kiraba surtout Ministere des Finances et du Commerce, murabaturonderera. Gusa risque mbona nuko gihakwa Kuba politize. Ubu none u Burundi bwoba buri muri Embargo ??? Numvise Aho ikibazo kiri, ndafise des propositions ou initiatives notanga zokukironka, nta problem.

  • @nzabigarurajames4031
    @nzabigarurajames4031 17 วันที่ผ่านมา +4

    Iyo urugo rwawe rufashwe numuriro ntabwo wihutira kugara imiryango ahubwo urayifungura namadirisha...gusa knd kidumu gukeka sibyiza ahubwo abazi neza aho ikibazo cyabacharavuye bodufasha tugatahura....byashoboka ibyo kidum ukeka cg biva kubuyobozi budashoboye,cg bamwe mubayobozi..gusa nanje nkekako ikibazo kirimubuyobozi.

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      Ntavyo mushobora kudahura kuko sivyanyu, twebwe Abarundi vyega turabitahura kandi turabikurikirana. Nimureke Abarundi n'Uburundi bakore ivyo babona ko bibereye abarundi. Nimba mutadufashije 2015, ubu niho mwodufasha? Mwahishije abansi b'Uburundi 2015.

  • @giraubuzimabwiza9894
    @giraubuzimabwiza9894 9 วันที่ผ่านมา

    Igitoro kibuze kubera abahora bakirangura babatwaye ubwoburenganzira. Nibatange urusha kubadandaza privés bari Tanzania bakizane. Leta nikuremwo amaboko ireko kwinjira muri commerce yavyo.

  • @Sky-1506
    @Sky-1506 17 วันที่ผ่านมา +1

    Bavuga MU MANGA ntabwo ari MPANGA🤣🤣
    Imanga n'aharindimuka
    Impanga n' abana bavukanye icyarimwe
    Abanyamakuru bubu n'urwenya kabisa

  • @fabricembonihankuye5236
    @fabricembonihankuye5236 15 วันที่ผ่านมา

    Turabaralukije amahoro

  • @ntarejohn1843
    @ntarejohn1843 17 วันที่ผ่านมา +1

    Nimuvuge ko Neva gutwara igihugu byamujabutse ahandi mushakira ni nkawawundi wahiriye munzu

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      Badanya mudebagura, igihugu c'Uburundi ntigitwarirwa ku mbuga ngurukanya bumenyi, ikibazo c'Uburundi gifiswe mu minwe n'Ubuyobozi bw'Uburundi. Nimba ubuyobozi budashoboye canke bushoboye ntibibaraba. Mwe bandanya propaganda y'Urwanda ivy'Uburundi mubireke.

  • @user-fv4yd3yo5t
    @user-fv4yd3yo5t 10 วันที่ผ่านมา

    Nagahomera bunwa kuko isiyose uburundi gusa nibwo budafise igitoro,nindongozi zibikora kuko ahandi biba igihe gito ariko uburundi umwaka ugiye gutembagara ikibazo cigitoro carabuze

  • @itsourtime824
    @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

    UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 9 วันที่ผ่านมา

    The only problem we have in Burundi we are led by greedy idiots!

  • @GeorgesByabagabo
    @GeorgesByabagabo 15 วันที่ผ่านมา

    Le Burundi est à la une ! Quand il s'agit d'un problème quelconque le Burundi devient automatiquement à la une ! Mugabo hari ikigenda neza icarico cose c'est silence absolu ! Kandi nababivuga nta solution irashe batanga ! C'est tout sur le dos du président abasigaye bakarindira ico président ashikako wenyene ! Aho mubona kwitwa président de la république du Burundi nti vyoroshe nkuko akunda kubishikiriza .

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Ninde atabonye aba Zambiens bakoma induru berekana ibi camions citernes binini rutura de plaques du Burundi vyashitse muri Zambie bidoga ko chaque mois haza plus de 300 camions iwabo alors que iziwabo zitakigira akazi...

  • @nzabigarurajames4031
    @nzabigarurajames4031 17 วันที่ผ่านมา +1

    Yes kibido musemerere rwose abavandimwe babarundi barimubyago bikomeye,H.E yashoye igihugu muntambara za congo knd nawe afise intambara mugihugu cye.

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.

  • @lalaloena3170
    @lalaloena3170 16 วันที่ผ่านมา

    Igitoro kizanwa n'abacuruzi. Iyo igitoro cyabuze bivuga ko abacuruzi badafite amafranga yo kurangura.

  • @user-ht9hq7mg4t
    @user-ht9hq7mg4t 17 วันที่ผ่านมา

    Ibitoro ntabwo bitumizwa mu marundi. Ama devise yaribwe na bamwe mu yabora igihugu!

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 17 วันที่ผ่านมา +1

    Ariko Kidumu urantwenza ijwi ry America niryo uhaye akazi kogutohoza ahimitungo yigihugu yagiye ?barayisahuye niyompamvu bigamba amatoni ngobarahaze abakozi birikuja mukazi namaguru Mana tabara igihugu cacu cabaye iciro ryimigani mumakungu.

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANA BUMENYI.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Igitoro kiva muri Tanzania igihugu cateretse au pouvoir abamenja babicanyi...
    Ntimukabeshe , ntabihano , ibitoro vy' u Burundi bigurishwa nabo bahutu mubindi bihugu.

    • @richndihano6476
      @richndihano6476 17 วันที่ผ่านมา

      uragakubitwa ninkuba wamumenjawe! Isi irababona kandi Imana ihora ihose. Abo munaniza namwe bazobananiza kuko akananiye umgabo kananira nuwundi! Tutize kubana nkabavukana, tuzohona twese nkibigugu. (Martin Luther )

  • @axniza3216
    @axniza3216 15 วันที่ผ่านมา

    Kidumu igitoro ababizi nabayobozi bazi iyo kija. Na Neva yarivugiye ko bacibwa 46 millions $ (amezi abiri kira mwaka) ... yarivugiye ko abaciba bari mu Burundi ... mureke kuvuga ko ari abo hanze ... corruption iri mu Burundi irarenze .

  • @venividivici9656
    @venividivici9656 17 วันที่ผ่านมา

    Mbega ko bagiriza ibindi bihugu mukubura kw'igitoro mbega n'isukari ko yabuze kandi yimburwa mu Burundi. Mu Burundi aba dd bataganije ubusuma bashire imbere iterambere ry'igihugu ntaho turiko turaja.

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.

  • @leonidasmusonera579
    @leonidasmusonera579 17 วันที่ผ่านมา +3

    Uyo kaddafi ivyo avuga nibihenda abana, ingorane z'uburundi muriko muziterera abandi
    Muratinya kuvuga ko ari cndd fdd iriko iratoba igihugu boca babakerera ntimwosubirayo bobatina

  • @nyirahirwajeannemarie6630
    @nyirahirwajeannemarie6630 17 วันที่ผ่านมา +1

    Isigireho Kidumu muri Eden nta na kimwe kibuze ni amahoro gusa gusa. Igitoro bagifunze kugirango discipline . Isukari ntirabura gose ni ukurinda abantu diabète n'umunyu uriho kurya myinshi bitera ingwara y'umutima.

    • @YANG-KO
      @YANG-KO 17 วันที่ผ่านมา

      None nkawe

    • @carinemanirambona2708
      @carinemanirambona2708 17 วันที่ผ่านมา

      Uri kigoryi

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 17 วันที่ผ่านมา

      Urumva nawe rero ko ufise ingorane nawe vraiment wumva ivyo uvuze bifise ubwenge?

  • @ferdinandodanielo1
    @ferdinandodanielo1 17 วันที่ผ่านมา

    Ikibazo abarundi ntibazi kuvuga imbwa mumazina.Abarundi ntibaramenya ahobagwaye niyompamvu ataninyishu bashobora kubona.Uwavugako Ibwirizwanshingiro basize Imana imbere hari ahobarabona Imana ifasha uwudakoze??.Namwe müricara mumazu Imana izobaha nyamahera mudakoreye turabe.Ntakindi kızokiza abarundi ataruko akagwi karikibutegetsi kavuyeho.2015 babesha abantu ngo baje numabarabara ngo biyamirize abakoroni bibazako bizijana ukwo??.Abashinwa na barusiya ubu bafashije iki igihugu atari kubabesha??.

  • @HabimanaGertrude
    @HabimanaGertrude 13 วันที่ผ่านมา

    None ko mwabaye umutumire kubera iki utinya IbIbazo.

  • @OsmanAhmed-mm7js
    @OsmanAhmed-mm7js 12 วันที่ผ่านมา

    Amanze afugure amarembo ajya ibunurundi nabanya Rwanda 🇷🇼 babone kumikeke😂😂😂😂😂😂

    • @youtubeaccount520
      @youtubeaccount520 9 วันที่ผ่านมา

      Natwe turababay kubera imikeke😢sha muriyenza

  • @claudinebigirimana5408
    @claudinebigirimana5408 16 วันที่ผ่านมา

    Erega igitoro c’uburundi kiri detourné, bakirungika muri Congo ku alimenter la guerre, mwe mwibaza yuko igitoro coba mubihugu vyose bikikuje uburundi ! Petrole iriho ariko bayirungika muri Congo muntambara bien sûr.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Jalousie ? Ubwo murazi ico bisigura ?
    Niba uwakugiriye jalousie abonesha amaso uwo akomeye wincuti yaw akwimira iki kandi ? Ba mumaramara mukazibe , mureke kuja kuma médias ataco mufise muvuga ! Amahopa tanyu muyahopagurire mu myobo yanyu

  • @user-ht9hq7mg4t
    @user-ht9hq7mg4t 17 วันที่ผ่านมา

    Ire dame ko yavuzweho ubudandazi bwi gitoro ntabwo azi ikibazo uko giteye ngo adusigurire uko bimeze!

  • @fabricembonihankuye5236
    @fabricembonihankuye5236 15 วันที่ผ่านมา

    Uje muduha nim zanyu kuko nkubu mfise ikibazo muga ntanim mbona😂😂mbeko abicwa bicwa none hari ikibazo c,ibitoro hama abantu bagapfa nk,impene kumacuniro,vyabananiy nibaveko

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Kidumu , nsanze urikijuuju camwisho kitazi ivyiwabo...
    Leta y' ibijuuju vy ibinyogoto yarugaye imbibe na Ambassade vy' u Rwanda mu Burundi. Hagarika kwisamaza vyigihutu... Uburundi nico gihugu canyuma gikene kw isi kubera butwarwa nabamenja abakehabwenge ibisuma vyibikunzi vy' inda...

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 17 วันที่ผ่านมา

      Ziba wamburakimazi we imbwa yimbwa ataco yimariye akazi ari gutukana kumbuga

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 17 วันที่ผ่านมา

      Abantu nkawe ntibakwiye kubaho

  • @nyirahirwajeannemarie6630
    @nyirahirwajeannemarie6630 17 วันที่ผ่านมา

    Ili ne faut pas dramatiser vyose biriho.

  • @user-qb9yr1uj2l
    @user-qb9yr1uj2l 17 วันที่ผ่านมา

    Hari uwavuze KO uburundi ntamadevize, uwundi nawe ngo ningaruka z'ibihano twijiyemwo ! None dufate iki?

  • @nyungura1722
    @nyungura1722 17 วันที่ผ่านมา

    Mwatinye kuvuga bene amakosa ashyira iburundi muri situation burimo!

    • @carinemanirambona2708
      @carinemanirambona2708 17 วันที่ผ่านมา +1

      Amakosa nayabande uretse ubuyobozi bubi harundi mugabo yaza murugo rwuwundi kwigisha uko urworugo ruyoborwa.

    • @venividivici9656
      @venividivici9656 17 วันที่ผ่านมา

      Nivyo bigirisha Neva ntiyirirwa aravugako corruption yarenze uregero. Ama devises make aboneko hakuja kugura igitoro bayatwara kuyavunja kuri marché noir kubera ariho bunguka menshi.Ntagihugu ntakimwe cateye imbere kirimwo corruption kiyiri mu Burundi.

  • @abizeyejeanbosco369
    @abizeyejeanbosco369 17 วันที่ผ่านมา

    Jewe si ndavyemera kuko ivyo bihugu bikomeye none nivyo vyabwiye president ngo yugare imipaka hariho vyishi twovuga ngaha bitatewe ni vyo bihugu jewe niko ndabitekereza! ivyo bihugu nivyo bitubarira ngo turafise toni zibiyoba ,toni zibiharage kandi abanyagihugu bariko barangara kubera inzara oya muje murasesengura ibirivyo!

  • @nirereegide1230
    @nirereegide1230 17 วันที่ผ่านมา

    Uwitwa Kadafi arabeshe . Ikibazo c'igitoro giterwa n'amadovise ataboneka mu gihugu.

  • @nkundaburundi1597
    @nkundaburundi1597 17 วันที่ผ่านมา +4

    Ntakaburivyo baracinswe kandi bazoguma batsidwa abobose bifuriza uburundi bwacu inabi izontakebwa za batu!!!!!

    • @leonidasmusonera579
      @leonidasmusonera579 17 วันที่ผ่านมา

      Hora wa kihume we

    • @nkundaburundi1597
      @nkundaburundi1597 17 วันที่ผ่านมา +1

      @@leonidasmusonera579 sha ntabihume birutamwe

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      babwire babwire kuko ntibumva, icyo bikoze turazi yuko iyi channel ihari kubwa Rwandan Propaganda not iterambere y'Uburundi, ibivugirwa ngaha vyinshi bicafuza Uburundi, Congo mugihe vyerekana ishusho nziza y'Urwanda, n'abatumire muzana n'abifuriza inabi Uburundi. Muncamake, ntiduterwa ubwoba nivyo muvugira ngaha kuko turazi yuko ari propaganda y'Urwanda.

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา +1

      ikivume cambere niwewe, Uburundi n'abarundi bazobaho muvyanka canke mubikunda. Turazi yuko gahunda zanyu arizo gutuma igihugu C'Uburundi kidatekana mwitwaza mandat ya 2015 canke utunyoni. Turababona kandi turazi yuko ataneza mudushakira, mwahishije abagerageje gutembagaza ubutegetsi bw'Uburundi muri 2015, President Kagame na gouvernement yiwe baca bavuga ngo mwabashikirije UN mugihe muzi yuko turi ababanyi umwansi w'Uburundi ategerezwa gutuzwa yaba ari mu Burundi canke mu Rwanda, ariko mwahisemwo kubahisha, kubanyegeza kuko mwari mushigikiye gahunda yo gutembagaza ubutegetsi bw'Uburundi muri 2015.

    • @nkundaburundi1597
      @nkundaburundi1597 15 วันที่ผ่านมา

      Rere bwana urazukuntu arabanyanzigo bo ikibanezera nukubona uburundi nabarundi babayeho nabi bagaca basama ngo kakunduburundi kandi binawineza ko arinyanka burundi ibamenye bongere bamenye abarundi ntitukiri babandi turabandi

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Abahutu je murantangaza kububwa mwisangije...
    Mbe Kuki mwigira impumyi mubona ?
    Mu Burundi vyose vyaraboze vyose 100/100..
    Ko mufise incuti zaba jenocidaires zabahutu nka Congo kuki itabaha ivyo bitoro ?
    Congo irafise électricité : Kuki itabaha ? Irafise isukari itafise amazi irafise imiceri etc...
    Kuki itabibaha mwamashetani mwe ? 😢😢😢😢

    • @richndihano6476
      @richndihano6476 16 วันที่ผ่านมา

      uragakubitwa ninkuba wamumenjawe! Isi irababona kandi Imana ihora ihose. Abo munaniza namwe bazobananiza kuko akananiye umgabo kananira nuwundi! Tutize kubana nkabavukana, tuzohona twese nkibigugu. (Martin Luther )

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.

  • @user-ht9hq7mg4t
    @user-ht9hq7mg4t 17 วันที่ผ่านมา

    Perezida Neva n'inshuti ya Perezida Thsisekedi kdi ahingura ibitoro. Ya musavye ku murungikira ibitoro bihingurwa I Moanda. None ingabo zu Burundi zagiye kurwanya M23 siyo itwara ibitoro vyose. Iretse kujya muriyo ntambara itabaraba ntabwo ibitoro bya komeza gukoreshwa nabi ijyanwa muri RDC!

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Iyo uvuga ngo ntubona uwuniga u Burundi uba ushaka kuvuga iki ? Ntuzi président ninzego ziriho ?
    Ntagihugu kindi careye reka kwivugisha amafuti.

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 17 วันที่ผ่านมา

      Intumva zamaho

  • @jhappynesjo8747
    @jhappynesjo8747 16 วันที่ผ่านมา

    Président natange imihoho, vyanse kabisa

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 15 วันที่ผ่านมา

    Imihimbiri y'abahutu

    • @InGodwetrust0991
      @InGodwetrust0991 13 วันที่ผ่านมา

      Gutukana vyerekana integenke zubwonko muvandimwe wanje

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Ngo jalousie kubera les autorités bafise imigenderanire n'ibihugu vya rutuura ?
    Ariko ga yemwe ABAHUTÉ mwavumwe gushika he ? Ubwo umwaku wabahutu ibivume bitize ibiduma vyiba na papiers de tpilettes zuzuye umwanda abo bagira iyihe migenderanire nande ? Umucafu uraho 😢😢😢

    • @richndihano6476
      @richndihano6476 17 วันที่ผ่านมา

      uragakubitwa ninkuba wamumenjawe! Isi irababona kandi Imana ihora ihose. Abo munaniza namwe bazobananiza kuko akananiye umgabo kananira nuwundi! Tutize kubana nkabavukana, tuzohona twese nkibigugu. (Martin Luther )

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Tanzania ifise ivyo vyose ninayo yabashize au pouvoir..
    Kuki atavyo ibaha ? Mwamaziratoke mwe ? 😢😢😢😢

    • @richndihano6476
      @richndihano6476 17 วันที่ผ่านมา +1

      uragakubitwa ninkuba wamumenjawe! Isi irababona kandi Imana ihora ihoze. Abo munaniza namwe bazobananiza kuko akananiye umgabo kananira nuwundi! Tutize kubana nkabavukana, tuzohona twese nkibigugu. (Martin Luther )

    • @user-yv4ht2tp9c
      @user-yv4ht2tp9c 7 วันที่ผ่านมา +1

      Mba ngucire umugani none ntawo wotahura. Ariko hako uvuga nabi worya nabi.

    • @peaceloveisrael3992
      @peaceloveisrael3992 7 วันที่ผ่านมา

      Uwo mugani nuwigihutu... ivyokurya mubibona muri byose.. Ikindi simvuze nabi gusa murasuzuguritse muri byose

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Ngo mwarabibonye ahndi ? Gezaho yaco muguuguta. Ivyo bihugu ntivyabuze vyose nk u Burundi kuko bitwarwa n' abantu...
    Reka kweza umwanda , Uburundi butwarwa n' umwanda , igihugu gitwarwa namashetani yabahutu...

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 17 วันที่ผ่านมา +1

      Itoze tugutore ugabanye itabi ninzara

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 17 วันที่ผ่านมา

      Wewe urishetani yiki wamburakimazi we?

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      itabi n'inzara kabisa

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Abahutu muri umuvumo kw isi , niyo mpamvu munuuka musa na Lusiferi mukareha nayo muri toilette. Imbwa yo muri Bujumbura Rurale ifise 57ans yinjiye mu Kamenge en 1989 yigira ibiguugu ntazi...
    Leta irimwo ibisuma wumva ngo bifise 60maison bamaze a peine 20ans , 60 vehicules ibitavuzwe vyo nama comptes dans les banques du pays et hors du pays , ariko nkico gikuri ariko adedemba avuga iki ?

    • @richndihano6476
      @richndihano6476 16 วันที่ผ่านมา

      uragakubitwa ninkuba wamumenjawe!Abahima, abatutsi nimwe mwavumwe kandi muzopfa muyerera nka gahini. Isi irababona kandi Imana ihora ihose. Abo munaniza namwe bazobananiza kuko akananiye umgabo kananira nuwundi! Tutize kubana nkabavukana, tuzohona twese nkibigugu. (Martin Luther )

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Monsieur Kidumu ko umenga ntushaka kuvuga ta propre langue nikuki ?

    • @WilsonNdabarasa
      @WilsonNdabarasa 17 วันที่ผ่านมา

      XXXXFFFFF😢v vvFftTTTGTTTTYYYH 😮

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 17 วันที่ผ่านมา

      None umushakaho iki?

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 17 วันที่ผ่านมา

    Kirofa nawe ngo ni jalousie ? Kutiga biragatsindwa !
    Mbe habuze ibitoro gusa ? Uburundi bufis iki ? Uretse ko butwarwa ninkandagirabitabo zimpumyi ikindi bufise nigiki ?

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.

  • @GakizaElyse
    @GakizaElyse 16 วันที่ผ่านมา

    Kidumu avuga avyikurako , iyo neva agiye muri congo akavuga ko agira afatanye na Tchisekedi ko bagira bahindure regime yikindi gihugu c' urwanda , agahita afunga imipaka, aho nta ngengabitekerezo irimwo bapfiki n' urwanda. Ikindi kuki atibuka aho vyaciye kugira abarundi banwane basinye guhagarika intambara yari ishingiye ku moko , none kubera iki ubu hari impunzi nyishi hanze y' igihugu ? Ibihano uburundi bwafatiwe vyaturutse kuki? Ni ingaruka zuko cndd fdd itemera kuganira nabo batavuga rumwe , igihugu sicumugambwe igihugu nic'abarundi bose gusa mutinya ku domaka ku kibazo. Ubutunzi kamere uburundi bufise ni bwinshi ariko hatwara ibijuju bigendera kuvya kahise kabi aho kureka kwanka abarundi batavuga rumwe

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 16 วันที่ผ่านมา

    Natwe iyo turi ducunganywe naba bailleurs sha... Rumwe ntimuronka muzokwame mwidogera ahonyene muri WC yanyu.. Abacu biga heza baba heza babayeho neza aho baja muyandi mahanga bavuga uko ibihute vyitwa abahutu bimeze

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANABUMENYI.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 16 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂 none muzokwiga kubana nande mwamaze abandi ? Erega ivyo ujanyagura nuko uguwe neza ngo les Tutsi bahonye 😢
    Ubwose kuki utabagutika utukana aho kumaramara ?
    Kuva kuri Prezida gushika kumu planton wa commune booose nibihute gusa. Ubu rero ni wararaye mugihugu cahinfutse WC kinuuka cose.. Mugabo bayina ko muvukira mwayo ma WC nyene atiyo murya mwomenya gute kwanuuka ??? Murinukira mukumva ni Oyéee niko Uhoraho yabavumye ntakundi

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 7 วันที่ผ่านมา

    Ntamugani ngaho kazibe. Sind umuhutu genda toka shetani

  • @JonasPhilimon
    @JonasPhilimon 17 วันที่ผ่านมา

    Propaganda zanyu

    • @abizeyejeanbosco369
      @abizeyejeanbosco369 17 วันที่ผ่านมา +1

      None bavuze ibitarivyo ngo ni Propaganda ! Ufise ikibazo

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 17 วันที่ผ่านมา

    propaganda ntutsi ntaho izobashikana ariko icizo nuko muburundi turi mumahoro kandi nuko umwimbu wagenze neza turashima nimba wipfuriza uburundi nabi uracababaye

    • @nzabigarurajames4031
      @nzabigarurajames4031 17 วันที่ผ่านมา

      Hhhhh Abatutsi ubakuyehe????aho niho mupfira rero.

    • @carinemanirambona2708
      @carinemanirambona2708 17 วันที่ผ่านมา

      Ubugome bwanyu nibwobuzatuma mutayobora igihugu cacu !umututsi komwabamaze nibo bateye iyonzara nivyobitoro?.

    • @amicalcabral6778
      @amicalcabral6778 17 วันที่ผ่านมา

      Baravuga igitoro akabona umututsi!

    • @methode-sk3bd
      @methode-sk3bd 12 วันที่ผ่านมา

      Bariko bavuga ivy,igitoro naw wumvamwo umututsi non ga sha umututsi niwe atumye igitoro kibura

  • @leonidasmusonera579
    @leonidasmusonera579 17 วันที่ผ่านมา

    Aho kidumu agomba avuge yuko ari u Rwanda rwabikoze ibibi bishikira u Burundi ko ari u Rwanda cira birarura ,ingorane z'uBurundi zose ni cndd fdd nta wundi yobibazwa nibo bafise intwaro .

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 17 วันที่ผ่านมา +1

    Ariko mutinya kuvugako turongowe nabi ata buyobozi dufise?iziningaruka zugusahura igihugu mugisize arumusaka.

    • @itsourtime824
      @itsourtime824 15 วันที่ผ่านมา

      UBURUNDI NTIBUTWARIRWA KUMBUGA NGURUKANA BUMENYI.

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 17 วันที่ผ่านมา

    Ariko mutinya kuvugako turongowe nabi ata buyobozi dufise?iziningaruka zugusahura igihugu mugisize arumusaka.