ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Hindura ivyobisaza bigende twarambiwe navyo kur service zose zigihugu ahari ivyobizehe harajugumba kbc😢
Ubutare nibwo bwa créer Intwaro ya Cami
Hereza urubyiruko akazi ibyo bizehe ubikure nkuko kagame abyirukana uhindure udutsiko twabayobozi ushyiremo abo wizeye bazajya baguha amakuru yose
Amashetani , amadayimoni !!!?😅😅😅. Mbe muri izo za Singapour na za Dubaï zivugwa hoho nta madayimoni aharangwa ? Canke Tanzania canke muri Mali ? Hoho bayatsinda gute ? Nagirango iyo abanyagihugu batora umukuru w'igihugu baba bizeye ko batoye uwuje gutsinda ayo mashetani nyene apana uwuje kuyongera inguvu n' ubushobozi !!!😢😢😢😢😮.
uyu ni paster ntamu president ulimo hhhhhhhh abalindagiza muli mussa simon na matayo