Apôtre Jean Claude NIMUBONA arongoye Ishengero ry'ubutumwa bwiza atubwiye vyinshi utari uzi.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 10

  • @ReverienNdayi-x6z
    @ReverienNdayi-x6z 10 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    murakoze kubwizo nyigisho apôtre Imana ibahe umugisha kuko ivy nibimwe mubibazo beshi bagira ariko bakabura ababaha inyishu itomoye neza canke bakavyisigurira ukundi🙏🙏🙏🙏

  • @ellapamelabatimbwa7954
    @ellapamelabatimbwa7954 11 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Imana ibahezagire Apôtre

  • @DevotteNikwigize
    @DevotteNikwigize 11 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ukuri kwuzuye Apotre

  • @irankundadorcas196
    @irankundadorcas196 14 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Uko nukuri APOTRE

  • @japhetirakoze8440
    @japhetirakoze8440 10 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Yes

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 15 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    Uwu mu journaliste ndamwemeye, ari professional.
    Ndahaye kandi amajambo y'uwu mukozi w'Imana.
    Muherezagirwe

    • @PatriciaNiziyigimana
      @PatriciaNiziyigimana 11 ชั่วโมงที่ผ่านมา +2

      Ndakunda uwomukozi wimana ingene asengera abantu imisiyose atasiba yaransengeye ndatahura ijambo ryimana narinarajanwe n'akaborerwe kamisiyose ubunaratahuye ico imana ivuga muriyamabwirizwa yimana

  • @japhetirakoze8440
    @japhetirakoze8440 10 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ivyo nivyo kabisa

  • @WORLDACTUALITY294
    @WORLDACTUALITY294 15 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Eglise ni Catholika gusa. Mbe iyo abakizwa babatijwe barabaha ikarata y'ibatisimu?😂

    • @MugishaEmelyne
      @MugishaEmelyne 11 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      Iyo karata niyo izobaha uburenganzira bwokuja mwijuru😂😂 abakizwa nabakijijwe namaraso ya christo vagevye kamerere bagakurikira inzira Yesu.