ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Imana ibandanye kukurinda n'umuryango wawe ikwongere ubwenge bwinshi mubandanye kutwigisha mudukangura ndabashimiye canee mubyeyi
Ubu nanjye hari umushinga ntekereje ngiye gutangiza murugo rwange nibankundira tukawukorana Imana ibimfashemo.
Vraiment iyi nyigisho ndayikunze bikomeye kweri kuko hari byinshi tubonako aba kristo bari mu buyobe 🤝
Imana imuhezagire pastor kbs natwe tuguma tumukurikirana Aho turi hose Imana Iko meze kumusiga amavuta yayo 🙏
Amen amen mutama komera kwibanga ubandanye ugira ubusesanguzi Imana imbere
Imana yomwijuru iguhe umugisha pastor inyigisho utugezaho ziramfasha nukuri
Imana iduhubwenge nukuri abarundi bize turibijuju. Abatize bobo bararima nayabize weee. Imana itwiteho. Abakobwa bashaka kujamuzuzuye abagabo bavakukazi bigiramububare ntibazininge umwana yiriwe bakagara ngaho pe. Umukozi agiye ntibanataha gufasha umugore
Apôtre , Imana ikurinde, uri ikimazi ku gihugu. Bandanya kuko umuntu Kuba uwa mbere urabikorera
Ur'umukozi w'Imana koko,azi ibikwiye vyose,Imana Ikwonger'umugisha mwinshi !!
Amen 🙏
Watumwe na yesu koko amen
Uragahezagirwa cane Mukozi w'IMANA
Ntakutagize muvyeyi Imana iguhumugisha mwishi cane 🙌🙌🙌💒💒💒💒
Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri
Bwira mugenzawe uti Ibintu birakomeye😆😆Iyi message vraiment iri spécial et unique !Imana ikomeze ihezagira Apôtre.Imana ihezagire Uburundi n'Abarundi
Amen
Ndafashijwe nijambo kbsa
Pasteur nukuri iyi nyigisho nzohora nyikurikira kuko irimo verites nyinshi pe 🙆🙆🙆🙆
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Urakoze caaane imana igufashe twunve
Uramenaguye kbs pepepeeeee
❤❤❤
Ukwo nukwuli vraiment hezagirwa
Icobikoz nukur muratubwir peeeee ibaz vrmnt. Mana turakwinginz uduhubwenge🙏🙏🙏
Mon apôtre ,uranyica sana
Un😮
Amen amen
Ubarikiwe babaangu🙏
Iman ibonger amavuta
Warahezagiwe bishop
Murakoze cane imana ibahezagire
Ntako udakora mukutwigisha
Bonne prestation
Asha ndanyuzwe vrm
na jewe nshaka duteranye umutahe
Nukuri Ndiho abongere imigisha murakoze cane 🙏🙏🙏
Amen amen.Urumuntu yaronse ubwo bwenge pe
Murakoze cyanerwose
None ga pasitori, kuko abo bayobozi bacu,rgome bararirimba imana,none kuko ibikorwa vyabo bidahesha icubahiro IMANA
Thanks very much
Kwericha
NGO Bro🤣🤣🤣 Bro nukuvugiki? 😂🤣🤣Umwami Imana Abahezagire cane Bakozi Bayo🤝
´one ko zyisoma mugabo abantu bama bariko baricwa ntagire icakora ngo amategeko yuguhasha abicanyi,abasuma nizindi nkozi zibibi
Uwutumvise yariye inziba matwi habwa umugisha
Amen nijambo ryimana riravuga udakora ntakarye nibav mugucakira bakore
😮
😢😂😂😢 1:03
😮 1:30 😂❤ 1:😢😂32 😮🎉❤🎉🎉🎉😊🎉❤😊🎉😢😮😂😊❤😢😢😮😮😮🎉❤😂❤😮😮😂😊❤❤😢😊😢😮❤ 2:07 😮 2:10 😂🎉😮😢😅😮❤
😮😢😂❤❤❤😅❤❤😅❤😢😂❤🎉😊😊😂❤😮😅😮😊❤😅😂😊😂😂😢😂😂😮❤😮🎉😊🎉😢🎉😂😂
😢😮❤😮😮😅😢❤😅🎉😅😅🎉❤😮😅😮😊😊🎉😢😅😊❤❤😊😮😊😊🎉😮😢😂😢😅😂😅😂🎉🎉😂😅😢😊❤😮😮😅🎉❤😢🎉😮😮😂😮😅🎉🎉😮😂🎉😮😅❤😢❤😂😮😂😊😢😅😢😅🎉😅😂😮😅😂❤😮😮😊❤😮❤🎉🎉😮😅😢😮❤😢😮❤🎉🎉❤🎉❤😮❤😮😮😂 4:30 😮😅❤🎉😂🎉🎉🎉🎉😢❤😂😂😅😂😮😂😂❤😂😅😂❤😅😂😊❤❤😮😊❤😊😢😊😂❤😮😢😂😅❤😮🎉❤😊❤😂😂 5:08 😮😮😊😊😂😊😢❤😮😮❤🎉❤😂😊😅❤😮❤😢😅🎉😢😊😅😮❤😮
Muhezagigw Can kk mwarahezagiw nukur urasigr nez can
Iryo jambo niryo kweli
Uyu mutama yubahwe kwer
Nkunda kuvuga ibintu uko biri
Komera mutama
bwana apôtre imana ikwongere inkomezi ubashe kutwigisha gukora apana vya cakira am visa .ese Ubu butumwa bwokwira hose Hama ababwumvise bakabukurikiza
Murampimbara cane danezegwa nkaryohegw
Mukomeze kudusangizamajambo y,Imana meza 🙏🙏♂️
Que Dieu vs bénisse Pasteur
uyo mwavu uvuye mu muntu narawukoze muri Chine. Udukwavu natwo amase yatwo ni hatari.ikibazo i Burundi ni abarundi bi nzigo ni igipolisi kirimwo corruption kandi nta ndero bafise baronona umutekano mu mafaranga
Arakunda guhanura nukuri kandinumvukuri
Hezagirwacane hezagirwa mutama.
Mwaramutsamahoro na Mwariwamahoro bivanye namasaha muza gusomerako iyi msg Ndashima cane kubutumwa bw’Imana mudushikiriza, Uhoraho nyenicubahiro akomeze kubazigama.Ico nashatse kubasaba niba vyobashobokera cank vyoborohera, twebwe dukurikirana bunobitumwa biratugora gushakisha ubutumwa bwatambutse tutabwumvirij kubera title mukunze gushirako rigoy kuba umuntu yohita abona ivyo mwashizeko vyose jew nkokubwanje mbona bishobotse mwokoresha ayandi ma titles yotuma umuntu abona ubutumwa bwose mushirako kumurongo burihamwe binashobotse mwobigire muburyo bwama EPISODE 🙏
Nibaza ko mutaraba mwitonze kuko barerekana imisi canke amasaha bumaze bugiyeko
0
😂😂😂😂😂😂❤
mwakoze kudusangiza ijambo ryiza turashimye.ariko mumbabarire ububeshi muriko murabesha namwe mwihane turimwo tugotomera ivyondo.uyo muntu akoresha abakozi 17000 ninde mugihugu cacu?mugenzi ntugire ngo mwize cane ayarengeye ayabandi batize.nukuri mwareze igarure hakiri kare.vyaragukundiye ntimwibaze ngo nibose bizokundira wanashaka twese ntitubwirizwa gukira twese.mumbabarire biranse ko niyumanganya kwico kintu unezerewe sibose.murakoze.mubandanye mugbwa neza.
Imana ibandanye kukurinda n'umuryango wawe ikwongere ubwenge bwinshi mubandanye kutwigisha mudukangura ndabashimiye canee mubyeyi
Ubu nanjye hari umushinga ntekereje ngiye gutangiza murugo rwange nibankundira tukawukorana Imana ibimfashemo.
Vraiment iyi nyigisho ndayikunze bikomeye kweri kuko hari byinshi tubonako aba kristo bari mu buyobe 🤝
Imana imuhezagire pastor kbs natwe tuguma tumukurikirana Aho turi hose Imana Iko meze kumusiga amavuta yayo 🙏
Amen amen mutama komera kwibanga ubandanye ugira ubusesanguzi Imana imbere
Imana yomwijuru iguhe umugisha pastor inyigisho utugezaho ziramfasha nukuri
Imana iduhubwenge nukuri abarundi bize turibijuju. Abatize bobo bararima nayabize weee. Imana itwiteho. Abakobwa bashaka kujamuzuzuye abagabo bavakukazi bigiramububare ntibazininge umwana yiriwe bakagara ngaho pe. Umukozi agiye ntibanataha gufasha umugore
Apôtre , Imana ikurinde, uri ikimazi ku gihugu. Bandanya kuko umuntu Kuba uwa mbere urabikorera
Ur'umukozi w'Imana koko,azi ibikwiye vyose,Imana Ikwonger'umugisha mwinshi !!
Amen 🙏
Watumwe na yesu koko amen
Uragahezagirwa cane Mukozi w'IMANA
Ntakutagize muvyeyi Imana iguhumugisha mwishi cane 🙌🙌🙌💒💒💒💒
Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri
Bwira mugenzawe uti Ibintu birakomeye😆😆
Iyi message vraiment iri spécial et unique !
Imana ikomeze ihezagira Apôtre.
Imana ihezagire Uburundi n'Abarundi
Amen
Ndafashijwe nijambo kbsa
Pasteur nukuri iyi nyigisho nzohora nyikurikira kuko irimo verites nyinshi pe 🙆🙆🙆🙆
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Urakoze caaane imana igufashe twunve
Uramenaguye kbs pepepeeeee
❤❤❤
Ukwo nukwuli vraiment hezagirwa
Icobikoz nukur muratubwir peeeee ibaz vrmnt. Mana turakwinginz uduhubwenge🙏🙏🙏
Mon apôtre ,uranyica sana
Un
😮
Amen amen
Ubarikiwe babaangu🙏
Iman ibonger amavuta
Warahezagiwe bishop
Murakoze cane imana ibahezagire
Ntako udakora mukutwigisha
Bonne prestation
Asha ndanyuzwe vrm
na jewe nshaka duteranye umutahe
Nukuri Ndiho abongere imigisha murakoze cane 🙏🙏🙏
Amen amen.Urumuntu yaronse ubwo bwenge pe
Murakoze cyanerwose
None ga pasitori, kuko abo bayobozi bacu,rgome bararirimba imana,none kuko ibikorwa vyabo bidahesha icubahiro IMANA
Thanks very much
Kwericha
NGO Bro🤣🤣🤣 Bro nukuvugiki? 😂🤣🤣
Umwami Imana Abahezagire cane Bakozi Bayo🤝
´one ko zyisoma mugabo abantu bama bariko baricwa ntagire icakora ngo amategeko yuguhasha abicanyi,abasuma nizindi nkozi zibibi
Uwutumvise yariye inziba matwi habwa umugisha
Amen nijambo ryimana riravuga udakora ntakarye nibav mugucakira bakore
😮
😢😂😂😢 1:03
😮 1:30 😂❤ 1:😢😂32 😮🎉❤🎉🎉🎉😊🎉❤😊🎉😢😮😂😊❤😢😢😮😮😮🎉❤😂❤😮😮😂😊❤❤😢😊😢😮❤ 2:07 😮 2:10 😂🎉😮😢😅😮❤
😮😢😂❤❤❤😅❤❤😅❤😢😂❤🎉😊😊😂❤😮😅😮😊❤😅😂😊😂😂😢😂😂😮❤😮🎉😊🎉😢🎉😂😂
😢😮❤😮😮😅😢❤😅🎉😅😅🎉❤😮😅😮😊😊🎉😢😅😊❤❤😊😮😊😊🎉😮😢😂😢😅😂😅😂🎉🎉😂😅😢😊❤😮😮😅🎉❤😢🎉😮😮😂😮😅🎉🎉😮😂🎉😮😅❤😢❤😂😮😂😊😢😅😢😅🎉😅😂😮😅😂❤😮😮😊❤😮❤🎉🎉😮😅😢😮❤😢😮❤🎉🎉❤🎉❤😮❤😮😮😂 4:30 😮😅❤🎉😂🎉🎉🎉🎉😢❤😂😂😅😂😮😂😂❤😂😅😂❤😅😂😊❤❤😮😊❤😊😢😊😂❤😮😢😂😅❤😮🎉❤😊❤😂😂 5:08 😮😮😊😊😂😊😢❤😮😮❤🎉❤😂😊😅❤😮❤😢😅🎉😢😊😅😮❤😮
Muhezagigw Can kk mwarahezagiw nukur urasigr nez can
Iryo jambo niryo kweli
Uyu mutama yubahwe kwer
Nkunda kuvuga ibintu uko biri
Komera mutama
bwana apôtre imana ikwongere inkomezi ubashe kutwigisha gukora apana vya cakira am visa .ese Ubu butumwa bwokwira hose Hama ababwumvise bakabukurikiza
Murampimbara cane danezegwa nkaryohegw
Mukomeze kudusangizamajambo y,Imana meza 🙏🙏♂️
Que Dieu vs bénisse Pasteur
uyo mwavu uvuye mu muntu narawukoze muri Chine.
Udukwavu natwo amase yatwo ni hatari.
ikibazo i Burundi ni abarundi bi nzigo ni igipolisi kirimwo corruption kandi nta ndero bafise baronona umutekano mu mafaranga
Arakunda guhanura nukuri kandinumvukuri
Hezagirwacane hezagirwa mutama.
Mwaramutsamahoro na Mwariwamahoro bivanye namasaha muza gusomerako iyi msg
Ndashima cane kubutumwa bw’Imana mudushikiriza, Uhoraho nyenicubahiro akomeze kubazigama.
Ico nashatse kubasaba niba vyobashobokera cank vyoborohera, twebwe dukurikirana bunobitumwa biratugora gushakisha ubutumwa bwatambutse tutabwumvirij kubera title mukunze gushirako rigoy kuba umuntu yohita abona ivyo mwashizeko vyose jew nkokubwanje mbona bishobotse mwokoresha ayandi ma titles yotuma umuntu abona ubutumwa bwose mushirako kumurongo burihamwe binashobotse mwobigire muburyo bwama EPISODE 🙏