INTAHE IRYOSHE CANE IVUGA IVYIZA VYIJURU//NAMAZE IMISI 40 NTEMBEREZWA MWIJURU//MBEGA IVYIZAAA WEEE!!
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Imanidufashe kuzabonumwami
Amen
bitandukanye cyane nibyanditse muri biblia
Mbega intahe nziza
Imana dufashe tuzotahe amahoro
Amen
Yesu mutabazi uzotugirire Ubuntu udufashe tuzogire iherezo ryiza
Utwuzuze Mpwemu wawe Yera
Adufashe tube abanesha
Yesu azoduhe gushika mu bwami bwiwe
Muduhe suite
Amahoro,twagira muturonse igice gikurikira hamwe n'igitangura.murakoze
Salut mes frères,on ne comprend pas le Linga,si vous pouvez nous traduire pour qu'on soit édifier sa nous fera plaisir
Murakozcan
mwoshobora kuduha igice ca mbere hamwe n'ica gatatu?
Ivyo nukuri uwo muntu bomutwereka.
Aho wa bavuga ngo abagabo ntibajanwa mw'iyerekwa Imana ishimwe naho abandi babifata sindabibazwa ariko bazibonerako
Umugisha
Ainsi que tout ce tout autre vidéo qui peut nous édifier,traduiser nous si possible,
Nimutwereke uyo ariko arashinga intahe
Jewe,nibaza ko hadakenewe uwuvuga ,gikuru nicamatwi yumva
@eugenielarsonfamily4895
Kumubona navyo vyodukomeza, nico gituma commentaires ziri prévus
Ego baduhe igice cambere nigikurikira iki jeho vyarikuva vyiza iyo bayigira Imwe gushika iheze ngize amatsiko yokubona uwomuntu ntanamukorako
ivyo ntakuri kurimwo
Amen