Brooo what the fuck ? 😳 you have 210k subs that's a lot bruhh🙆♂️🙆♂️ , you want to rich that M don't you 🤣🤣 any ways big fan bro love from nyabugete ❤️
Igihe numva iyi ndirimbo ubwamber the rhythm and style ya Lino G nari maze kuyumva. Kandi yari yaranryoheye. Then numvise neza this song thanks to a friend. This guy is very good Kandi he works with talented people. Afise style iri unique Kandi yaturyoheye...I'm a damn fan!!
Twebwe aba fans ba Music burundais n'abarundi muri rusangi turahiriwe kuba dufise umwanditsi mwiza nka Lino G🙏🙏,arko murumva iyi hit song vrt😳, Maze gusubizamwo 12fois kd sindahaga, uwabaye nkanje ampe like❤❤❤❤❤❤
Lyrics:
V1
Ni kenshi nagerageje bigahomba
Ndavyegereje bigahunga
Nshizemw’akariro bikarurumba
Natwara bukebuke naho nkagonga
Nkama mpatirizumutima
Bikanka ko nigumya
Ngo n’umwanya bizohinduka
Reka ngeragez’iryanyuma
Ndarushe kwama ngerageza bikanka/
Guhora ndira burikanya/
Uwu nimwamuroga/
Nzoca mpeba sinzongera gut’umwanya/
Chorus:
Ko mwambariye
Kogukund’arivyabafis’amahera
Kombona twese turira
Abayafise nabakiyarondera
Aya namahirwe yanje yanyuma
Nivyankira ngaha
Nzoca menyako
Mwamaze kunt’eridawa
(Ngira ngerageziryanyuma-iri niryanyuma-ngira ngeragez’iryanyuma yeah yeah..)
V2:
Ubu nablotse twatwana
Twose twanyandikiye message
Nemeye kwihana
Ntazomfate hama ngwavyitwaze
Nivyanka ko nigumya
Nzogurisabune niyaranje
Kuko ndambiwe guhora
Nsom’ariko ntahindura page
Ndarushe kwama ngerageza bikanka/
Guhora ndira burikanya/
Uwu nimwamuroga/
Nzoca mpeba sinzongera gut’umwanya/
Chorus:
Ko mwambariye
Kogukund’arivyabafis’amahera
Kombona twese turira
Abayafise nabakiyarondera
Aya namahirwe yanje yanyuma
Nivyankira ngaha
Nzoca menyako
Mwamaze kunt’eridawa
(Ngira ngerageziryanyuma-iri niryanyuma-ngira ngeragez’iryanyuma yeah yeah..)
STREAM YOUR FAVORITE SONG ON DIGITAL PLATFORMS NOW😋👇🏾
distrokid.com/hyperfollow/linogofficial/iryanyuma
🔥🔥🔥🚒🙌🏽🚒
Ingoma irakoze bro
❤❤bashananje.nsumugwanyu😂😂
Wema entertainment hejur sana wlh🎉🎉
@@LinoG_Umvukuri tora amashurwe yae bro🎉 uri muzima kuel
The pen is heavy 😍🔥
❤❤
Brooo what the fuck ? 😳 you have 210k subs that's a lot bruhh🙆♂️🙆♂️ , you want to rich that M don't you 🤣🤣 any ways big fan bro love from nyabugete ❤️
Fr this one ate wllh 🔥🔥❤
As you Say ✍️🙌
Thnx for support King
Urarenzeeee🤩🔥🔥
Ngoma yubwenge sanaa 🔥🔥🔥🫡🫡
Ubundi lino g sumuntu nikivejuruuu abemeranya nanj likeee hahire rimwee
Cyaze bro take your 🌹💐💐🌹💐 wateye virus 🦠 ha kgl 🎉. Mumpe like tugerageze #Iryanyuma 🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🇷🇼🇷🇼
My new fav song!!
dj ndabony ko nae ukurikiran abastar biwachu big up sana nibakumpere
nkore buj vibes kuriz song iryanyuma,urisweet,nibabampere,tambira kurukuta,....... ndagukund chan dj wanj
Kayanza Kid 🔥🔥🔥🔥 World Wide 🌏💥🇧🇮
🎉ejo ruzotwica😢😢
Kbx.
Your boy Friend. we know it all
❤
Nkunzimana Bonheur ndinyuma
Ukaba ukunda❤ LinoG Tumenyane Kuri Like let's gooo 🔥
Upendo kutoka Rwanda ❤️abanyarwanda n'abarundi turi abavandimwe❤🎉
Igihe numva iyi ndirimbo ubwamber the rhythm and style ya Lino G nari maze kuyumva. Kandi yari yaranryoheye. Then numvise neza this song thanks to a friend. This guy is very good Kandi he works with talented people. Afise style iri unique Kandi yaturyoheye...I'm a damn fan!!
One of best artist I know👌🔥🔥
chris singer wnj up san
hm Team the holizone turaje hahire rimwe
LinoG he is number one in burundi , yandika neza indirimbo kbsa Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Shirako ari mwanditsi mwiza wugwanda nuburundii😂😂❤❤❤❤
Uwarakaze vyemere arayoboye Rwanda burundi
Nenese harundi Musani wa Bj nzi reka reka ❤❤ so much love from 🇷🇼 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ikigoma ca bien love from kigali
Yaaa iryanyuma turahari kandi turabakunda mwese intasho zibashikire kuva muri leta ya Barbados 🇧🇧 ♥️ ❤️ to 🇧🇮 ♥️
Ego turakunze ko wayikunze iyi song 🎉 ariko aho bardados namahoro 😂 Burundians twubahwe
Lino g kenya🇰🇪🇰🇪 tunakubal sana kenya tunaomba likes zenu pls💫💫
bakome sha muhungu wacu tukurinyuma ❤
Another BANGER 🔥🔥🥵🥵🥵
Poleeee Lino-G
Sh urumwana mubii vrt nonee bwaburirimbo baheruk gusohora urabuzimijee vrt😃😃abavyemer mump like
Sha iyo bigira bihangane nayibonye reka nkwepe😅
Am here in the name of all Rwandan 🇷🇼 linog button❤️--------------------->>
Uranyemeje nemeye kwihan
Yubahwe aratwika
🙏🏼🙏🏼@@PapaMajor thx musirikare
@@InnocentNgoga-wr7rsthx Mai man
🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼💪💪💪💪
Lipeni like please kama unakubali gonga like much love from🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🔥🔥
Favo song kbx... good Job 🙏🙏! Love from Rwanda 🇷🇼
We love muzika yar itesa bakirikimwe kuk amajwi yabo arazuzanya.abafan murek kugum umeng murik mubigiriramw uruhara nitubakunde bose cank tubank bose kuk amanyam nitw twayabahaye.kuk nury atavug ntitwibaz ngonuk arumugororots munyum wosang tuzomeny ukur kur bose
Abemera kwari hit song nabemera kwazoba umuririmvyi wumwaka siga like ngah
I song yumwaka 🔥🔥🔥🔥
Ko mwambariye ko gukunda arivyabafise amahera ko MBona twes turira abayafise n'abakiyarondera abo turikumwe mumpe like ngira ngerageze iryanyuma
Twebwe aba fans ba Music burundais n'abarundi muri rusangi turahiriwe kuba dufise umwanditsi mwiza nka Lino G🙏🙏,arko murumva iyi hit song vrt😳,
Maze gusubizamwo 12fois kd sindahaga, uwabaye nkanje ampe like❤❤❤❤❤❤
Nd zambia iyindirimbo ndayivugij n batunv ururim rwiwac bakuy inkofer kabisa❤❤❤
Urabeshe 😂
Lino G ufise Talend y,umuziki kabisa kandi courage 🎤🎵🎵♥️♥️♥️🔥🔥
Lyrics zuzuyemwo umuti wogukiza ❤💯🙌
Another hit from young king abemera kwari hit muyirabe nkenshi ikwize umuriyoni mumisi mike kuko uwumunyakayanza ntiyamanutse gufyina
Abemera KO iy song ya Lino g igiye kuba hit mumpe like duhushure dukunde ivyacu hejur Can 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Yaaaa
Umvukuri respect lino g kigali turikumw naw
Aba nezerewe nkanje kuba iyi song Ikwije1M muryohegwe cane .kumutima
Whao ndishimy
Abamaz kwumviriz iy hit song icuro zireng 5 mump like ham duc twimanukir 🎉🎉🎉🎉🎉
Abemera kwino song ikaze musige like ngaha🎉
iyo sindirimbo nicumama kbs lino g is the first
Sinzi impamvu mba numva mfite impanga muri BURUNDI
I really love Burundian artist 🎉
RWANDA =BURUNDI
Uwumaze kuyiraba nkanje incuro zirenga 10,ashireko likes ngaha❤❤
Waoooh 💃💃💃 Nice Song abakunzi ba Lino-g abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like muri gwarukundo tuhatwike today ni 🔥🔥🔥💯
Umuzikimwiza ubu murawuzi nokwandikaneza ubu murabizi hasigayeko mugura amazumeza namamodokari meza mukaba aba Star nyabo😍❤️🔥❤️🔥❤️🔥
Hejuru cyanee, hakenewe collabo yawe na kivumbi
Congratulations to one million views
To Lino G🎉
He deserves more
Hit song uwayumvirije incuro zirenga zitanu ampe 👍
Nguma ndayisubizamwo iyi song irareunze iyi nincuro igira cumi10
Iyi niyindi hit song guys
Abavyemera ndundirako ama like Hama tubandanye turyoherwa naka ga song gatuje
Kanyoreshe mistari uwace maneno
Kutoka drc Congo uvira, D one jama kapatiya kinoma sana namkubuli mwamba
Mbaye uwagatatu abamwemera nkanje lino g mumpe like zanje
Uwumaze kuyumvira incuro zirenga 2 gonga like ngaha👇👇👇🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Jewe iyindirimbo ugira inyice kuva isohoka ntayindi ndiko ndumviriza
Umvukuriii !! Love from Rwanda
Aweesooo ,Gushiramo akariro bikarurumba ,noma,Dawa na kazi .so hit🔥
Ngoma kali Sana 🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Abayisubijemwo nkituro nka 10 mumpe like kbsa
Bro bureka kubesha ntancuro cumi wayisubijemwo😂
Try to be honest man😢
🎉
Yaaaa
Ngo 10 izo ninke jewe ngira zirashika 20🤔
Ngo 10 izo ninke jewe ngira zirashika 20🤔
Aba Funs ba Lino G mpa Likes ngaha #ngerageziryanyuma💥💥💥💥💥💯🇧🇮🇧🇮
Hambavu Yako yuburyoh yiy song' ndakuze ako k piano instrumental gaherezaaa😭😭😭❤️❤️❤️🙏🙏🙏
Ni kenshi nagerageje bigahomba
Ndavyegereje bigahunga
Nshizemw'akariro bikarurumba
Natwara bukebuke naho nkagonga
Nkama mpatirizumutima
Bikanka ko nigumya
Ngo n'umwanya bizohinduka
Reka ngeragez iryanyuma
Ndarushe kwama ngerageza bikanka
Guhora ndira burikanya Uwu nimwamuroga
Nzoca mpeba sinzongera gut'umwanya
Kontarambirwa kumviriza iyi song vrt basi rekangerageze iryanyuma🎉🎉🎉🎉
All lino G fans from Rwanda🇷🇼 gather here........❤
Cyaze iri ni ibuye rya zahabu Musikandundi Ibitse💯,Much repect from Kigali
Ukaba wemeranya nanje k iyi ari hit song mur 257 industry siga like yawe ngaha🔥🔥🔥🔥🔥
Courage courage ,le commencement est plus fort que le fin
Love from rwanda
Abayafise nabakirondera kombona twese turira#iryanyuma is a hit Banger abanyakayanza mumpe many likes🔥🔥🔥🔥🔥
Iyi nayo ije itavyorosha. Congratulations LinoG and the whole team of Wema Entertainment
Iyi ni hit song kbx 🔥🔥 abotuvyemeranyako musige liker ngaha 👇 twagiye reo❤
Legend ngira ndayirabe 6× dukwize 1M 2day ,my favorite singer
tonton unanifurahisha sana kbs
Abemeyeko LINO G ayoboye ino génération mumpe like ❤😂
You nailed it bro 🚀🌍 #MADYMUSIC
Likes mumpa nizoncuro nzoraba iyi hit song ya Lino G ❤️💚
Wow nice day go ahead
Lino G Siku Zote👊👊
Full-time job 🔥 ma kazi (ukugira li ke niko gumangaruka kuyiraba)
Still vybing this song
Abunvisemwo sat b like hanoooo🔥🔥🔥
Wa kayanza arabishe babandi bos mwigirisha utunt tutabaho kbx ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Wew ndakwemera cane indirimbo zaw birimwo amajambo meza can3❤
Nakubali Sana vieux👔🎵
Mr umvukuriii🎉 wa kayanza ya fashe umuji😂 mpaka like❤❤🎼🎧
abayumvise akarenga 3 mump like twimanukire that is legend of new generation🎉🎉🎉🎉🎉🎉😊
Bazongere Bavuge ngo Ukora Style Imwe 😂
Courage My Brother 🙏🏾
Street Beats U did A Good Job 👍🏾
burya ndagize respect turashoboye abarundi courage Nish
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥ah uracabayoboje inkoni yicuma kbx😋😋😋😋😋😋
intego yacu nukuzimya urwanda nabino bisasu vya kirimbuzi🔥🔥😂😂😂niba nawe ar'iko ubibona nturengane udashizeko like👇ar'iko naho bir'uko 🇧🇮🇷🇼💝 forever
iyi ndirimbo biranse kondayiheza nguma ndayitangura kabaye 6 ngumandayitangura 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Nagira ng ndumw😢😂
From kenya🇰🇪wa burundi like hapa
Byiza cane gyna wari waratevye urabona iyo mpano wari waratabye Imana yazabikubaza xo ❤❤❤❤❤ ndagukunda komerezaho ni song nziza cane
Abiwacu hejuru cane Ubu umuziki wamaze gufata intumbero
Gerageza uyishir on repeat wumve ukuntu ari Hit this Song 🔥🔥🔥
Love from #Aisuper💓
Sindayiravye iryanyuma like nyishi basi 🎧🎼🇧🇮🇧🇮🤜🤛
Ndarushe kwamangerageza bikanka sha nawewe ntiwigera untenguha sha nkukunda kubik ubimenye
❤❤❤❤❤Sawa kabisa mungu akuja
Lyrics ya bien sana bro coulage sana ndagufana
Ndani ya buruda nejuru cane 🎉🎉🎉🎉 lino from burundi😂😂😮😮 #ndumufana#
Keep going up ✊🏽🙌🏽🔥🔥🔥
Im here like All Rwandan 🇷🇼 to support you forever ✌️
good
Aka music ndiko nda feelinga mwiy misi✌️✌️
🗣️ 1:06 First nimuyampe ayanje❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ngira ngerageze ubwa nyuma🙏