Akagwi k'abafyatura impapuro zerekana ko umuntu agwaye canke atagwaye ikiza ca

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 พ.ย. 2024

ความคิดเห็น • 44

  • @jeanclaudenduwayezu9952
    @jeanclaudenduwayezu9952 3 ปีที่แล้ว +1

    Ahubwo nimubafunge ahubwo mubiyegereze kuko abo bantu barakenewe mwa leta yabahutu mushaka tuzogume dutwagwa nabatize nimureke abobantu ahubwo mubiyegereze

  • @siimon559
    @siimon559 3 ปีที่แล้ว +1

    Aba hutu bafashe abandi ba hutu?🤔Only possibility that makes sense

  • @Mwanaume676
    @Mwanaume676 3 ปีที่แล้ว +2

    Bravo a la police
    Bavuge n'abandi prcq la liste est longue

  • @augustinnzohabonayo4783
    @augustinnzohabonayo4783 3 ปีที่แล้ว +1

    Mukama w'ikigongwe!!ndumiwe🤔nibahanwe hisunzwe amategeko

  • @thieryniyonkuru5023
    @thieryniyonkuru5023 3 ปีที่แล้ว +1

    Ni mubahe akazi kuko informatique barayizi vraiement kandi n’abahinga cane.

    • @ndayishimiyerichard5680
      @ndayishimiyerichard5680 3 ปีที่แล้ว

      Justement bobaha ico bakora reta isanzwe ishobora gu contrôlant

  • @angeliquecongera1597
    @angeliquecongera1597 3 ปีที่แล้ว +2

    😭😭😭😭mukama wikigongwe abobantu bahanwe vyakarorero.

  • @nadian818
    @nadian818 3 ปีที่แล้ว +3

    Mubafunge atakigongwe 😭😭 abo nabagiz banabi

  • @raissafabien4285
    @raissafabien4285 3 ปีที่แล้ว

    Nn simwe muvuga twironderere imirimo🙄abayironse nn muca mubafata ?? Ahubwo nyabuna bashigikire🤷‍♀️🤷‍♀️

  • @denysemariebaziruwiha702
    @denysemariebaziruwiha702 3 ปีที่แล้ว +1

    Ego Mana!

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 3 ปีที่แล้ว +1

    Ibi bintu mubikurikirane kweli. Sinon aba bantu bazohomvya igihugu.
    Ahubwo mugire amatohoza,murondere abahawe impapuro n'aba basuma.

  • @libertmanariyo4689
    @libertmanariyo4689 3 ปีที่แล้ว +3

    Aaaaa Abo bantu kiretse kwari abarozi batanikunda bateye bafungigwe ahabonyene kuk ni l'état yigenga

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 3 ปีที่แล้ว +1

    Abo bagabo mubabaze ababibatuma bari mubihangange kuko bibonekana kwabo boba arabakozi gusa, ko atagihano cugupfa kihari nimubacire imyaka 1000 yumunyororo

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 3 ปีที่แล้ว

    Nkabo mubafashe be muca mubanyonga bapfe ntibazosubire nukuboneka, kuko iyo niyindi reta iri muyindi none mwumva reta musigaranye iki?

  • @jessicamuranga1611
    @jessicamuranga1611 3 ปีที่แล้ว +1

    abo bantu barakaze. Ndumiwe nukuri

  • @ibrahdimpoz5820
    @ibrahdimpoz5820 3 ปีที่แล้ว +1

    Muri America biramutse bafashe abahinga abantu nkabo birangira baha akazi muri reta

    • @nabcde15
      @nabcde15 3 ปีที่แล้ว

      Inde yaguhenze ngo bacababaha ubuzi? Mwi state iyihe? Icowomenya coco urumwirabure ukarenga amategeko ya leta prison nihowoba ukiimenya neza. Stop lying man rekasha. Nimba abahabwa ubuzi je sindibaza kwarimwenabo bakora ivyo. Arinkivyimyuga canke ibindi siyo ngo impapuro za kimagendo.!

    • @siimon559
      @siimon559 3 ปีที่แล้ว

      Ikirofa wewe

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 ปีที่แล้ว +2

    Ubu ho ico kiza muracemera !!

    • @KC-wj7yh
      @KC-wj7yh 3 ปีที่แล้ว

      You have brain error.you need to see your family doctor.

    • @raissafabien4285
      @raissafabien4285 3 ปีที่แล้ว

      Nn ngo barigeze bagihakan gihar ?? 😏😏😏Ub bacemer kk gihar. Bac bemer ibidahar

    • @mireillemizero1377
      @mireillemizero1377 3 ปีที่แล้ว

      @@KC-wj7yh you too..

  • @ysgtge8114
    @ysgtge8114 3 ปีที่แล้ว +1

    Mmm 😭😭😭

  • @gashikanwavodio4001
    @gashikanwavodio4001 3 ปีที่แล้ว +2

    Aba techiniciens ab mechants bazi ubuzima icarico 😂😂😂bafashij bensh 😂😂nanj io mbamenya nar kubegera 🤣🤣

  • @rapearrpp1997
    @rapearrpp1997 3 ปีที่แล้ว

    Abobagiz nabi mufunge in konzi ziki I kwer

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 ปีที่แล้ว +1

    Utwo ni udufi dutoyi. Ibifi binini ntaco vyinona.

  • @Paidemami
    @Paidemami 3 ปีที่แล้ว +2

    Abo Bantu bakuye hehe ibidode

  • @omarzuberi9305
    @omarzuberi9305 3 ปีที่แล้ว

    Wotera imbere gute 2021 ? Tangura umugambi wawe fyonda hano th-cam.com/video/-SoRoc_jK9g/w-d-xo.htmlsub_confirmation=1

  • @abubakarbulako4823
    @abubakarbulako4823 3 ปีที่แล้ว +1

    That's is not a crime but creativity .. they should not be jailed in fact they should be employed and motivated ..
    Give them jobs and all those nonsense will stop

    • @Mwanaume676
      @Mwanaume676 3 ปีที่แล้ว

      100% baraciye ubwenge but the are still criminals
      Mugabo before akazi il faut yuko intahe ibadunda mu gahanga.

    • @siimon559
      @siimon559 3 ปีที่แล้ว

      If you're from africa where the technology still is in the early 90s then ofc their business might be that much impressive for you.
      Unless they managed to hack authorities to get access on some documents but its highly unbelievable. Hacking require major computer programming skills, skills that's not presented nor available anywhere in sub saharan africa in schools. Exception in South Africa perheps

    • @abubakarbulako4823
      @abubakarbulako4823 3 ปีที่แล้ว

      @@siimon559 being in Africa or else where in the world when citizens end up doing wht those guys did that simply shows you that the rate of enemployemt among the youths is high and they end up creating means of survival by engaging in what most government call crime .. And crime has different definition based on how you apply the criminology theories ..

    • @abubakarbulako4823
      @abubakarbulako4823 3 ปีที่แล้ว

      @@Mwanaume676 look well at the definition of the word crime then tell me where those fols stands and look well at all the laws

    • @Mwanaume676
      @Mwanaume676 3 ปีที่แล้ว

      @@abubakarbulako4823 kazi Hakuna
      Kwisi hose abashomeri bari hose.

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 3 ปีที่แล้ว +1

    Abobo mubaturire kabisa

    • @labelle9215
      @labelle9215 3 ปีที่แล้ว

      🤣🤣🤣🤣🤣